KUKI BAVUGA KO NOHELI ARI UMUHANGO WA GIPAGANI
#INZUYIBITABO
SOBANUKIRWA N'IMPAMVU BAVUGA KO KWIZIHIZA NOHELI ARI UMUHANGO WA GIPAGANI, UMENYE N'IBYO ABAHANGA BABIVUGAHO.
Subscribe to my KZread Channel:
/ @dashdashtv
IG: / dashim250
Facebook: / dushimimana.dashim.9
Пікірлер: 11
Dashim ndakwisabire nkumurundi nabandi barundi tugukurikira sinkeranya turi beshi uzoze uravuga amezi mukinyarwanda no mukirundi utayazi mukirundi uzombaz ndayakubwire canke uvuga ukwezi uku nzero ukuvuga ukwezi kwambere.
You get what you believe, nufata Noheli nk'ipagani niko izakubera naho nuyubaha nkuwibuka ko YESU yaje mwisi akambara umubiri kandi ari IMANA nabwo uzahungukira, everything has a spirit behind.
Mbaye uwambere noneho
U're the best allover the world!
Jye bose ndabatahura abayizihiza ndabatahura Eka bose Kuko uyu musi abantu bose ni abapagani bahinduye Imana tubona ariyo Mana zuba Bayihimba izina bayita Imana yo mw'ijuru Agaciro Imana zuba ya kera yari ifise ni nayo Imana y'ubu ifise( Imana bayisaba kweza imirima imvura irwe ni uyu musi Abantu twisonzesha dusaba Imana ivyo nyene...) Aho Imana zuba yaba ni Imana y'ubu niho iba Ivyarakaza Imana zuba nivyo ni Imana y'ubu biyirakaza eg : izuba ryaranka kuva ngo hasesetse amaraso Ivyayishimisha ni navyo biyishimisha Aho bayisengera ni Ubu niho bayisengera Ibihe bayisengeramwo ni Ubu nivyo bayisengeramwo Exemple : Ibihe vy'ivyago Rero usenge ugire umusi mukuru ntuwugire vyose ni kimwe Ndabasuhuje
Uku ni ukuri kuzuye noheri ni ikinyoma cyuzuye,ntaho ihurira na kristo waducunguye
Komera Burundi turagukurikira
Thank you bro every day I'm on
Nataris nkunda kugukuraho udushya
Najewe noheri wapi
Ni uko nyine ari wo! Numvise ko wari umunsi bizihizagaho ikigirwamana, noneho bakiretse Kilziya iwuharira kwizihiza ivuka rya YESU/YEZU. Uko biri kundi rero, sinkeneye no kubimenya, icyo mpagazeho ni Bibiliya gusa ( IBYAHISHUWE 22:18-19).