Mbega Ijambo ry'ubugingo!||Umwungere wa 1 wo mu Kayogoro Rév. Pasteur Esron NIZIGAMA ku NTAHANGWA
MEIRRA Tv dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima ibicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!
Пікірлер: 20
Aaaaaaamen imana ikomeze umukozi wayo
@meirratv
10 ай бұрын
Amen 🙏💖
Amen
@meirratv
9 ай бұрын
Amen 🙏💖
Imana Ibahezagire
@meirratv
10 ай бұрын
Amen 🙏❤️
Ameeen...IMAN'ikutuzigamire mwungere mwiza wacu
@meirratv
Жыл бұрын
Amen🙏💓
Murakoze cane mukomez kudusenger
ameeeeeen aleluaaaa. yesabishimirwe gose
@meirratv
Жыл бұрын
Amen👏💖
Imana Iraduha kurangiz neza Amen
@meirratv
Жыл бұрын
Amen👏💓
Asante sana Meirra TV.
@meirratv
3 жыл бұрын
🙏🙏💓💓
@claudineclaudine6145
2 жыл бұрын
Amenaa 🙏
Mukomeze Kuturonsa Ubutumwa Bwiza!
@meirratv
2 жыл бұрын
Murakoze namwe mushishikare kudukurikirana 🙏❤️
Amen
@meirratv
2 ай бұрын
Amen 🙏💖