M23: Urwanda ruragirizwa na ONU
🇷🇼 Abahinga ba Onu bati : "Urwanda rufise abasoda bari hagati y'3 000 n'4 000 muri Kongo" 🇨🇩
🤔 Mu kigo gitororokanya amaraso, abakozi bari muri yegereyegere.
🇸🇴 Muri EAC, Somaliya iherutse kuriha ibirarane ifise. Ubu mu bihugu biheranye, RD Kongo n'Uburundi biza kw'isonga 😏
Ng'izo ingingo zigize ano makuru👇🏾
#KuMusi
#imigenderanire
Пікірлер: 31
urwanda rufite impamvu nyinshi zogukurikirana ibibera muri congo kuko congo ikorana na FDLR yakoze Jenocide murwanda ikajyana ingenga bitekerezo muri congo igatangira kwica abatutsi bo muri congo niho CNDP na M23 zavuye zirwana.
Ariko Davis ndaguhanure mwana. Reka ivya Politique wibandanirize ivyogukorera Imana kuko inzira zibiri ntizishoboka.
@jobirazanye5045
17 күн бұрын
Areke gushikiriza amakuru ??
@IduhangazePrince-pp3pn
17 күн бұрын
NIYAHAGARIKA AKAZI AZOCA ABAHO GUTE IJAMBO RY'IMANA RIVUGA NGO TWOYE KUGENDA NKIMBURABWENGE✍🏿🤍....
@iraguhamoise9202
16 күн бұрын
Ese Ninde wakumbwiye ko ijambo ryimana rigabura😂😂
Ahubwo baza abobaundi impamvu bajya Congo kwica abobatutsi uvuze Kandi babizi neza kwarabatutai
🇧🇮🇧🇮
Muze nabo murabacana urazi ingene birirwa badutuka
@IduhangazePrince-pp3pn
17 күн бұрын
😂😂😂 Abarundi bashiz Mumutw ko kwihora Ari Icaha! Donc agututs Ukamwihoz Ngo niho Ububaya incabweng Urazi Kumbuga nka Zos Ivyo badukorera j Nsigay ndanabanka Kuko batuvuga Nkukumengo twarabiciy!
@richcleme2798
17 күн бұрын
Ntag president wanyu ariwe wivugiye ko ashaka gutembakaza ubuyobozi buriho mu Rda, urashaka ko u Rda n'abanyarwanda bababona nk'inshuti kdi na leta yanyu ibafata nkabanzi? Simvuze ko u Rda narwo ari shyashya ark ibitutsi ni urwango ruri hagati y'ibihugu byombi si ku ruhande rw'u Rwanda no kuburundi birahari.
@IduhangazePrince-pp3pn
17 күн бұрын
@@richcleme2798 Uyo Mwebw Murarengej Ntamurundi numw Yigera Akora nkivyo Mukora Mwebw Mufata Ivyabarongozi Bapfa mukabizana Mubanyagihugu Basanzw Nkatw MuBurundi IBINTU vyintwaro twebw ntamwanya tubiha ntanumutima Tubishiramwo ark Mwebw umengo mufasha Reta yanyu mukufutoteza!! Mubicishij Kumbuga zanyu!!. Umengo Nite Twish YESU! Ikibay cos Ngo Abarundi turinyuma haba Ikindi Abarundi nabicanyii etc....... Basha Murek kuturyaryaaaaa natw turabantu!
Tuzabarasa
Ukuri baduhisha 🇷🇼🇨🇩: kzread.info/dash/bejne/eHqTyZSzedGrpqg.htmlsi=UiiZLTgWIh0UXLfV
Oya urwanda kuba rushigikira m23 ntamuntu akurikirana amakuru yobihakana kuba babaye abambere kwisi mukudandaza arya mabuye ya congo ubundi atayo bafis iwabo bayakura he gusa kuba barashoboye kwiteza imbere mukunyunya abanyekongo nabwo nuburyarya burimwo ubwnge😀
@ndayizeyepatrick225
17 күн бұрын
Mwe mufise ayomabuye kombona byabacanze😂
@IduhangazePrince-pp3pn
17 күн бұрын
@@ndayizeyepatrick225 Twebw nuko tutariga kuba Iryarya cnk Kwisiga Amaraso Yabantu 🎉
@lubegadidier4287
17 күн бұрын
a@@IduhangazePrince-pp3pn Umwishuye neza imana ikumpezagirire
@ndayizeyepatrick225
17 күн бұрын
@@IduhangazePrince-pp3pn ubomurikwica congo sabantu ntamaraso bagira? Usibye kwigra iryarya igihe mutishe niryari?
@shizirungusamaime8520
16 күн бұрын
Hhhh, Koko se abasirikare ibihumbi bitatu byabanyarwanda biri gukwiza imishwaro ingabo za Kongo 150000 , fdlr, wazarendo, sadec nababandi bamanukira mumitaka bakiruka pe?😅😅 Yewe naba numiwe pe, nahita nemera noneho👌👌