N’aho nakagendeye umutama w’imararungu||urya aririmba “mudigadige”||ubu umukobwa yubaka ari umugore

Kuva kera abarundi bashoje ibikorwa baraterama, bakinezereza. Mu kwinezereza baracuraranga, barivuga amazina, bakavugira ibicuba inka…
Torobeka Yozefu ari muri kino kiganiro, aritaho cane ivy’akaranga k’Uburundi. Iyo ntore mubona arazi gucurarangisha inanga n’ikembe, ariko arivuga amazina canke avuga ibicuba wohora urumva.
Muri iki kiganiro Torobeka yigana ukuntu yakunze akaranga na ko karamukundira, kamutuma azunguruka mu bihugu vyinshi kandi n’ubu kamufasha kwibeshaho. Aratako kandi akagereranya urunganwe rw’ubu n’urwiwe mu bijanye n’imico . Araryosha ikiyago, iyumviririze nawe.
#burundi #akaranga

Пікірлер: 30

  • @francknsabiyumva8255
    @francknsabiyumva82552 жыл бұрын

    Waouh nic vmt ikiganiro ciza cane gos courag

  • @leonidasniyibizi4559
    @leonidasniyibizi45592 жыл бұрын

    Tu es un vrai artiste. Je t’encourage beaucoup. Seulement I’ll faudra enseigner nos jeunes gens pour conserver notre culture.

  • @Philbertntakarutimana34
    @Philbertntakarutimana347 ай бұрын

    Ndagushimiye cane mutama nimutugwirize ibiganiro nk,ibi urwaruka tubikunda turacariho

  • @dinanoire
    @dinanoire9 ай бұрын

    Komera komera urakaramba kabisa akaranga ❤❤ aze arigisha urwaruka kabisa niw aririmba umubu ?

  • @fidelebavumiragiye5714
    @fidelebavumiragiye57142 жыл бұрын

    I like this dear Melissaa Thanks Mutama Torobeko

  • @lydinoirakoze3700
    @lydinoirakoze37002 жыл бұрын

    Une interview bien préparé courage je vous aime.

  • @nsabimanaisidori3802
    @nsabimanaisidori38022 жыл бұрын

    Urakenuye uyo muhumure no kirangiranwa

  • @nihezagirepatrice4787
    @nihezagirepatrice4787 Жыл бұрын

    Ikiganiro ciza cane ikindi Nkunze ukuntu uwo mwigeme yaje gukora ikiganiro yambaye yikwije

  • @florismugisha6627
    @florismugisha6627 Жыл бұрын

    Arakaramba Muta

  • @nellylusinh364
    @nellylusinh3642 жыл бұрын

    Mu biganiro nk'ibi vy'akaranga ba mwibuka guhera ku mwidondoro urambuye. Akarorero: Torobeka wande? Wa naka,naka wande? Wa naka... Gurtyo gurtyo

  • @uburundimukirundi

    @uburundimukirundi

    2 жыл бұрын

    Turakengurutse iyo nkebuzo

  • @UBUMENYITV-xm9rs
    @UBUMENYITV-xm9rs10 ай бұрын

    Neza cane muko

  • @garagebettermotors4998
    @garagebettermotors49982 жыл бұрын

    Uyo mutama arakwiye kuzigamwa no guhabga agashimwe ko yazigamye amico kandi nomubgira agumane ishaka yigishe nabana bato

  • @thebluespatrick3487
    @thebluespatrick34873 ай бұрын

    inanga mbere yo kuyicuraranga urabanza ukayikiranura

  • @kawziraburundi9711
    @kawziraburundi971111 ай бұрын

    Imana ikomeze iguhezagire

  • @user-of9fs2rn5c
    @user-of9fs2rn5c3 ай бұрын

    Ariko akaranga kigihugu mugerageze mukaturage

  • @leonidasniyibizi4559
    @leonidasniyibizi45592 жыл бұрын

    Courage

  • @ezekielsabiyumva8048
    @ezekielsabiyumva8048 Жыл бұрын

    Izina ryakabiri ntitwaryumvise

  • @BoscoBowsher
    @BoscoBowsher7 ай бұрын

    ❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @veve5360
    @veve5360 Жыл бұрын

    Yooo umu papa mwiza acuraranga neza.

  • @RukunguJules-ef7bm
    @RukunguJules-ef7bm Жыл бұрын

    Uzandorere umutamakazi waririmbye imbyino kankundiyewe twikundanile mama yarayikunda

  • @gadmayugi7960
    @gadmayugi796011 ай бұрын

    Uyu mu youtuber umenga yashishwe kandi ari we ariko arabaza. Ntiyifata nk'umunyamakuru imbere y'umutumirwa.

  • @thebluespatrick3487
    @thebluespatrick34873 ай бұрын

    HANYUMA ko niyumvira nkumviriza ngasanga umuco w'ABARUNDI ari nawo muco w'ABANYARWANDA turapha iki koko neza neza uko bavugira inka mu kirundi ninako bavugira inka mukinyarwanda hanyuma u RWANDA n'UBURUNDI bitaniye hehe ? mwitondere ibi kuko bizabakoraho mugihe IMANA yaba ibihagurukiye.

  • @AnimateutGilbert
    @AnimateutGilbert2 ай бұрын

    Mutama wamateka

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 Жыл бұрын

    Intagabana nibamwe bataribemerewe kuja ibwami eregakera hariho imiryanko itemerewe kujai bwami ubutuvuga ngoubwoko harubwoko nimiryanko mumiryankorero hariho ibihumane

  • @ndayiragijejeanjacques3035
    @ndayiragijejeanjacques30352 жыл бұрын

    Wubahwe mutama wacu wa Kera

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 Жыл бұрын

    Iryohasi kirundi kunihira

  • @banderenbakojeanbaptiste5974
    @banderenbakojeanbaptiste5974 Жыл бұрын

    Ikirundi cubahwe

  • @ndayisaba1521
    @ndayisaba1521 Жыл бұрын

    Uwo mutama nisawa

  • @nellylusinh364
    @nellylusinh3642 жыл бұрын

    Mu biganiro nk'ibi vy'akaranga ba mwibuka guhera ku mwidondoro urambuye. Akarorero: Torobeka wande? Wa naka,naka wande? Wa naka... Gurtyo gurtyo

Келесі