🤗 Ngabo Léonce : "Mu gihe cacu amafaranga aduheranye twaca dukora concert"
Музыка
Ngabo Léonce, umuhinga mu ma reresi, mu muziki, mu micokama, eka n'ibindi yagiranye ikiganiro na @magazinejimbere7732 aho yishura ku bibazo 20 ku buzima bwiwe, impano yiwe n'ivyipfuzo vyiwe.
Mbega mwari muzi ko ari umu "chimiste" ?
Tunmukurikire ...
Пікірлер: 24
Iyi comment ishike kumurundi wesee birahimbay kwitwa umurundii and we have to be proud💖😎💪💪
Ndakuramukije mugenzi wanje leonce jewe ndi umuntu ari mubambere waririmbiye kuri mariage ya sylvie na dominique muri 12/1/1974 kuri bagatelle ico gihe warabica bigacika kugeza n.ubu ntituvyibagira na rimwe aho turi muri belgique mille fois merci wame utunganirwa mugenzi imana ibishatse tuzosubira kuyiririmba izi ngorane zirangiye mukomere n.umuryango asante
@elviskamenge7142
3 жыл бұрын
Urakoz cane Dominique.nanje niwe muririmvyi nakuze nkunda kugera nubu.. ikirundi ciwe kirqtomoye kabisa... Niyubahwe mutama wacu
Niyubahwe uyo musaza❤️❤️
Great respect to Ngabo leonce
Ndagusuhuje cyane rewonce iyindirimbo ndayikunda
Ngabo Leonce uri umushingantahe.
Ndangukunda cane Montana niwirambire.
Nukuri ndatangay kumbe uracabaho nukuri jewe narinzi ko wajanye nabancanco kumbevukingare upo muzeee wetu walaai nakupenda saaana
Mzee wetu❤️👍
Aho
avuze neza
Madame YaselAlafate ISHIMWE! Abarundi balimo bumba Unusha Sagamba Burundi SAGAMBA BURUNDI ! BALIMO GUSHAKA AKAMA .
Rare ( money , Money )
Mutama komera ugorurimbo twararukunze
💪👍🇧🇮
Jewe numva kunezerwa nokuvugako uburundi bucaburyoha iyodusanze tugifise Ngabo Leonce.
@jeanpaulbutoyi1866
3 жыл бұрын
Akunda igihugu ciwe. Kandi jewe narutse numva uturirimbo twiwe tuhayagiza igihugu. C'est un talent vraiment. Niyirambire .
Canco ni nambe wani kbx
Abubu bo nuguta umwanya ngobariko baririmba
Ndishimiye kumubona nukuri ndamukunda
Ngo hari indirimbo woba waranditse mu rurimi rw'ikibembe mbega izosohoka ryari? Murakoze.
Urintwari
Iyo gito rengla niki umumuntu yokibona gte kuri you tube