🇧🇮MISS BURUNDI 2023👸 ARAMENYEKANYE👑 IRABIRE UKO BATANGAJE ABATSINZE
Ойын-сауық
"No matter where you're from, your dreams are valid"
----------------------------------------------------------------------------------
#FulgenceMika #missburundi2023 #burundi #missburundi
Bana natwe umunye kandi wige vyinshi!
Mwibukuke gukora Subscribe Like Comment na share maze dukomeze kubana 5/5
Ukeneye kwamamaza twandikire kuri: (+257) 69 241 403 / (+57) 79 395 900 canke ku mbuga dukoresha: Faceboo|Twitter|Instagram|Tiktok
_________________________________________
Follow Us On:
INSTAGRAM: / fulgencem257
TWITTER: / fulgence_mk
FACEBOOK: profile.php?...
TIKTOK: www.tiktok.com/FulgenceM257 #FulgenceMika
Пікірлер: 26
🇧🇮 #MissBurundi2023 vyari show!🔥 Kanda aha👇 wirabire #Defile uko vyari vyifashe kzread.info/dash/bejne/eGpstKqGXc2yeso.html
Bubanza oyeeeee👌👌👌👌🥰🥰🥰🥰💪💪💪💪
@FulgenceMikaOfficial
Жыл бұрын
👌👸🇧🇮
La Belle 🥰🥰🥰🥰🥰🥰😘
❤
Bubanza yubahwe❤❤❤❤❤❤
Bubanza. Twikomere. Amashi. Oyeeeeer. Komera
Bubanza wubahwe turagukej❤❤❤❤❤
@FulgenceMikaOfficial
Жыл бұрын
🙏🤝🇧🇮💪👸
Courage ni murabe muzosubire 💕💕💕💕💕👍👍👍
@NynthiaNicole-md5xk
Жыл бұрын
Nivyo kandi💕💕💕
Bubanza hejuru cane🎉❤
Kubera iki batigera batwereka ibikorwa vya Miss Burundi après son couronnement à la RTNB
@FulgenceMikaOfficial
11 ай бұрын
Ababitegura akenshi ntibakunze gutanga amakuru akwiye natwe biraducanga!🙏🤝🇧🇮
Ninde yafashe amasonamu? Iyi video umengo niyo muri 1951🤣 Gusa, ubu ndabona batoye nibusa umu Miss abisa ko ari Miss koko. Good job guys!
@FulgenceMikaOfficial
Жыл бұрын
Haracari urugendo ariko nyene nuko amasanamu yaje tu!
Miss populaire
@FulgenceMikaOfficial
Жыл бұрын
🙏🤝🇧🇮💪👸
Ndamukeje❤🎉😮
@nakinteje7172
Жыл бұрын
Oye bubanza🎉
@FulgenceMikaOfficial
Жыл бұрын
🙏🤝🇧🇮💪👸
Courage vraiment 🥰🥰🥰🥰🥰😍😍😍😍❤️❤️❤️💙💙💙💙🤎🖤🇧🇮
@FulgenceMikaOfficial
Жыл бұрын
🙏🤝🇧🇮 Ahsante sana kuri support muta!
Kitega uwo nuwangye
Wubahwe sogo
Mes félicitations à mademoiseur miss Burundi 2023 que notre seigneur guide elle