KURI MARIAGE UZAHITA UPFA | AKIMBWIRA KO ANKUNDA NAHISE NGIRA UBWOBA
#christ #life #center
Hari ufise iciyumviro ashaka guterara canke iciyumviro kubijanye nikiganiro ca WARUBIZI? Yoduhamagara canke akatwandikira kuri izi numero : 1(602)525-4010
Muri kino kiganiro ,twaniriye numukozi w’Imana Mme Aline asengera mw’Ishengero rya Christ Life Center.
Yatuganirije kubuzima bwiwe kuva akiri muto yakuriye mumuryango munini , ko yar umwana akunda gusabana nabandi. Yakuriye numuryango basenga,atangura kuja gusenga akurikira umuziki kwijabe kubera yarawukunda haragera aho yinjira mubaririvyi.
Пікірлер: 46
Aline Imana Iguhezagire Ukoz kumutima wanje, Uramfashije Ur umugore w Ubwenge knd W umuhizikazi ndakwigiyeko vyinshi ❤❤❤❤❤❤❤❤
Umwami Yesu abishimirw kubw'iyo ntah,mu bihe bikomey bitwigisha cane kwegera lmana..Wabay umuhizikazi ,lmana ibandany ibakoresha ivy'ubuhizi.lkiganiro ciza b blessed
Amen amen ndafashijw nanj kk ndakunva cnee amavuta menshi Mme Aline naw Dada courage urazi kuganir turafashw cnee
Murakoze ku nama zubwenge pe. I am blessed
Merci maman Excellent..❤ be blessed
Icamber n'amakuru🥰umurwanyi mu Mpwemu..
urimwiza uri mwiza, urimwiza uri mwiza reka ndabivuge uri mwiza YESUUU urimwiza urimwiza
Aline tu es vraiment agréable ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Aline Maman Excellent, God bless you so much Nukuri ndakumva canee wabaye intwari pe Iyo utsinze amajambo yabantu uburi strong 💪 ndakwigirako vyishi cane urukundo ufise uzorubandanye I recognize your ❤️ I love you cane uvyumve pe 😍
@irakozedarlene7743
11 ай бұрын
Murakoze cane Denise
Bless u Darlène❤
Aline, Imana iguhezagire uvuze ukuri ko mama na mukuru wawe bakubereye impfura canke ikimuri. Ubaye uwambere numvise avuze ivyo bintu kandi yemera Imana, Yesu kristo na mpwemu yera. Nama ndabivuga mu bantu bisanzwe ariko Aline uratwigishije.👏👏👏
@pierreclavernduwimana1974
8 ай бұрын
Aline atuyagiye vyiza,ariko kugira bitungane neza muzotuzanire willy nawe nukuri turabubasavye. Murakoze cane YESU abahezagire
Courage Aline ndakwibuka sha wagiz accident. Yesu yarahabaye yarakugwaniye
Bless u
Waoo ikiganiro ciza cane kk Mme Aline yavuze UKURI kudateye amazi hamwe n inyigisho nziza adushikirije. Ngo yabonye ko twamukarira kubera yafyina akiri muto? Iyo ubandanya ufyina ntiwari kuba umutsinzi mu buzima wabayeho uduciriye ku mayange. Uri umuntu w agaciro n’umugisha. Twe tukuzi kuva kera.
@irakozedarlene7743
11 ай бұрын
Murakoze cane Gerard
Ur'umugisha kuri jewe n'umuryango wanje , nukuri Imana iguhaze kuramba wibonere ivyiza vyishi cane Yaguteguriye murubu bugingo izoguhe n'ijuru
@irakozedarlene7743
11 ай бұрын
Amen murakoze cane Denise
Muhezagigwe cane
Yoooo Aline💞
Ivy Aline avuga nukurii ntab vivante kandi n'umugore mur vivante sasizeho intahe nziza kandi yicisha bugufi
Wau byiza cyane turabakunda
@irakozedarlene7743
11 ай бұрын
Thank you
❤
Courage Darlene
@irakozedarlene7743
11 ай бұрын
Thank you 🙏🏼
Ndabakeje sinari nzi Madame wa Willy. Ariko numvise ukuntu aganira Imana yabahuje nihabwe icubahiro. Urukundo nkugwo nigwo ruba rukenewe.
@irakozedarlene7743
11 ай бұрын
Urakoze cane be blessed
Ikiganiro kiryoshe cane...
@irakozedarlene7743
11 ай бұрын
Thank you
😂😂😂😂😂 Willy imiganiiii. Ngo habaye umutunzi 😂😂😂😂
Ikiganiro ciza Mme Willy n'a Darlene. God bless you❤❤
@irakozedarlene7743
11 ай бұрын
Amen murakoze cane 🙏🏼
Noe Willy ntiyoba avukana ana Armel wanj
Dada dushaka ikiganiro urikumwe na Jean Marie ❤
@irakozedarlene7743
11 ай бұрын
🤣mushaka tuzovuge kubiki? Murakoze
@jeannetteririkumutima1850
4 ай бұрын
Waouuu,madame Willy,ndaryohewe kukubona
😍👌🏽
@irakozedarlene7743
11 ай бұрын
Thanks Calu❤
Kwima amakuru abantu ako Niko p
Hello madam Darlene ndakwibuka twariganye kuri cepebu ndabaramukije mwe na madam willy
Yar filme kwel 😂vmt Histoire iraryoshe gose vmt Imana igume ihezagira
Bite banywanyi bacu? Hewe,muzotuzanire willy nawe atuyagire kuko icokiganiro kirsturyoheye cane. Muzoba mukoze caaane
Wow sinari ndabazi,willy ndakunda indirimbo ziwe.Nubu ari mu baririmvyi babarundi numviriza cane
❤