NARIHUSE/S02/EP_05/ Ukuri Ahabona Ibirenze Ivyo Nurusaku

#NARIHUSE #Inkinzo_tv_whatsapp_61760684
#film_burundi_rwanda_kenya_tanzania_2023

Пікірлер: 161

  • @Joachim-Smith
    @Joachim-Smith Жыл бұрын

    NUKO ABASHIGIKIYE KO TWE TUBANDANYA TURAHARI KANDI UKURI KURENZE NGAHA AZOBA ARI URUSAKU MURAKOZE

  • @nkengurutsegeorge6872

    @nkengurutsegeorge6872

    Жыл бұрын

    Banda tugend ubwamber

  • @axellaassia8930

    @axellaassia8930

    Жыл бұрын

    Tubarinyuma musijari gusa nyen nihatar narabonyukuntu uryamusi warushavuy Sivyiza basha abantu mumez nk kristella nukwononera abandi ihangane shn nikisimeze abantu ntidushima wakagari😂ndagukunda kuntu meze ariko makanyaga muyikurikira turamukeneye

  • @wfisport10

    @wfisport10

    Жыл бұрын

    Nimukomeze muduhe inyigisho z'ubuzima. Ubundi mwibukeko ata rugendo rutagira imidugo. Jikaze💪. Keep up

  • @jeannehakizimana4762

    @jeannehakizimana4762

    Жыл бұрын

    Twimanukireee ni Mama 😄

  • @janeburu6538

    @janeburu6538

    Жыл бұрын

    Twipfuza ko mubandanya kuko ni film yigisha beshi nkajewe yaranyigishije cane nimubandanye turabashigikiye

  • @nshimirimanajeanne2261
    @nshimirimanajeanne2261 Жыл бұрын

    Mwubahwe christella yaje mumwuga atazi niyikebuke yashaka kumenyekana turinyuma yanyu INKINZO 📺 🖥 mwubahwe

  • @francegahimbare9568
    @francegahimbare9568 Жыл бұрын

    Nukuri izina rirabaye impamo @ NARIHUSE@ christella naw urihuse vyiza warukwiy kugaruk ukasaba imbabazi ivyo bibaho hm nubwo atagaruka ahubwo courage ❤️❤️❤️

  • @user-mz4oh6ex1p
    @user-mz4oh6ex1p Жыл бұрын

    Nimutwihere film sha twuyigire hama ikibwigwa nicumva

  • @confiamutima5373
    @confiamutima5373 Жыл бұрын

    Nahoshi nabanze yiyacyire ,kubyamubayeho

  • @alainchristianirambona6641
    @alainchristianirambona6641 Жыл бұрын

    Iyihongotse ntibuza izindi kurisha muyibandanye twirire isi kbx

  • @stitore2388
    @stitore2388 Жыл бұрын

    Courage nimukoze

  • @user-mz4oh6ex1p
    @user-mz4oh6ex1p Жыл бұрын

    Nikowewe yarose ahabivugira aranyegera ambaze ndamucire kumayange

  • @alicenduwayezu1498
    @alicenduwayezu1498 Жыл бұрын

    Emwee ndumiwe vrt😔kubwanj aba6gay mur film ndabatey integ mubandany gukin.nakare basokur barayamaz bati inka imw ivunits iryinyo rimw ntibuz izind kurish🙅.hm niyabakundir mumuhanur ntasubir kubesh n’ukubabuz ic mukor.ikind nac ndaz arasoma commentaires kiki vrt ubasab ikigongwe bagenzawe.Muhezagirwe mwes bakinyi ba Narihuse ndabakunda cn❤🥰😘🙏

  • @user-sq5oo1pv3l
    @user-sq5oo1pv3l Жыл бұрын

    Courage nimumwihoze turabakunda nimutuzanire mwatunyoteje

  • @jeancitegitse
    @jeancitegitse Жыл бұрын

    Namwe muramusebeje, nimukomez mwebw rero mureke kutwicisha amajambo

  • @jacksonmuhire1310
    @jacksonmuhire1310 Жыл бұрын

    Nihatali vrt

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 Жыл бұрын

    Ntarihuse irakoze ibar

  • @lydiairakoze2906
    @lydiairakoze2906 Жыл бұрын

    Vava uvuze nezaaa caneeee nubuzima kuri benshiiiiiii mubandanye vrma.Maraine irimwo inyigisho Nyinshiiii caneee ahubwo Christella yarihuse nyene kweliii mumwihoze mubandanye ibikorwa nubuzima bwa benshi

  • @jojoihuriro8184
    @jojoihuriro8184 Жыл бұрын

    Iburundi abakinyi barigira vyinshi, kandi ikibabaje nuko iyumukinyi yatanguye kumenyekana acabona ko yabaye igihangange, kumbe aba ari ukubeshwa, ivyo nukubimenyera basore n'imubandanye ibikorwa tuu imbere niheza respect Joachim 💪💪

  • @Joachim-Smith

    @Joachim-Smith

    Жыл бұрын

    Jojo Ihuriro Mrc Sana zurahanuro abo bana baza baje kuma hit gusa

  • @joselyneahishakiye2359

    @joselyneahishakiye2359

    Жыл бұрын

    Noe nka hary christella Ng yaramaz kumenyekan heh😂😂😂Gus johachim twebw nkabafan ivy ntitub dukeney kubimeny kk tw ntac bidufash ivy ko vyar vyabay mwar kugir inama mwenyen mukavugan ukw mwomushir muyind shush ham mukabandany film twebw abafan mukab muraduhejej.johachim ww ufis ukunt umez ikint iy kibay ntuz gucalma situation iy umukiny agiye ham hakurikir amajamb why?????? johachim rab ayand ma teams umukiny aravamw knd film itaraher ark ikabandany atamajamb urazi abakiny bamaz kuv mur Mario ukw bangan haramajamb yakurikiy????Mario kuv 2021 nub irabandany ww gabany amajamb ubandany ibikorw vyaw

  • @user-wb3vf6kv2u

    @user-wb3vf6kv2u

    9 ай бұрын

    Gashuhe arihe n'a kercy

  • @komlaakomlaa7465
    @komlaakomlaa7465 Жыл бұрын

    Nimuhatwike twimanukire. Vava ndakwikundira

  • @amidaaaa4389
    @amidaaaa4389 Жыл бұрын

    Mukomere

  • @annonciatteuwimana1630
    @annonciatteuwimana1630 Жыл бұрын

    Wakagari ubwanwa wabumeze bikwiye kl 🫂🫂🫂

  • @yvettetuyishime
    @yvettetuyishime10 ай бұрын

    Johachim turamwemera kuko numu no stress

  • @gogoloveofficial5666
    @gogoloveofficial5666 Жыл бұрын

    Pole Sana, gusa abakobwa turakunda guhura nibi bibazo kweli, mwihangane. Napfe hama umugabo wiwe arongore uwundi babash guhangana na vava numugabo wa christella

  • @meddyiranteturuye5739
    @meddyiranteturuye5739 Жыл бұрын

    Narihuse irabaye narihuse kweri🔥🔥Ntimucikintege komeza ahoninkaho harikubikindikibazo ukomwarikugitorerumuti niconimukireke azogaruka ntawutumwuga nimbatarabamwijijemwo amajambo ukuntu ntabikundira rero narihuse vuba ndabashaka canee kubabona❤️

  • @furahauwiringiyimana9523
    @furahauwiringiyimana952310 ай бұрын

    Yewe tuzabaguma inyuma nukur ahubwo courage

  • @flolabronde6358
    @flolabronde6358 Жыл бұрын

    Mumwirekere mubandanye ibikogwa vyanyu hama mumureke kwl kuko usanga afise impavu nukuri murakwiye kwibandaniriza iyo narihuse naje yarafashije nukuri

  • @raissaeniemahoro821
    @raissaeniemahoro821 Жыл бұрын

    Shn jw interview Christelle vrt j yarantangaj vrt ubuzima bw umunt si mpak wandik biry nyn vyagushikiy yarifash NK umwan vrt

  • @shurwerinah676
    @shurwerinah676 Жыл бұрын

    Mureke kwitera stress mwibandanirize akazi bandungu yang u🙏🙏🙏🙏🥰

  • @nihorimberedorine9945
    @nihorimberedorine9945 Жыл бұрын

    Ivy'amajambo nimubihagarike mubandanye mukora . Bwoba ubuzima bwiwe bworeka kazima arinyigisho

  • @sammysammy6378
    @sammysammy6378 Жыл бұрын

    Ni mumureke filme ibandanye,abana bivyangazi babaho,hama narihuse nihera,muzokine filme yitwa umwana wicangazi

  • @furahauwiringiyimana9523
    @furahauwiringiyimana952310 ай бұрын

    Murekan nama stresse dutwike twimanukir❤❤❤

  • @joiskwizera1326
    @joiskwizera1326 Жыл бұрын

    Mpor Mpor ivyisi biragoy

  • @user-cq6cx4ze9p
    @user-cq6cx4ze9p27 күн бұрын

    Umva uyo mukobwa nikijuju narigukomeza mubabaza kugezaho atazosubira nikindigihe

  • @niremaestheresthernirema
    @niremaestheresthernirema Жыл бұрын

    Tubari inyuma turabakunda ariko mufite indefo imwe y' kunduha ifilm ifite iminota Mike pee muze mwongeraho iminota ka 30h👍👍

  • @emelynemutana3166
    @emelynemutana3166 Жыл бұрын

    Mugirakantu kubwenge bamutore bamuhindurisura twirire show 👊🥰

  • @Linda-hv9ll
    @Linda-hv9ll Жыл бұрын

    Murakoze cyane Arik mumuhanura agaruke Narihuse Nanje harinyigisho nayizemwo vyishi 👉🧠👈 irigisha sana

  • @rablaasdq2341
    @rablaasdq2341 Жыл бұрын

    Bandanya uryumwe agiye igikorwa kirabandanya

  • @jeannehakizimana4762
    @jeannehakizimana4762 Жыл бұрын

    Abo bantu baza baratubihiriza turabiyamirijeeeee 💪

  • @mugishabelysebelyse6294
    @mugishabelysebelyse6294 Жыл бұрын

    Nimubandanye ibikogwa amajambo muyahagarike turabakunda♥️♥️♥️

  • @rossikirossiki6518
    @rossikirossiki6518 Жыл бұрын

    Niatari ndumva bitoroshe yabonyeko Joachim agomba atunge kuriyo filmé yubueima bwiwe yashatse amuhomvye kumbe nubujuju Joachim we bandanae filmé kuko iyo siyo filmé woba utanngiriyeko rekana niyo shebebe yumugore

  • @yvettetuyishime
    @yvettetuyishime10 ай бұрын

    Arakabona avuzeyo afise ijwi ribi

  • @victortangishaka6682
    @victortangishaka6682 Жыл бұрын

    Nimuyikore rero ihere nayo guterana amajambo ntanyungu kuri twe.christella avuga aya,namwe mukavuga ayandi.umunyamwuga mwiza agwiza ibikorwa akagabanya amajambo.Go on love you !!👌

  • @melchiorngendakuriyo2828
    @melchiorngendakuriyo2828 Жыл бұрын

    Joachim umazegukina fim zirenze narekekukushafuza

  • @yvettetuyishime
    @yvettetuyishime10 ай бұрын

    Mwirambire sha mwibandanirize

  • @faustintwagirayezu5530
    @faustintwagirayezu5530 Жыл бұрын

    Narihuse film nziza cn 🇰🇪🇧🇮

  • @josianeezekiye
    @josianeezekiye Жыл бұрын

    Nimubadanye akazi ivyabaye muvyihoze basha Hama yaravuze kwatazagaruka nimubadanye ibikogwa gusa pare narakuze idiriboyawep vava dakuda ukuntu ukintap

  • @celestinnduwayezu657
    @celestinnduwayezu657 Жыл бұрын

    Hejuru cane bakiny beza turabakunda

  • @mbanenimanasaf7308
    @mbanenimanasaf7308 Жыл бұрын

    Nimumwihoze mubandanye ko naw avugako azoyibandanya nimumureke gusa yakoshej

  • @kanezasoso5878
    @kanezasoso5878 Жыл бұрын

    Nukr Nimukomez mukine urya nawe mumwihoze Joachim Nibazeko atariryamber umukinyi Wakinyee muri films yawe Ndaziko Atari christella abaye uwambere agiye yanyuma akagaruka kugusevya nimumwihoze Mwe Mukomez Ibikorw vyanyu 💪💪💪💪💪njy ndabikundira Mweseee ❤️

  • @fronaisnyishuyimana2170
    @fronaisnyishuyimana2170 Жыл бұрын

    Oyay Joachim ivyiga ngeso birabaho nkabo aba arababon kbx mug yakoresheje ubwana kwel gus bandany flim kuko iryosh cane courage ntabace intege

  • @sodrt6009
    @sodrt6009 Жыл бұрын

    Amaboko hezuru yaro ndera hiti nyene nabandi bazomu kini shaazabacafuza

  • @chantalnduwayezu3885
    @chantalnduwayezu3885 Жыл бұрын

    Nimumwihoze Christelle ntavyama film amenyereye.ubuzima bwiwe nimba yashaka KO mubukina kurya bwabaye atan'ikindi giciyemwo nimumwihoze ntavyo amenyereye kweri.abe mushasha ace atangura gutegeka

  • @joselynejose2951
    @joselynejose2951 Жыл бұрын

    Ni mumuhanure agaruke vyanse naho mumusubirize kuko bibaho kumbure ngira yarihuse ❤❤❤❤❤

  • @nsengumuremyisylvester4950

    @nsengumuremyisylvester4950

    Жыл бұрын

    yarihuse nyene.christlla vyamuhanze ,yihuse kwabirwa yihuta nukuva mu mugwi🤣🤣🤣🤣eban nimurekan nako gakobwa ahubw hemwe nimumbwire,ndabony ishusho ya YVAN, yob agarutse murukino koko??? welcome back mr yvan

  • @egidemibafasha2126

    @egidemibafasha2126

    Жыл бұрын

    Aragara nagenda hirya

  • @nahimanamwamini1764

    @nahimanamwamini1764

    Жыл бұрын

    Imana ishatse kwerekana ivyiwe urya mwana numunyamanyanga

  • @aullah257
    @aullah257 Жыл бұрын

    Joa wewe bandany tuzoguma tugukurikira nkuko twahora atacama mur film kinisha abandi twahora tuzi ntaribi iyumuntu abonye kwarenze uramureka harigihe azobonako yihenze turabakunda cane kandi namwe turabishimiye kaze mur inkinzo tv turabakunda 🇧🇮 🇧🇮

  • @fannymarion7743
    @fannymarion7743 Жыл бұрын

    Nimuzane Film murek amajambo

  • @karimmarcelo7164
    @karimmarcelo7164 Жыл бұрын

    Joachim keep it up Ndibaza kwama wisigura kuba fan is not good Iyo Umukinyi agiye mureke kuguma mumu promota Umoja ni nguvu Bareke bagende twebwe turagukunda 🇺🇸🇺🇸🇺🇸 Always on inkizo tv

  • @shizomaniga9627
    @shizomaniga9627 Жыл бұрын

    Umuntumwe ntiyotum film ihagarara kuko inkinzo TV ihagaze neza kand kumwany duherez murekan nabataz ivyabazany murakoze

  • @ciatt9587
    @ciatt9587 Жыл бұрын

    Ntawutera icumu mw'ijana

  • @janeburu6538
    @janeburu6538 Жыл бұрын

    Kiki nukuri warihuse guhagarika gukina ningene wakina neza

  • @iteritekalaillati5900
    @iteritekalaillati5900 Жыл бұрын

    Guys you're my team💓 Ndabashigikiy hejur caane be strong vyose bizogend neuzaaa yora yoraaaaaa ww reroooo ni fire🔥🔥🔥 Medizoooo❤ ukina bien Mrs le president wa inkinzo tv:"URUMUNTU W'UMUGABO"💫❤❤

  • @mugishasandrine4960
    @mugishasandrine4960 Жыл бұрын

    Ahubwo ejoo aho bukera mudushirireko twiryohererwe ntawe agurira mega nne kubabaza umugabo batandukanye bimaze iki

  • @ladianoellagiriteka8595
    @ladianoellagiriteka8595 Жыл бұрын

    Iyivunitse iryinyo Ari imwe ntibuza izindi kurishaa soyez forts

  • @joselynetuyishime3312
    @joselynetuyishime3312 Жыл бұрын

    Atarakandi muramukoraniye😂😂Narihuse Ninarihuse.mugabanye amajambo hama murwize ibikorwa wana

  • @malachienkurunziza1568
    @malachienkurunziza1568 Жыл бұрын

    Harasha hatokombere

  • @confiamutima5373
    @confiamutima5373 Жыл бұрын

    Christella ntabateshumwanya ariyanamahitamoye ,gs ukomwatangiye nizereko muzasoza mufashije umuntu wahuye nakiriyakibazo cyurugorubi ukoyabyitwaramo nukoyabyihanganira urukundo rukaguma ,turabakunda courage kbs💞

  • @yafitaalghtany3812
    @yafitaalghtany3812 Жыл бұрын

    Reka turindire iyo bizoherera

  • @ntanormano3699
    @ntanormano3699 Жыл бұрын

    Christella nanze asabe imbabazi hama bihera

  • @jclaudeirakoze9262
    @jclaudeirakoze9262 Жыл бұрын

    Poresanakwel firme yariryoshe

  • @mariechantaluzayisenga6089
    @mariechantaluzayisenga6089 Жыл бұрын

    I love you Joachim team, you are mine,mukomeze mutere imbere mwokabyaramwe

  • @Sdfggg3243
    @Sdfggg3243 Жыл бұрын

    komeza

  • @mariesolangeirangabiye8023
    @mariesolangeirangabiye8023 Жыл бұрын

    Ego ni mama😂😂😂😂

  • @adidjaniyonkuru6954
    @adidjaniyonkuru6954 Жыл бұрын

    C'est bon mé imbere yo gushir umuntu muri film faut ko abanza akiyemezako biguma canke vyoroha azobandanya ham akavamwo igikorwa yemeye kirangiye

  • @salah9748

    @salah9748

    Жыл бұрын

    Burya nimwe muriko murica filim uko mwari mwayibandanije vyari neza muriko muyincira murusaku nimureke amajambo mushire ibikogwa Imber

  • @jnd5324
    @jnd5324 Жыл бұрын

    Ibintu nkibi bibisha film

  • @wfisport10
    @wfisport10 Жыл бұрын

    Mukomeze. Inyuma y'ibibazo ubuzima burabandanya. Murakoze kuduha umuco. Mwikomeze ubundi muduhe izi nkuru kuko ziratwigisha. Much love ❤ from @WFI Sport

  • @estachou6896
    @estachou6896 Жыл бұрын

    Nimuduh narihuse ntabind GS urikurab Christella umeng aracar muto ntamugabo yaribwajek yakuriy indani

  • @naninoni61
    @naninoni61 Жыл бұрын

    Uwomu christella ahubw yarihenze kuvugang filme nigwiwe iyaba gwiwe yarikuyishira kurubuga gwiwe akonger akironderr abakiny

  • @Joachim-Smith
    @Joachim-Smith Жыл бұрын

    Tayali yasohotse NARIHUSE EPISODE 5 SEASON 2 kzread.info/dash/bejne/n66Glq-AocvUXZs.html

  • @onesphorendayisenga1426
    @onesphorendayisenga1426 Жыл бұрын

    Ababishka mwibandanirize flm karya kajwi ka christella karabesha mukwiyorobeka courage team Joachim

  • @n.cyriaqueofficial3045
    @n.cyriaqueofficial3045 Жыл бұрын

    Hello team?kubwanje nimubandanye film ,peu importe kuba ari Story yiwe cank itariyo, essentiel nuko film yobandanya!kimwe gusa christella yaravuze ko yanditse kuri status kuber yari yamaze kuba retiré muri groupe

  • @happy6376
    @happy6376 Жыл бұрын

    Karanyanyaye narihuse yahavuy iba sérieux nyene ibay narihuse

  • @rasahtv_Ngozi
    @rasahtv_Ngozi Жыл бұрын

    😂😂😂 umuriro urase NARIHUSE ibaye NARIHUSE🔥🔥🔥

  • @youngkiller4920
    @youngkiller4920 Жыл бұрын

    Wakagari unanibamba unavoongea 😂😂😂. Uhagaze neza bandanya

  • @mugishaepimaque1235
    @mugishaepimaque1235 Жыл бұрын

    Diego narongore uwund

  • @dativeuwase5591
    @dativeuwase5591 Жыл бұрын

    Mubandanye mubikine kuko twaragikunze cane

  • @mwihanganamarcos622

    @mwihanganamarcos622

    Жыл бұрын

    Christelle nimumwihoze tabarinyuma

  • @georgettendayishimiye9576
    @georgettendayishimiye9576 Жыл бұрын

    Christella naramubonako muvyo yakina umengo ntagaciro abiha wamengo ariko arafyina ntagaciro yabiha. Muriko muratwononera twari twabakunze

  • @indirimbotv59
    @indirimbotv59 Жыл бұрын

    Guys jew ndabakunda kuko mukina neza ikintu ciza cobatez imbere nuko mwogerageza kwumvira impanuro zabafana rimw narimw bavugavyo so rro nimurekane nurya nimwikomereze ibikogwa vyanyu twebwe nkabafana dukund ibikogwa gusumb amajambo urya niyo yokundwa akundwa kuko bariko baramubona nayo ahavuye acaba niuwutigeze kumenyekana ntiyokundwa gushikira Mika mugbo mbona twariyakiriye knd wewe ntiyigeze aja kur camera kwijogonyora nkakurya kwa Christella rero Ntampamvu yokwisobanura kuko usanze abantu icenda bariko barakuvuga ukaja kwispbanura ubugize uwacumi mukwivuga bivuzengo ivyo yavuze ntivyari bikwiy kubatesh intumbero muja kwisigura hubwo mwaca mutegur ikind gisasu mukatwihera ahasigaye mukaraba ko tutayiraba, so rero nimutwiher ibikogwa murekan nabijogonyora sha kirazira kwibwira ko uvuye mubintu biba bipfuye kuko ivyuzi imbere yawe haba har uwukurusha ninyuma yawe haruwiteguye kugusimbura.jewe rero nabonye niyo atarimwo film iratoka noshima kwar igihangange asivye gukina ikaca ihagarara nimukore ushak kumenyekan ukora cane mukibanza cokuvuga cne

  • @evaristenganyirimana2676
    @evaristenganyirimana2676 Жыл бұрын

    Nimurwiz ibikorwa kuk abafana nivyo twikenerey

  • @jacksonmuhire1310

    @jacksonmuhire1310

    Жыл бұрын

    Nihatali vrt muratubujije kwironkera ayubufu nukuntu abantu bayimbaza misiyose

  • @jeannehakizimana4762
    @jeannehakizimana4762 Жыл бұрын

    Médard,tubwire page yawe tuguhunde ama subscription wokabyara weeeeeeee 😄

  • @aullah257

    @aullah257

    Жыл бұрын

    Cyane nayinduhe

  • @patrickmunezero8941
    @patrickmunezero8941 Жыл бұрын

    Number one

  • @judithbimenyimana5419
    @judithbimenyimana5419 Жыл бұрын

    Mwenimwibandanirize ibikorwa hamuryanawe mumwihoze harya ntihabuze ivyamucanze rero umuntumwe ntakabatere ubwoba nimurekane nawe

  • @kakesamunani9245
    @kakesamunani9245 Жыл бұрын

    Tunasonga mbele tu crg cane

  • @AsAs-ec5ox
    @AsAs-ec5ox Жыл бұрын

    😂ndabakunda mwes gusa muyikomeze kuko narinakuyemwo ututariduke

  • @elogenibaruta9910
    @elogenibaruta9910 Жыл бұрын

    Courage ni mubandanye abagenda bagende abasigaye barashoboye ntakundi turabakund sana

  • @mukashemajoselyne5924

    @mukashemajoselyne5924

    Жыл бұрын

    Jewe mbona mwogezaho,ico twipfuza nuko mwomusubiriza uwundi akaza yiyita kurya nukuri muhagarike amajambo mugwize ibikobwa.

  • @ezecraybwoy8280
    @ezecraybwoy8280 Жыл бұрын

    Vava uti n2rubakaaa ubona gute marene tubae abajama???? 2gatemberana?????

  • @audacendayiragije8900
    @audacendayiragije8900 Жыл бұрын

    Mwe nimumwihoze hama mubandanye akazi erega mugumye mumajambo ntaho muzoshika rero vyiza mwoba aba professionnelle muvyo mukora hama abakajagari bagahagarikwa

  • @samsonneymar4108
    @samsonneymar4108 Жыл бұрын

    Christella nagaruke mukore umuti areke kwivumbura

  • @neemairadukunda2113
    @neemairadukunda2113 Жыл бұрын

    Nkundikirundi ca wakagali🤣🤣

  • @Anicyvoice
    @Anicyvoice Жыл бұрын

    Ivya film biraryoshe kwer. Non ikibazo hamwe christel yosaba ibabazi yuko yihuse akagaruka yosubira mur groupe??? Mukomer

  • @rosediana8171
    @rosediana8171 Жыл бұрын

    Mwebwe nimwikomereze mumureke umuntumwe ntiyotuma ibintu bipfa mureke vyumevyumye ntavyagomba

  • @abbasniyongabo2539
    @abbasniyongabo2539 Жыл бұрын

    Sha filime yanyu ndayikwerikirana 5/5kand imeze neza cane ariko mbona atangorane nimwe ihari NN KO clistella yapfuye ingoran Ihagazeh? Bandanye muduha

  • @anseit7530
    @anseit7530 Жыл бұрын

    Mbe vava nturarongorwa uzondonder ndaguhuze na kaka wanj 🤣🤣🤣🤣🤣🙈🙈

  • @kanezasoso5878

    @kanezasoso5878

    Жыл бұрын

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @benignenibitanga2051
    @benignenibitanga2051 Жыл бұрын

    Ivyobintu biragoy kumenya ukuri kuko na christella interview yakoze kwa Joel menga irumvikana rero nihatari

  • @rasahtv_Ngozi

    @rasahtv_Ngozi

    Жыл бұрын

    Naje narabuze ukuri nyakwo mugabo gikuru samajambo vyiza bohuza kuk barakeneraniye nomubuzim busazwe

  • @irakozearistide4414

    @irakozearistide4414

    Жыл бұрын

    Yayikoze kuri TV iyahe?

  • @graceuwimana677
    @graceuwimana677 Жыл бұрын

    Wakagari ndagukundapeee❤️❤️😂

  • @aullah257

    @aullah257

    Жыл бұрын

    Cane nany ndamukunda kubi caneee

Келесі