#KuKAYI

Abasore n'abigeme batarubaka bakunda guhura n'abantu benshi babaza ibijanye n'igihe co kubaka kwabo, kenshi na kenshi bakanabaremera batitaye ku mvo zituma abo nabo bateba kwubaka.
#pamchanneltv #Smartmind #thepassword #mariage #fiancaille #Burundi #diasporaburundi #pamelampundu #eac #burundiantv

Пікірлер: 37

  • @festonelee8509
    @festonelee85092 жыл бұрын

    The same situation to me,I'm tired of that

  • @astorarakaza9642
    @astorarakaza96422 жыл бұрын

    très instructif! les jeunes bararushe nivyo bibazo

  • @hansm.assisa354
    @hansm.assisa3542 жыл бұрын

    Nice to point my brother Juste... Abantu bakuremera ubatumiye benshi wanashaka ntibaza mu rubanza. Aho rero simvuze guterera!!!

  • @mrsingleb
    @mrsingleb2 жыл бұрын

    échange super constructif. Suggestion technique : choisissez bien le placement des caméras afin d'éviter le contre-jour et problèmes de saturation de l'arrière-plan pour vos plans en extérieur

  • @chakillasibose1992
    @chakillasibose19922 жыл бұрын

    Ama pression nkayo atuma abakobwa cank abahungu bakora ama mariage sans base yurukundo !!! Après ivyo bikazana divorces précoces ... d’où les divorces zarwiriye !!! #Solution: nibareke umuntu azobijemwo avyiyunvamwo kandi ari prêt (e).

  • @AngelsmileTV
    @AngelsmileTV2 жыл бұрын

    PAMChannelTV murakoz cane kurico ciyumviro mwazanye, umw wes afis igh ciw😁 umuntu abikora kuko yahisemwo💃💃💃

  • @msn1781
    @msn17812 жыл бұрын

    Abantu ni ba ntaho mfatwa..ugize mariage vyiswe ngo ni "kare" nahone barakubazagiza mbga wihutiy iki?k uciy kur mukuru waw?mbga wiyumviriy neza?..nukuri utebuke canke utebe,hose baguma bazany utubazo "tudakenewe"

  • @irenepamelairakoze8820

    @irenepamelairakoze8820

    2 жыл бұрын

    🤦🤦🤦🤦

  • @safitv5369
    @safitv53692 жыл бұрын

    Wow ikiganiro kiri top💞

  • @user-mu5ht1iq6t
    @user-mu5ht1iq6t Жыл бұрын

    Paster urakoze cane umuntu wese afise igihe ciwe kandi uwutonze amira ibinoze

  • @yollandenicimpaye3705
    @yollandenicimpaye3705 Жыл бұрын

    Nukuri abahungu barakeny ntitubeshany uwugushira mu rugo nukuri ans damu muz tuz turubaha abagabo barakoze kudutera iteka.

  • @krc0607
    @krc06072 жыл бұрын

    Oyaaaa nta tegeko na rimwe uba urenze iyo utubatse!! 😅 Mais bien sur que non!!!!!Kandi, à mon avis, umuntu yubatse ntiyarakwiye guca aronka ikibanza kiruta uwutubatse comme le dit le pasteur. Kuber’iki??? Niko abarundi benshi biyumvira.

  • @nalaesi7389
    @nalaesi73892 жыл бұрын

    Abantu dusigaye turi sensible cane. Ku kwipfuriza marriage s'ukugutegeka kko twese tuzi yuko umuntu wese afise uko ategura ubuzima bwiwe

  • @Danydanie23
    @Danydanie232 жыл бұрын

    Mariage umuntu wese yoyigira mu gihe abona gikwiye mu gihe Imana imuzanye mu gihe umwipfuzako nisawa Hari nababipfuza bakabura du moins akabura uwo bavyumva kumwe non plus abavyeyi barakwiy gutahura kwatari vyiza gu harcèla umwana kuko maybe nawen aramukeney mais ça veut pas dire kucujana nuwuj Wes en kuko mariage ni a vie donc faut bien choisir ton partenaire bref chaq chose à son temps

  • @irenepamelairakoze8820

    @irenepamelairakoze8820

    2 жыл бұрын

    Merci cane Dany belseay Irakoze kuri commentaire yaw tres instructif👍 just iyi video ndagusab uyi partager ahntu henshi hashoboka kugira abantu bashobore kwumva iyo msg twashats gutanga 🙏

  • @norepentancenoheaventv
    @norepentancenoheaventv2 жыл бұрын

    Wow Ikiganiro ciza . Keep going on .Merci

  • @pamchanneltv1502

    @pamchanneltv1502

    2 жыл бұрын

    Nous vous remercions pour vos encouragements, nous essayons de vous preparer les bonnes emissions a vous couper le souffle. Restez avec PAM Channel TV.

  • @uwizeyeghyslaine5468
    @uwizeyeghyslaine54689 ай бұрын

    Ibibazo vyabarundi vrmt birabishe gose

  • @johnlee-gl6ed
    @johnlee-gl6ed2 жыл бұрын

    Yebabawe, munkoze munkovu walai!

  • @irakozefleury8439
    @irakozefleury84392 жыл бұрын

    🔥🔥🔥😍

  • @edmondpolar1717
    @edmondpolar17172 жыл бұрын

    🔥🔥🔥🔥🔥

  • @vaniaedissagaciyubwenge1483
    @vaniaedissagaciyubwenge14832 жыл бұрын

    🔥🔥🔥🙏

  • @irivuzumwamidesire404
    @irivuzumwamidesire4042 жыл бұрын

    Kwubaka ntabwo ari itegeko. Ariko mu gihe umuntu abishoboye kandi yumva ko yobishobora yobikora.

  • @msn1781
    @msn17812 жыл бұрын

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 introduction yaw iraaaanyish Pam...uratesa

  • @irenepamelairakoze8820

    @irenepamelairakoze8820

    2 жыл бұрын

    Hahahaha😂😂 nba shaka muruhuke mumutwe☝️

  • @teginezamilca2472

    @teginezamilca2472

    2 жыл бұрын

    Nanje yankuyeho🤣🤣🤣🤣

  • @alexismona8242
    @alexismona82422 жыл бұрын

    Aho nawe wisanga ukirinkumi

  • @ezechielmaniratunga4454
    @ezechielmaniratunga44542 жыл бұрын

    Débat nziza cane muranyubatse

  • @aristidendayubaha6114
    @aristidendayubaha61142 жыл бұрын

    Abasore ntitugi posting I nkumi kuri status kuko ama msg acaza kubabony izo foto ibibazo like nuyoo twitegura??

  • @belysensabimana8139
    @belysensabimana8139 Жыл бұрын

    Ngir ndakubaz Pam,mbe kubenga gisigura ik?kuko umuntu wese avug ko ari umukobwa ariwe abenga. Mbe se ntabahungu babenga?

  • @camilliatwumvikane536
    @camilliatwumvikane5362 жыл бұрын

    Ngo usigaye uri mwizaa😂

  • @armelniyomwungere658
    @armelniyomwungere6582 жыл бұрын

    Sujet intéressant merci #PAMChannelTv

  • @pamchanneltv1502

    @pamchanneltv1502

    2 жыл бұрын

    Murakoze gukurikirana PAM Channel TV.Hari iciyumviro c'ibindi biganiro mwipfuza ko tubakorera? Turi hano kubwanyu!

  • @alinaalina3089

    @alinaalina3089

    2 жыл бұрын

    @@pamchanneltv1502 mpa numero yaw

  • @pamchanneltv1502

    @pamchanneltv1502

    2 жыл бұрын

    @@alinaalina3089bonjour Alina, contacter le 76284000

  • @chantalmutagorama2283
    @chantalmutagorama22832 жыл бұрын

    Imbere ya vyose nukumenya ko twese aho dukuriye nivyo dukuriyemwo bidutuma twihuta canke ntitwihute kugira mariage.