Moses KULOLA avuga Ubutumwa mu gikorane cabereye mu Burundi ati IMANA IGOMBA KUGUKORERA IBIHAMBAYE

MEIRRA Tv dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima ibicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Пікірлер: 28

  • @EstherNiyonkuru-ey5ti
    @EstherNiyonkuru-ey5tiАй бұрын

    Ameeen

  • @meirratv

    @meirratv

    Ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @user-yg5sl4vv7k
    @user-yg5sl4vv7k5 ай бұрын

    Imana iguh umugsha kubwutumwz bwiza atanze

  • @meirratv

    @meirratv

    5 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @JanethEmmanuelEmmanuel-qo9fq
    @JanethEmmanuelEmmanuel-qo9fq9 ай бұрын

    Yesu atukukuzwe kwa mahubiri haya mtumishi wa MUNGU wa ukweri

  • @meirratv

    @meirratv

    9 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @DivinIranezereje-rb2zr
    @DivinIranezereje-rb2zr7 ай бұрын

    YESU ongera iduhe ubushobozi nka moses

  • @meirratv

    @meirratv

    7 ай бұрын

    Amen 💖

  • @ubutumwabwiza2161
    @ubutumwabwiza2161 Жыл бұрын

    Amen

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @YahayaJerome-lk9jn
    @YahayaJerome-lk9jn2 ай бұрын

    Natowashukulani kwamahubirihaya ❤

  • @meirratv

    @meirratv

    2 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @isayamlimbila1522
    @isayamlimbila1522 Жыл бұрын

    Tunaomba na mengine aliyo hubiri tokea Burundi

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Asante! Mzidi kubarikiwa 🙏💖

  • @aberatuzotaha1007
    @aberatuzotaha10073 жыл бұрын

    Murakoze muraturonderera ikindi ca moses yasigurirwa na elihudi cabereye ibujumbura gitwara 1h 14min

  • @meirratv

    @meirratv

    3 жыл бұрын

    Murakoze namwe! Tugiye kukirondera.

  • @jeanmariebizimana2348

    @jeanmariebizimana2348

    Жыл бұрын

    Uwomusobanuzi ni Astere cnke ni sebatien?

  • @claudenzeyimana3961

    @claudenzeyimana3961

    Жыл бұрын

    À santé yesu kwawema wako

  • @YahayaJerome-lk9jn
    @YahayaJerome-lk9jn2 ай бұрын

    Tunaitaji fusho lamzee kwakuwa alisemamambo makubwamno

  • @meirratv

    @meirratv

    2 ай бұрын

    🙏💖

  • @ninteretsechristophe3491
    @ninteretsechristophe3491 Жыл бұрын

    Muturonderere aho uyu yavuze ubutumwa yavuze ko igihugu kimwe mu bihugu duhana imbibe kizoba icicaro ca Anti kristo.

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Murakoze tugiye kuburondera🙏💖

  • @YahayaJerome-lk9jn
    @YahayaJerome-lk9jn2 ай бұрын

    Natowashukulani kwamahubirihaya

  • @meirratv

    @meirratv

    2 ай бұрын

    Mungu akubariki 🙏💖

  • @irakozeyves9201
    @irakozeyves920111 ай бұрын

    Mutumishi wamungu wakeli.

  • @meirratv

    @meirratv

    11 ай бұрын

    🙏💖

  • @YahayaJerome-lk9jn
    @YahayaJerome-lk9jn2 ай бұрын

    Natowashukulani kwamahubirihaya ❤

  • @meirratv

    @meirratv

    2 ай бұрын

    Amen 🙏💖

Келесі