MTC - Warancunguye (Official Video)

Музыка

A new Single from MTC (more than conquerors), "Warancunguye".
Video Directed by John Elarts
Produced by Dredd Man
Lyrics
Mwishayo ry'ivyaha erega niho yankuye
Mumwijima ukomeye
Niho Umuco wawe wandasiye
Ndibuka nzunguruka
Nshakisha umunezero aho woboneka
Ngerageza vyanka guhinduka
Munkomezi zanje ariko bidashoboka
Kugenda ntaja iyonja nama niboma
Ntabesha ubuzima bwatera buhona
Ntwikiriwe mumaso imbere yanje ataho mbona
Kubw'icaha ca adamu urupfu rwashijwe kungoma
Ahagaragara
Nkora ivy'insoni atavyo kumaramara
Kumuvuduko mwinshi ataguhagarara
Maze numva ijwi ryiwe rimpamamagara (ooooh waouh)
Yarancunguye ooooh halleluyah
Kubw'ubuntu bwiwe siko nabiriye akuya
S'ivyavuye mubikorwa vyajewe haba namba sivyo nagerageje kurondera non oya oya
Ivyo bintera kwitwengera
Nibutse ko hari ikingera
Ca mpwemu w'ubugingo cancunguye ngo nsinganzw n'incangera c'icaha n'urupfu oooh Christ
Refrain/
Mwami ur'umwizigirwa eeeh Papa eeeeeh eee
Ntabwo nzigera nibagirwa aho wankuye eeee
Ndibuka nari kucavu
Unyicarikana n'abahambaye
Je nari murupfu
Urukundo rwawe niho rwampamagaye
Papa eeeeh warancunguye Papa eeeeh
Nukuri waranduhuye Papa eeeh(*2)
2
Nari nishwe n'ivyaha ndi mumwijima
Ngeze muri kristo mpindurwa muzima
Muri we mfise ukugenda mfise ukubeshwaho niho mfise ubuzima bwa Rurema
Uwo mwami yankuye kucavu( cavu,cavu,cavu
Sinari muzima nari murupfu (rupfu, rupfu,rupfu)
Aho wankuye
Harakomeye
Wankuye mw'ishayo ry'ivyaha nkandamijwe n'umurwanizi maze menya yuko yancunguye)
(Ndibuka aho wankuye)
Kucavu niho nari mperereye
Murubavu rwawe niho mpwekereye
Ya ntebe y'ubuntu
Narayegereye maze ncika umuntu
Yahariwe atagira kahise
Ubuzima bwiwe nibwo mfise
(Merci Papa)
Ahera h'ahera
Niho nduhukira
Niho hanryohera
Kwama nibera
Nahawe uburenganzira
Bwo kuhinjira
Ntaciye kumuntu n'umwe ariko nishikira
Papa ntanumwe asa nawe
Ntahariho nko muri wewe
Nahashitse naniwe,ndemerewe,mburaniwe
Maze kuhashika ubu je nama nezerewe
Refrain/
#Anointed_for_his_Glory

Пікірлер: 301

  • @BenAndChanceOfficial
    @BenAndChanceOfficial4 жыл бұрын

    Amazing song!! Keep it up

  • @apostlekevinsibomana7507
    @apostlekevinsibomana75074 жыл бұрын

    More Anointing MTC, we are proud of you!

  • @mtc-morethanconquerors

    @mtc-morethanconquerors

    4 жыл бұрын

    thank you beloved dad

  • @rashchrisirakoze469
    @rashchrisirakoze4694 жыл бұрын

    Indirimbo iraryoshe cane,amajambo arakomey!👏🙌Mpwemu wa Yesu akomez kubaha izindi bakundwa!

  • @mtc-morethanconquerors

    @mtc-morethanconquerors

    4 жыл бұрын

    Urakoze cane gose

  • @muhirwaflorent9045
    @muhirwaflorent90453 жыл бұрын

    love from a 1000 hills country @Rwanda

  • @ericnimbona9444
    @ericnimbona9444 Жыл бұрын

    Waranguye !! Thx MTC ijambo nyinshi

  • @carolinewamuhu9191
    @carolinewamuhu91914 жыл бұрын

    I dont understand the language but its an enticing song, I love it. God wins. Continue spreading God's gospel. Much love from Kenya 🇰🇪, blessings.

  • @mtc-morethanconquerors

    @mtc-morethanconquerors

    3 жыл бұрын

    Amen Amen thank u so much

  • @NguforTesley

    @NguforTesley

    9 ай бұрын

    @@mtc-morethanconquerors jjjjIjiiij

  • @victoriousteam.
    @victoriousteam.4 жыл бұрын

    Love from #Victorious Team

  • @mtc-morethanconquerors

    @mtc-morethanconquerors

    4 жыл бұрын

    Thnk you

  • @haringanjiaimearnaud2006

    @haringanjiaimearnaud2006

    4 жыл бұрын

    Good thing to support each other 💯songs are unique put them on audiomack

  • @godrisira
    @godrisira4 жыл бұрын

    MTC ndabafana igikorwa ciza knd cn uuuu warancunguye nice song Iman ibhzagir cn Ndabakunda👍👍👍

  • @mtc-morethanconquerors

    @mtc-morethanconquerors

    4 жыл бұрын

    amen mercii

  • @irakozeolivier3382
    @irakozeolivier33823 жыл бұрын

    Nkunze iy ndirimbo kurusha uko wovyibaza.Ntakiryosh nkokubona urwaruka rushingira intahe Christo I am happy for U bana bimuhira Keep it up...

  • @pacifiquendihokubwayo3493
    @pacifiquendihokubwayo34932 жыл бұрын

    Big up uraririmba neza courage

  • @sauveeparlagrace5916
    @sauveeparlagrace5916 Жыл бұрын

    Indirimbo nziza cane ,ayiiiiiiiii To God be Glory

  • @passyk9968
    @passyk9968 Жыл бұрын

    Ndayunvirije nka 3

  • @EliasOnesmo
    @EliasOnesmoАй бұрын

    ❤mwubahwe

  • @fabricendayishimiye4640
    @fabricendayishimiye46409 ай бұрын

    This song is good guys turch in my head ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤thanks our Mtc God bless you 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @rohoentertainmentmurohokab9466
    @rohoentertainmentmurohokab94664 жыл бұрын

    Warangobotoye mubuja papa eeeh👏👏👏. Warancunguye papa eeeh

  • @ishimwemorgan1713
    @ishimwemorgan17133 жыл бұрын

    Iyiii donc iracanduhuraaa ndayikunda cane ukwo nyumvise imbera nshasha courage guys mubikora bien

  • @mkey17bahati
    @mkey17bahati Жыл бұрын

    Receive love from RWANDA🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @passyk9968
    @passyk9968 Жыл бұрын

    Wow! Ndayikunze cane

  • @carrelmazameza2962
    @carrelmazameza29623 ай бұрын

    This song deserve 1M view!!

  • @BujahitTv
    @BujahitTv4 жыл бұрын

    Love from Bujahit TV

  • @mtc-morethanconquerors

    @mtc-morethanconquerors

    4 жыл бұрын

    thank u

  • @Gibson_and_Scheilla
    @Gibson_and_Scheilla4 жыл бұрын

    Nice one 😁👏 The vibe is real💯 The dance moves tho🔥

  • @mtc-morethanconquerors

    @mtc-morethanconquerors

    4 жыл бұрын

    Thank you

  • @mi.vaninakatihabwa1373
    @mi.vaninakatihabwa13734 жыл бұрын

    Iyi ndirimbo numva iriko iramvugira ibintu😭😭😭😭non seulmt iraryoshe ariko birenz kuryohegwa Impaye gusubira kwiyumvira kuho yankuye ubu ndimumashimwe.Imana ibandanye ibakoresha ivyo ishaka ndabakunda

  • @igiranezachrista-nora6422
    @igiranezachrista-nora64224 жыл бұрын

    Oooh message au top umudiho dance vyose nivy'ubwiza mutere mujimbere we love u so much

  • @dannykarelndikuriyo935
    @dannykarelndikuriyo9352 жыл бұрын

    Hezagirwaaaaa

  • @fundi_feli6299
    @fundi_feli62994 жыл бұрын

    Abantu banjeuu ... Vuba ndkizwa kubwanyuu

  • @rashchrisirakoze469

    @rashchrisirakoze469

    4 жыл бұрын

    Ncuti fata ingingo ubu nyene kuko ejo ntuzi kuzohashika!Jean3:16"kubw urukundo rwayo Imana yakunz abari mw isi arirwo rwatumye Itanga UMWANA WAYO w ikinege NG UMWIZERA WESE NTAPFE RUBI ARIKO NGW AHABWE UBUGINGO BUDASHIRA Rom10:9-10"NI WIZERA MU MUTIMA WAWE KO DATA YAZUYE YESU IMUKUYE MU BAPFUYE,UKATURISHA AKANWA KAWE KO YESU AR'UMWAMI UZOKIZWA 10.KUKO UMUTIMA ARIWO UMUNTU YIZERESHA AKARONKA UKUGOROROKA AKANWA NAKO AKABA ARIKO YATURISHA AKARONKA AGAKIZA

  • @rashchrisirakoze469

    @rashchrisirakoze469

    4 жыл бұрын

    Urashobora kunyandikira kur izi numero za whatsapp zanje ushaka ubufasha ni +25769033223

  • @passyk9968
    @passyk9968 Жыл бұрын

    Mukomere kabisa

  • @mr_tubane_neza
    @mr_tubane_neza4 жыл бұрын

    Zobrayamandozikosaya rabashakayamandizoyabraaaaa Imana ibakomeze bantu banje

  • @ArthemondNimubona
    @ArthemondNimubona5 ай бұрын

    Nice song❤❤❤

  • @grettanduwamahoro8626
    @grettanduwamahoro86264 жыл бұрын

    Mwishayo yivyaha erega niho wankuye mu mwijima ukomeye nihumuco wawe wandasiye mercii papa 🙏🙏mana urumwizigirwa ee papa eeh ntabwo nzigera nibagirwa Aho wankuye ndibuka Nar ku cavu unyicarikana nabahambaye je nar mu rupfu urukundo rwawe nirwo rwampamagaye ee papa eeh warancunguye papa eeh nukuri waranduhuye ee papa de🙆🙏🙏

  • @iipeaxhyixy4528
    @iipeaxhyixy45284 жыл бұрын

    Murabahanga cyane rwose

  • @justinpeace3182
    @justinpeace31824 жыл бұрын

    Indirimbo iraryosh cane murashoboy sana

  • @gasoreadelin2286
    @gasoreadelin2286 Жыл бұрын

    Good 👍 ndabakunda mubikora neza disi

  • @Titi-uu3kz
    @Titi-uu3kz4 жыл бұрын

    MTC kaze cane twari tubarindiranye igishika cinshi .Murabakozi

  • @carmellaericagateka8938
    @carmellaericagateka89384 жыл бұрын

    Iyo ndirimbo mwagize iraryoshe bravo!!! MTC

  • @mtc-morethanconquerors

    @mtc-morethanconquerors

    4 жыл бұрын

    murakoze

  • @emmanuelniyonkuru4406
    @emmanuelniyonkuru4406 Жыл бұрын

    Imana ibahezagire

  • @typentwari279
    @typentwari2794 жыл бұрын

    Good job guys.....so deeeep, proud of you!!!!💡💡💥

  • @mtc-morethanconquerors

    @mtc-morethanconquerors

    4 жыл бұрын

    thank u type

  • @yanno1212
    @yanno12124 жыл бұрын

    MTC ; you guys are amazing, keep up the good work.

  • @kengurukaedenbenit9615
    @kengurukaedenbenit96154 жыл бұрын

    Mtc numugisha kubaronk kand igikorwa ciza

  • @mtc-morethanconquerors

    @mtc-morethanconquerors

    4 жыл бұрын

    ame amen murakoze cane

  • @meddyrachelmugiraneza5601
    @meddyrachelmugiraneza560110 ай бұрын

    Neza cane Amen

  • @ecofomgrbb
    @ecofomgrbb11 ай бұрын

    Si good gospel

  • @thomasndayisaba9959
    @thomasndayisaba99594 жыл бұрын

    #john elart nice job

  • @christellandihokubwayo7267
    @christellandihokubwayo72672 жыл бұрын

    Ego kwel ndabakunda vraiment

  • @fernandarakaza1860
    @fernandarakaza18603 жыл бұрын

    Mumaz kutunyoteza cane vrt ni murabe muzane bishash murakunzwe cane

  • @mtc-morethanconquerors
    @mtc-morethanconquerors4 жыл бұрын

    Shalom Shalom😊 We pray that you may understand and receive the message of this Gospel We love you ♥ You are highly blessed

  • @darnaudirakoze2699

    @darnaudirakoze2699

    4 жыл бұрын

    no lies! all yr songs blessed me so much I love u so much i'm ya big fan guys and this one is 🔥🔥👌🏾👌🏾👌🏾❤❤❤

  • @haringanjiaimearnaud2006

    @haringanjiaimearnaud2006

    4 жыл бұрын

    Right you are such blessing for me 🙏💯but put your songs on audiomack

  • @Reine257

    @Reine257

    4 жыл бұрын

    👌👌👌❤❤of course there is a great message in this song hope that it gonna bless many people

  • @lilk24tx

    @lilk24tx

    4 жыл бұрын

    Hello, I see lyrics in the description, could you add english lyrics please?

  • @user-wr6ph4ik6c
    @user-wr6ph4ik6c3 ай бұрын

    Vyizaaaa❤

  • @user-sq1pe9li6v
    @user-sq1pe9li6v Жыл бұрын

    ❤murarimb nez Can🔥👏💯

  • @mtc-morethanconquerors

    @mtc-morethanconquerors

    Жыл бұрын

    Urakoze cane

  • @idriss6373
    @idriss63734 жыл бұрын

    Big up murashoboye🙏🙏🙏🙏

  • @mariamam5719
    @mariamam57193 жыл бұрын

    Amena amena 🙌🙌🙌💪💪🇧🇮🇧🇮

  • @francinesinarinzi7783
    @francinesinarinzi77833 жыл бұрын

    Iraryoshe

  • @ottomiburo7789
    @ottomiburo77894 жыл бұрын

    Waouh igikorwa kizima kabisa. Yes naracunguweeee

  • @mtc-morethanconquerors

    @mtc-morethanconquerors

    4 жыл бұрын

    murakoze cane

  • @ObedeMrBruninho
    @ObedeMrBruninho16 күн бұрын

    Amen 👏👏🙏 Amen

  • @gladysntoremwiza8905
    @gladysntoremwiza89054 жыл бұрын

    Yeees 🔥🔥🔥 Naracunguwe kubw’ubuntu bwiw sivyo nabiriye akuya 🙌🏽🙌🏽 . Thank you 🙏

  • @mtc-morethanconquerors

    @mtc-morethanconquerors

    4 жыл бұрын

    amen amen murakoze

  • @jean-de-dieu6502
    @jean-de-dieu65022 жыл бұрын

    Muranduhura🙏🏼🙏warancunguye

  • @musazamsz7678
    @musazamsz76782 жыл бұрын

    Kali kali

  • @stevendayitambiye8349
    @stevendayitambiye83494 жыл бұрын

    Turabashigikiye cane imana ikomeze abaha izindi ziduhezagira murashoboye

  • @mtc-morethanconquerors

    @mtc-morethanconquerors

    4 жыл бұрын

    amen amen

  • @mechackbarihonyoyeko9730
    @mechackbarihonyoyeko97303 жыл бұрын

    Ndakunda iyi ndirimbo courage

  • @mtc-morethanconquerors

    @mtc-morethanconquerors

    3 жыл бұрын

    Merci

  • @aimeevangelist4172
    @aimeevangelist41724 жыл бұрын

    Abana bacu barafise ubutunzi bw ijuru nukuri Imana ibandanye kubakoresha...muraryosheeeeee cane

  • @user-hz8mf9pc8l
    @user-hz8mf9pc8l7 ай бұрын

    Hareruya ZAC ndabakunda cn

  • @ndahiriwefreddy4192
    @ndahiriwefreddy41924 ай бұрын

    The beautfull melody one in all style you sing.

  • @mtc-morethanconquerors

    @mtc-morethanconquerors

    4 ай бұрын

    Thank uuu

  • @uwitanzenoel6807
    @uwitanzenoel68074 жыл бұрын

    Yaraducunguye kabisa

  • @busnessandmarketing4901
    @busnessandmarketing49013 жыл бұрын

    I ❤so much this song. Blessed are u MTC upward and forward only your way in CHRIST. Keep on shining and win many souls for JESUS-CHRIST OUR GOD

  • @jonathanhakizimana8551
    @jonathanhakizimana85514 жыл бұрын

    Guyz mwarakoze umuti kbsa iyi song iranduhura❤ndabashigikiye✊✊

  • @niyogushimaoscar9248
    @niyogushimaoscar92483 жыл бұрын

    Who still watching naracunguwe nukuri

  • @kwizerawalter9916
    @kwizerawalter99162 жыл бұрын

    Kabisaaa...this is song make me Love JESUS CHRIST more and more buri gihe iyo ndayumvirije...Congrat guyz mwabikoz neza

  • @amazinggrace6518
    @amazinggrace65184 жыл бұрын

    Je nar murupfu urukundo rwae nih rwampamagay......papa eeeh😍😍😭❤

  • @mtc-morethanconquerors

    @mtc-morethanconquerors

    4 жыл бұрын

    😊😊

  • @Nininahazwe

    @Nininahazwe

    4 жыл бұрын

    5/5

  • @germainenahimana3465
    @germainenahimana34654 жыл бұрын

    Courage mes petites so proud of you, Germaine from Canada 🇨🇦

  • @emerimanaemery3416
    @emerimanaemery34164 жыл бұрын

    Komeza ! Mubandanye guhishurirwa na Ndiho !

  • @emeryniyonkuru9864
    @emeryniyonkuru98644 жыл бұрын

    Muja kure caaan MTC,i love so much,keep growing brethern

  • @smssonsofthemorningstar5391
    @smssonsofthemorningstar53914 жыл бұрын

    The lyrics 🔥🔥Keep it UP Fam🙌

  • @mtc-morethanconquerors

    @mtc-morethanconquerors

    4 жыл бұрын

    Thank you brothers

  • @user-np7vq7xb9m
    @user-np7vq7xb9m4 ай бұрын

    Warancunguye

  • @orerorak9304
    @orerorak93044 жыл бұрын

    Love love love love love it! Glory be to God. 🙏🏾

  • @johnchris2427
    @johnchris24272 жыл бұрын

    Huyu wimbo umefalij moyo wangu

  • @bsbizabishaka6224
    @bsbizabishaka62243 жыл бұрын

    Ndabatuyeko umugisha nka MTC yose muhezagigwe #BS

  • @edwigejinama5282
    @edwigejinama52824 жыл бұрын

    Mercii bcp MTC Yesu abahezagir

  • @mtc-morethanconquerors

    @mtc-morethanconquerors

    4 жыл бұрын

    amen amen

  • @user-wt6tb2ic8d
    @user-wt6tb2ic8d Жыл бұрын

    Amen🙏🙏🙏mwarahezagiwe ndiho akomeze kubagirira neza

  • @icizatv6332
    @icizatv63322 жыл бұрын

    Nice song

  • @gatoremukristo7492
    @gatoremukristo74922 жыл бұрын

    Je ndafise iyo ndiko ndaja nyimbo nzuli sna

  • @egidenihorimbere5613
    @egidenihorimbere56133 жыл бұрын

    Waao...!!indirimbo nziza cne.Muhezagirwe cne gose

  • @faithtv9447
    @faithtv94474 жыл бұрын

    Egooo vrnt kabisa ntaworeka kuvuga ko iyo ndirimbo ari nziza vrnt wooow ikozwe neza can kabisa mubrere bwose

  • @mtc-morethanconquerors

    @mtc-morethanconquerors

    4 жыл бұрын

    murakoze cane

  • @faithtv9447

    @faithtv9447

    4 жыл бұрын

    Courage mes amis

  • @chrispingakuba7094
    @chrispingakuba70943 жыл бұрын

    nice song 👌🏾👌🏾 Lv from 🇷🇼

  • @user-dx2kq8qx4u
    @user-dx2kq8qx4u6 ай бұрын

    🎉🎉👌👌👌

  • @meddyrachelmugiraneza5601
    @meddyrachelmugiraneza56018 ай бұрын

    Hejuru cane

  • @birasam7311
    @birasam73114 жыл бұрын

    Wowww, Iove your songs guys, keep it up !

  • @HakizimanaCharif-sc6vc
    @HakizimanaCharif-sc6vc3 ай бұрын

    Nice ❤❤❤

  • @Nininahazwe
    @Nininahazwe4 жыл бұрын

    Peace MTC big up

  • @kingdanielahuka
    @kingdanielahuka4 жыл бұрын

    Amen Amen Yesu Mucunguzi wanje🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾Good job MTC be blessed

  • @mtc-morethanconquerors

    @mtc-morethanconquerors

    4 жыл бұрын

    thank u

  • @jospin_the_worshiper_official
    @jospin_the_worshiper_official4 жыл бұрын

    Indirimbo yubwiza caneee💥🔥🔥🔥. Mwarahezagiwe komeza mukayangane

  • @mtc-morethanconquerors

    @mtc-morethanconquerors

    4 жыл бұрын

    thank u

  • @irakozebrillante
    @irakozebrillante Жыл бұрын

    Wow vyiz cn

  • @neemajose1576
    @neemajose15763 жыл бұрын

    Good Job MTC.love from Flip-G Tv

  • @mtc-morethanconquerors

    @mtc-morethanconquerors

    3 жыл бұрын

    Thank you

  • @johnchris2427
    @johnchris24272 жыл бұрын

    Nivizuli kumtukuza mungu

  • @Reine257
    @Reine2574 жыл бұрын

    waaauu this made my night waau warancunguye🙌🙌🙌well done guys ❤❤❤🙌keep it up

  • @kevinuwimana5898
    @kevinuwimana58983 жыл бұрын

    May God gives you all of that you need to keep running his job.....you are so blessed.

  • @fabi-onentare4584
    @fabi-onentare45844 жыл бұрын

    waoooh hit song

  • @viateurhatungimana2436
    @viateurhatungimana24363 жыл бұрын

    Vizu kabisa

  • @godelievemuhayangondo9313
    @godelievemuhayangondo93134 жыл бұрын

    Ndibuka nzunguruka nshakisha umunezeroo ahoo wobonekaa ngerageza vyanka guhinduka munkomezii zanjee arko bidashobokaa🙏🙏 nc song

  • @Ir_parfait_giru_official
    @Ir_parfait_giru_official Жыл бұрын

    We need a collabo with Victorius team please🙏🙏

  • @carrelmazameza2962

    @carrelmazameza2962

    3 ай бұрын

    Yes me too

  • @aspect244
    @aspect2444 жыл бұрын

    Again💯 Good job MTC🤩... Warancunguye🙇🏾‍♂️

  • @mtc-morethanconquerors

    @mtc-morethanconquerors

    4 жыл бұрын

    Thank you

  • @alicendikuriyo4358
    @alicendikuriyo43584 жыл бұрын

    Imana yame ibagirira neza bibondo murahimbara umutima wanje.

  • @indirimbozimanabeatrice2678
    @indirimbozimanabeatrice26784 жыл бұрын

    Surprise en surprise MTC

  • @didiernsengumuremyi-pm3fc
    @didiernsengumuremyi-pm3fc Жыл бұрын

    Keep up the best gospel from MTC🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

Келесі