Mme ANCILLE //BIRAKWIYEKO UMUKRISTO ASENGA AMASENGESHO YO KWITANDUKANYA NIMITONGERO YO MUMURYANGO

Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#INTAHE #UMUCO_WERA_TV#DR_TV

Пікірлер: 11

  • @ancillebarutwanayo6209
    @ancillebarutwanayo62093 жыл бұрын

    Umwami Yesu Kristo ahezagire umuntu wese ariko yumviriza Ubu butumwa bwiza.Imana ihingure kandi ihindure imitima yacu.Muhezagirwe mwese

  • @HB-vj5zo

    @HB-vj5zo

    3 жыл бұрын

    Amen Amen. Muhezagirwe cane Mukozi W'Isumba vyose.

  • @herbertnteziriba2616

    @herbertnteziriba2616

    3 жыл бұрын

    Amen. Murakoze cane muvyeyi. Imana Data wa twese abandanye abaha inkomezi.

  • @nahinkuyecapitoline6530

    @nahinkuyecapitoline6530

    3 жыл бұрын

    Amen. Nawe wongerw'amavuta Maman!

  • @mariejoseeuniyonzima1889

    @mariejoseeuniyonzima1889

    3 жыл бұрын

    Imana ishimwe cyane kuko iturwanirira Mukozi w'Imana uhezagirwe

  • @ngabiranoaimeigor1

    @ngabiranoaimeigor1

    3 жыл бұрын

    Amen.Be blessed

  • @jeaninekamikazi8751
    @jeaninekamikazi87513 жыл бұрын

    Yesu akongereze amavuta.Bivuge bivuge satani akorwe nisoni.Kandi aho niho ubupfu bwabo buri.Yesu abatabare.Bandanya uroba uzobihererwa igitsibo.

  • @saidatydusabe2567
    @saidatydusabe25673 жыл бұрын

    Ntawondonsa numéro ya maman Ancile