Itandukaniro ry'ishirahamwe n'ishengero//Pasteur Apollinaire NDAYISHIMIYE
Ойын-сауық
Mwipfuza kuyaga natwe kuri telefone mwokwifashisha iyi numéro +25762924265 (Appel & Whatsapp) canke +25779476307 (Appel & Whatsapp) ariko kandi mwonatwandikira kuri Email yacu: neemagospeltv@gmail.com . Ivyiyumviro vyanyu,intererano zanyu kubw'ibiganiro n'ubutumwa tubashikiriza,vyose birahawe ikaze kubwo gutegura umugeni wa Kristo Yesu
Пікірлер: 9
Amen amen.Imana iduhe mpwemu wokudushoboza kuba nk uko igomba
Yesu abahezagire caaane vy'ukuri
Amen Amen Imana Ishimwe cane
Yesu adufashe caaane vy'ukuri
Aaaameen
Iman'idufashe
Amen
Yesu abahezagire caaane vy'ukuri
Yesu adufashe caaane vy'ukuri