Kahise : Umushikirangoma wa mbere Pierre Ngendandumwe ashikiriza ubutegetsi kubera abamurwanya

Umushikirangoma wa mbere Pierre NGENDANDUMWE yabaye intwari, igihe ahawe ayo mabanga yahavuye ashikiriza ubutegetsi kubera abamurwanya, ariko Umwami amusaba gusubiraho. Umviriza uko vyagenze

Пікірлер: 9

  • @silveryzabron8376
    @silveryzabron83764 жыл бұрын

    uko vizuri saaana kaka

  • @felixniyungeko1284
    @felixniyungeko12844 жыл бұрын

    Nugusecane. Imana ishimwe kotwarose indongozi zisenga nayo ubundi amashetani yari yara teye muburundi ntakindi coyakura atari amasengesho

  • @nestorniragira6146
    @nestorniragira61464 жыл бұрын

    Histoire Histoire Histoire !!!!

  • @sindayiheburajeanbosco654
    @sindayiheburajeanbosco6543 жыл бұрын

    Aha mwokosora gatoyi. Les rebelles rwandais ntibitwa inkotanyi bitwa inyenzi. Inkotanyi zatanguye kuva mu 1989 zitangujwe na association yitwa RANU(Rwanda National Unity) yari muri Kenya. Ntimusubire rero guhuza iyicwa rya Ngendandumwe n'inkotanyi. Kandi noneho uwo mu assassin bavuga ko yakorera ambassade des Etats Unis a Bujumbura ntaho bavuga ko yari muri rebellion Inyenzi zarwanya Kayibanda

  • @nestorniragira6146
    @nestorniragira61464 жыл бұрын

    Bonjour you tube !! Muduhe Buja FM !! Ico gikorwa kirakomeye kandi ni riche mutama !!!

  • @nestorniragira6146
    @nestorniragira61464 жыл бұрын

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @audacendikumana1041
    @audacendikumana10412 жыл бұрын

    Un

Келесі