#KuKAYI

Mu kabare habaho ibintu vyinshi harimwo n'ingeso zigenda zaduka hagati y'aba clients bagiye kwihereza ico kunywa bigatuma habaho kubangamira aba serveuses mu kazi kabo. Habaho n'igihe aba serveuses bacokoza aba clients bigatuma haduka ingeso zitameze neza. Nivyo tuganira KuKAYI kuno munsi hamwe n'abatumire bacu. #Patient #Lienna #Tanguy
#pamchanneltv #thepassword #Burundi #Smartmind #indundi #tvshow #Diaspora #Diasporaburundi #Communauteburundicanada #Voa #Murisanga #Burundionthemap #+257 #Communauteburundibelgique #bujasanstabou #iwacuheza #visitburundi #abatwip #Burundiphotographyandphotogenicawards #BPPawards
Retrouvez tous nos émissions sur nos plateformes en ligne:
Website: www.pamchanneltv.com
Facebook: PAM Channel TV
Instagram: pam_channel_tv
Twitter: @PAM Channel TV
TikTok: @pamchanneltv
E-mail: info@pamchanneltv.com
Telephone: +257 76 284 000
Présentatrice : Pamela Irène IRAKOZE
Réalisateur(Director) : Jean Calvin NDABIHIMANA
CameraOperators: Jean Calvin, Nina Gloire INGABIRE & Darcy MWUHIRO
Editing: Jean Calvin & Nina Gloire
Lighting: Darcy Mwuhiro
Graphics: EmmaB

Пікірлер: 24

  • @willyndayizeye8992
    @willyndayizeye89922 жыл бұрын

    En tout cas vraiment,gute TV nkiyi itoshigikirwa ,nagira nshimire cane abarongozi biyi TV oft itandukanye nayandi ma TV ahari.....

  • @willyndayizeye8992
    @willyndayizeye89922 жыл бұрын

    Je ndayise "umuvyeyi wayandi ma TV online"respect kubategura iyo émission......

  • @vaniaedissagaciyubwenge1483
    @vaniaedissagaciyubwenge14832 жыл бұрын

    Ukuri kwose kwavuzwe. Merci Pam Channel Tv 🙌

  • @arleneininahazwe
    @arleneininahazwe2 жыл бұрын

    Waouh Pam ibiganir vyaw birates 😘😘😘

  • @gildasndayizigiye1823
    @gildasndayizigiye18232 жыл бұрын

    😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅aba batumire na ba mbere kabis👍👍👌

  • @blandinemuco
    @blandinemuco2 жыл бұрын

    Ndakunda akayi kawe Pam...kama karyoshe vrt...abatumire nabo merci sana

  • @nzisabiraericaudry6713
    @nzisabiraericaudry67132 жыл бұрын

    Emission zaw ziranduhura vraiment

  • @cephask
    @cephask2 жыл бұрын

    😂😂😂😂😂😂 abatumire bubahwe

  • @ninagloireingabire6394
    @ninagloireingabire63942 жыл бұрын

    Ikiganiro ciza caneeeeeeeeeeee..akayi gashusheeeeee

  • @kanekiki8852
    @kanekiki88522 жыл бұрын

    Patient vrt😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂gukira si vuba

  • @christagahimbare4535
    @christagahimbare45352 жыл бұрын

    weeeee patient ntuhemukira aka Bock

  • @i.platinum8185
    @i.platinum81852 жыл бұрын

    Mabuja Pam today na today harimwo équerre cnk ni bonjour paris? Vrt ikiganiro ni freshi kbsa tunashukuruu

  • @armelniyomwungere658
    @armelniyomwungere6582 жыл бұрын

    😂😂😂 akayi gashushe kabisa kandi karyoshe, abatumire bubahwe #SSB

  • @josetteihuwizeye8966
    @josetteihuwizeye89662 жыл бұрын

    Paaaaaaaam nanezerew hahaaahah bzuuu

  • @evelyneirakoze
    @evelyneirakoze2 жыл бұрын

    Courage

  • @pamelairakoze5176
    @pamelairakoze51762 жыл бұрын

    😂😂😂😂😂😂😂 serveuse nta na merci ! @Patient 😂😂😂😂

  • @driceornellakaneza5962
    @driceornellakaneza59622 жыл бұрын

    Butoyi pacy mb nturakira ga muta

  • @parfaitendayikengurukiye7306
    @parfaitendayikengurukiye73062 жыл бұрын

    😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀

  • @magnifiquekamugishq5720
    @magnifiquekamugishq57202 жыл бұрын

    Pacy🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🥰🥰

  • @patientbutoyi6448

    @patientbutoyi6448

    2 жыл бұрын

    uwoo siwe nuwo basaa 🤣🤣🤣🤣🤣

  • @mugishawimanachrista2724

    @mugishawimanachrista2724

    2 жыл бұрын

    @@patientbutoyi6448 1

  • @marimar1767
    @marimar17672 жыл бұрын

    Pacy Muhwi😂😂😂😂😂

  • @emerimanaemery3416
    @emerimanaemery34162 жыл бұрын

    Gusa umu serveuse abaye yeux arashobora kuhakirira kuko sa beauté ishobora kumuha promotion !

  • @irenepamelairakoze8820

    @irenepamelairakoze8820

    Жыл бұрын

    Eka da

Келесі