Musengere u Burundi cyane😱Hagiye kunyura umuraba😲Aherewe ubuhanuzi kuri wa musozi wa NDABIRAMBIWE!
Ойын-сауық
Hari igitekerezo, ubuhamya cyangwa inyunganizi ushaka kuduha cyangwa hari inkuru n' inyigisho ushaka gusangiza abandi watwandikira cyangwa ukaduhamagara kuri + 250 788 393 934 #Diane_0788297444
PLEASE LIKE & SUBSCRIBE FOR MORE.....
Пікірлер: 51
Amen Amen Imana iguhe umugisha mwinshi cane ikongereze aho wakuye n'amavuta menshi warahezagiwe
Haleluya Haleluya Haleluya Haleluya Haleluya Haleluya Imana y'amahora ihabwe icyubahiro iragahezagirwa ko Yitaye kugihu cacu c'Uburundi Turavyakiriye mwizina rya Yesu Kristo w'Inazareti Dian mukozi w'Imana nawe Imana y'amahoro ibe kubuzima bwawe n'abawe n'igihugu cawe. Hezagirwa.
Urasa neza Dia, ubwiza bw'Imana bukuriho! Imana ikomeze ikwambike imbaraga, tugusabira umugisha wo kuzabona Iyera kdi nutagwa isari humura uzasarura
@IbrahimBarampanze-sc3mq
4 ай бұрын
Imana iguhezagire cane umiraba Niki?
@stephaniemurego9384
3 ай бұрын
Uzarebe uruzi cya gihe amazi aza ari menshi agakubita kunkombe uri hafi y'inkombe utarebye neza ashobora kugutwara
Hahirwa ufise isezerano ry,Imana.yesu avuhezagire muvyeyi
Halelluya ubarikiwe saana dada uhabwumugisha
Imana ikugirire neza mukundwa wayo komeza izoguhemba.
Murakoze cn ariko nfise ikitampimbaye kuriwe umukristo ategerezwa gutandukana nabapagani bamwambara kugira ivyo muvuga biboneke kwarivyamwa vyiza
Imana ihabwe icubahiro yakurokoye mwayo mazi
Chrie nawe utangiye kujyana camera mu misozi? Gusa ndakwikundira komeza ukore umurimo
Imana ikwongere amavuta kandi itugirira neza isohoze amasezerano
God bless you
Amen hezagigwa mama❤❤
Amen Lord
Cyokora wivugira neza pe
Natwe turagukunda mama.
Ayomabere mutuna agakora nomukanwa sayumuntu yakangutse
Nne ayo mabere wanikiye hejuru we nibiki? Urumusenzi canke uri slay queen?
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Mwebwe muri abanyabinyoma pe muzorimbukana na papa Francisco
Imana niyo yagutumye uvuga ko umara imisi 41 usenga?
Igihugu cose kirasenga ariko ntibagenda bagira publicité nkawe! Twebwe Abarundi turabasenzi twihagije o.k!
Ariko abahanuzi barateye!!! Ariko mwagiye mubanza mukihanurira. Ubuse abarundi bafite ibibazo kubarusha ra????!!
@christella5092
4 ай бұрын
😂😂😂😂reka babanze babwamamaze
Ndagukunda Ariko wambaye nabi Amabere Arihanze kandisibyiza bikwiriye abapagani
@user-im9fv1bq2x
4 ай бұрын
Ubu ubonye icyo kumunenga ngo amabere ali hanze !!uretse ibitekerezo byawe bya sekibi amabere uyabonye he!!
@waldradegakwaja4100
4 ай бұрын
Urabesha ntayarihanze!!
@user-xz3vq3ni7i
4 ай бұрын
Oya Ayo mabere wapi. Ahubgo Uzi kwitegereza😂😂😂
@patrickbarantwaririje
4 ай бұрын
Àhubw ngr yamuteyîbibazo
@user-uc5zf3bj2s
4 ай бұрын
Oya ntamabere ubony uriko uramubeshera
Mwebwe miri abasazi.Muri Abahanuzi batumwa na Shetani.
@loverylovery4514
4 ай бұрын
Uburundi gusa u Rwanda nago
Yohana4:21-23. Muduhe ubusobanuro,kuko ndabona benshi bagenda bazenguruka mubihuru,bashaka Imana. None se Imana irimuka? Muzamenya mute ko mutahuye na satani wigize malayika w'umuco. Uwasengera iwe Imana ntiyamusanga? Kuki caméra zigomba kubakurikira?
@Kanuma50
2 ай бұрын
Ariko caméra yobura bagiye kuvuga uburundi ? Harimwo vieuws .
Imaraga namavuta
Twebge imana yaduhaye ikanguro namahanga arakanguka ivyo muguma ngo dusenge mwiyitirira imana twarahawe kanguka ikangurira amahanga namwe murimwo nuwurota arotera uburundi burabaryohera nubundi ni muri edeni nabirigwa barimonora mukorogo yabamaze ngonimana yabaretse mwibuko KO satani yakuwe mwijuru kubera ubgibone
@elianenkurikiyisoni
2 ай бұрын
sha muje muraba ivyo mukinisha ubu koko urunva ivyo arivyo gukinisha kugira yiroteshe ahubwo se ko ww itabihawe kugira ubitugezeho Imana ikubabarire pe
Mana, uturenger, utwambik, imbaraga, uduharir, ivyaho, Ivyacu, hm, twitege, amasezeran, yaw, merc, senyeur
Ikibazo ça 1 mbaza abanyarwanda nka benshi: Abarundi ndi tuzi Imana ndituzi no gusenga ,ababizi ni mwebwe Abanyarwanda ???
@stephaniemurego9384
3 ай бұрын
Nshuti yanjye suko Abarundi mutazi gusenga Abarundi n'Abanyarwanda turi bamwe rero Imana ikora uko ishaka
@Kanuma50
2 ай бұрын
Ibabwire rero kugijugu mubamwo ukunda umwana kurusha nyina ukaba ugomba kumurya.😂😂😂😂
Jewe ndafise ikibazo none 50 k wijana mu gihugu c urwanda n abahanuzi gusa?
@Kanuma50
2 ай бұрын
😂😂😂
V
Waritukuje
Thank You Lord for Your love, Your goodness, Your faithfulness, Your peace. Be glorified forever. Hallelujah, Amen!
Tdd
Ica 2 wewe Diane ntuzopfa kuko uri Umusenzi?
Kubera iki mutasengera Urwanda rwanyu,Niko ata bibazo mufise? Kagame yokwereka!!!