Kelly Nkurunziza Yahunze! Ndikuriyo akoze Ibara Pst Denise Nkurunziza Ahaye Ndayishimiye icigwa gi..

#Neva #Burundi #Gitega #M23 #Intambara #Rwanda #PaulKagame #Kigali #Gineral #Major #Amakuru Yihuta Bujumbura breaking news

Пікірлер: 25

  • @ManishimweTheodore-r1m
    @ManishimweTheodore-r1m15 күн бұрын

    Mbabazwa nigihugu change cu Burundi mvukira mu Gitega ubu mba mubuseruko bwu Rwanda imipaka niyafungurwa nzoza kubaka igihugu cange camvyaye Burundi nkunda

  • @binancerwanda
    @binancerwanda22 күн бұрын

    Ese brother ibyo nibyo? Imana ifashe Abarundi pe!❤❤❤

  • @BURUNDIRWANDANEWS

    @BURUNDIRWANDANEWS

    22 күн бұрын

    Nihatari mugabo

  • @user-ew7fg2ne2p
    @user-ew7fg2ne2p12 күн бұрын

    Burundi lmp mwampuje na Madame Denise Nkurunziza? Nazabashimira

  • @user-ew7fg2ne2p
    @user-ew7fg2ne2p12 күн бұрын

    Nkurunziza yar,Umugabo

  • @MwaminiRiziki
    @MwaminiRiziki22 күн бұрын

    😭😭😭🤔

  • @DansillaNtirampeba
    @DansillaNtirampeba22 күн бұрын

    Vyiza nuko imana yotabara uburundi😂

  • @user-ui2cc4bk6m
    @user-ui2cc4bk6m22 күн бұрын

    Ni Kelly so muri Facebook azogaruka😂😂😂

  • @alphonsetresor6797
    @alphonsetresor679718 күн бұрын

    Aliko ninde uzoyobora Uburundi mwifuza. Menya uwabaha Kagame ako kanyaro ko hera. Neva niki mumugaya ni uko afunga ibisuma nico caha mumwaguriza.

  • @KennoKanse
    @KennoKanse20 күн бұрын

    Wanditse hima empire TV , ce n'est pas mieux ??

  • @MFATAMUGENZI-mg5fj
    @MFATAMUGENZI-mg5fj21 күн бұрын

    Ariko muzaba mute

  • @LouiseNgendakuriyo-wt1wm
    @LouiseNgendakuriyo-wt1wm22 күн бұрын

    Igire kibondo

  • @user-wj1kz4yv3i
    @user-wj1kz4yv3i20 күн бұрын

    Ndashimiye azicwa na tension umunsi tuzatangira gucirira imanza izi ngabo ze yihakanye.

  • @alphonsetresor6797
    @alphonsetresor679718 күн бұрын

    Wari uzi mu Rwanda ntawe uvuga twahisemo kunuma uvuze aricwa . Mwe sha murakina mufite President w'umukristu .

  • @BURUNDIRWANDANEWS

    @BURUNDIRWANDANEWS

    17 күн бұрын

    😥😥

  • @user-vp2of1kl9p

    @user-vp2of1kl9p

    16 күн бұрын

    Ngwiki wa manjwe we... U Rwanda utuyemo ni uruhe ruberamo ibyo uvuze? Ninde wavuze akicwa, yishwe nande kandi yiciwe he? Ubuterahamwe bwarabarenze maze kuko ikibazo cyose mugikemuza kwicwa mugirango n' abandi ni uko? Urihe mu Rwanda hicwa abavuze bose?ko jye ntuye i Muhanga wowe utuye he?

  • @user-te3zs9mq3f
    @user-te3zs9mq3f22 күн бұрын

    Najewe navyumvirije kumb nivyo ? Nihatari ɓasha!!

  • @MFATAMUGENZI-mg5fj
    @MFATAMUGENZI-mg5fj21 күн бұрын

    Ko numva musenga mwasengeye ubumwe

  • @user-ov3yl6ry1i
    @user-ov3yl6ry1i22 күн бұрын

    Nimurotere hiyo

  • @MFATAMUGENZI-mg5fj
    @MFATAMUGENZI-mg5fj21 күн бұрын

    Muzahora muryana kugeza ryari

  • @JTV19880
    @JTV1988013 күн бұрын

    Ewe Burundi mwomwishese?

  • @user-ew7fg2ne2p

    @user-ew7fg2ne2p

    12 күн бұрын

    Oya siko bikwiye

  • @hilalishaban8431
    @hilalishaban843122 күн бұрын

    Ariko mwebwe ibibinyoma mubifondafonda gute? Komubirundi haramahoro yuzuye? Muzoguma mugahinda kweli..

  • @user-zb9gs5qw7b
    @user-zb9gs5qw7b16 күн бұрын

    Pagasa mwana.

  • @MFATAMUGENZI-mg5fj
    @MFATAMUGENZI-mg5fj21 күн бұрын

    Ariko muzaba mute

Келесі