Wamwana muto avuga match Twamubazaniye.
🎉🎉🎉🎉crage bana imbere ni heza!!
Felicitations mwana.maze bakwigishe ibihuye niyo mpano yawe
Uw'umwana deserves to be suported kbx 💕👌🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Kabisa impano yuzuye
Eeeee ewe Burundi warahezagiwe nukuri uyumwana afashwe impano arayifise kazoza azoba rurangiranwa mumakungu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤❤❤
Uwomwana najanwe kwishure, akurikiranwe impano arinayo.
Muzomukoreshe ikiganiro cagutse. ❤ Wow iki narindagitegereje , good job 🙏
Uwomwana afise impano nzizape mumushikire imberbe kubabishoboye Muzohezagigwa
Big up xan bro wow so wonderful 👍
Impano z,abantu beshi zirapfapfana kukubura ababashikira imbere
Bimurimwo kabisa
𝙸𝚖𝚙𝚊𝚗𝚘 𝚢𝚒𝚐𝚎𝚗𝚍𝚎𝚛𝚊𝚊
Wanderful
Kl uwomwana arashoboye kbx
Uyu ni Elie akirumwana nani😂😂😂😂
Uwomwana nigitero kabisa yubahwe
Noe ayomazina yayakuyehehe😳🤣🤣🤣🤣🤔
Kmere😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂
Uwomwna nimumufashe arashoboye pe!
Пікірлер: 20