Ndayishimiye nawe amanitse amaboko nka Ndakugarika🚨Yemeye ibiganiro /Abagumyabanga bamumereye nabi

#amakuru
#burundi
#isitv

Пікірлер: 10

  • @StevenaudaceNkunzi
    @StevenaudaceNkunzi20 күн бұрын

    Muvuganeza amakuru.murakoz

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana197420 күн бұрын

    Nabikore nyene yemere ibiganiro n'abarundi Bose babanyepolitike abarundi Bagire amahoro amahoro

  • @user-fc9zt9xi5w
    @user-fc9zt9xi5w20 күн бұрын

    Uwarongoye nabi ahambwa nabi.

  • @joelnzeyimana7791
    @joelnzeyimana779120 күн бұрын

    urumushwa

  • @JeanetteNizigiyimana-on3sy
    @JeanetteNizigiyimana-on3sy20 күн бұрын

    Nabikore nivyiza cane

  • @NkusiJpoul
    @NkusiJpoul20 күн бұрын

    😂😂😂

  • @user-fc9zt9xi5w
    @user-fc9zt9xi5w20 күн бұрын

    Onga utwire ko Buyoya yaturongoye neza?,gushika ahoyohabwa ishema nkumuntu yarongoye neza igihugunabenecho?,bagaza ashinguye hehe?.

  • @cimpayeonesphore1781
    @cimpayeonesphore178120 күн бұрын

    Bite munyamakuru . None habuziki kubaza HCR ko abashatse gutembagaza intwaro 2015 ko boba Bari muminwe yu Rwanda chanke HCR. Kumenya kuri murabobantu babiri habuziki ko urwanda ruvuga ko bari mu Rwanda ariko batari muminwe yabo. Nibabaze HCR nayo ko arivyo canke atarivyo .

  • @pierreclavernduwimana1974

    @pierreclavernduwimana1974

    20 күн бұрын

    Mu bisanzwe umuntu amaze guhunga,ashitse mukindi gihugu,kuva muri uyo umwanya yagezeyo scabs ari muminwe ya HCR.

  • @nduwimannestor2791
    @nduwimannestor279119 күн бұрын

    Irankundaclaude

Келесі