Mutima le Comedien yakoranye kandi na Raoul. ku majambo afise , ata scène nimwe yomunanira gukina

Hambavu ya Gasore le comédien, Mutima le Comedien yakoranye kandi na Raoul le comédien. Vyabonetse ko ku majambo afise , Mutima ata scène nimwe yomunanira gukina.
Wewe ni iyihe scène Mutima yakinye utazopfa wibagiye ?
#story_media257 #mutima_le_comedien #burundi #twenganamutima #Burundi

Пікірлер: 6

  • @user-hk2qn4bo1l
    @user-hk2qn4bo1l9 күн бұрын

    😂😂😂raoul wumve impanuro za mutima ndasavye😂

  • @Mr_KORI
    @Mr_KORI9 күн бұрын

    Rubaniii umwana wa kiradodora😂😂😂😂😂😂

  • @KimanaSanta
    @KimanaSanta9 күн бұрын

    Ndakunda ibiganiro vyanhu muratwenz cane

  • @ArseneAkimana-ze6bn
    @ArseneAkimana-ze6bn9 күн бұрын

    Nkokubahuka mugashiramwo indirimbo yumunyarwanda hariho umurundi wumu star yaje kubashigikira Aho ntanisoni mwumva? Bamugerageza mukarek kuza muratumaramaza

  • @user-hk2qn4bo1l
    @user-hk2qn4bo1l9 күн бұрын

    😂😂😂raoul wumve impanuro za mutima ndasavye😂

Келесі