Inzu z'igitangaza za MBERE mu BURUNDI//nta MURUNDI abishaka azobura UBURARO bwiza//Ibanki BGF

Ойын-сауық

Inzu z'igitangaza za MBERE mu BURUNDI//nta MURUNDI abishaka azobura UBURARO bwiza//Ibanki BGF
‪@bgfbankcontact9414‬
#eastate

Пікірлер: 105

  • @Nathan44Nathan75-ti7we
    @Nathan44Nathan75-ti7we4 ай бұрын

    Courage bagenzi,muri gutera iteka iguhugu cacu!BMBC komera

  • @Romoird-ot7cs

    @Romoird-ot7cs

    3 ай бұрын

    cane murakoze cane gose

  • @melchiademarisasi6584
    @melchiademarisasi65844 ай бұрын

    C'est vraiment interressant ,komera ku murizo nk'imamba bana b'uburundi!

  • @Romoird-ot7cs

    @Romoird-ot7cs

    3 ай бұрын

    tagata mugenzi wirambire

  • @user-pg1ed3yj8e
    @user-pg1ed3yj8e4 ай бұрын

    Ubona nzanguge zirigwa zikomerinduru Kumbuga zicoza igihugu ngoziba zaburaya ma Europe zoza zikora nkivyo bagenzi babo bakora mugihugu Respect Bagabo❤

  • @timotheeciza1592
    @timotheeciza15924 ай бұрын

    SHALOM Mr Gael Ndashimishwa cane nukuntu witanga mugushikiriza amakuru abantu benshi cane abari kure nabari hafi. Tugiye mwico gisata cinyubako nyinshi kandi nini nigisata gisaba uburyo bwinshi cane mubutaka no mubiti. Iyo ndiko kihweza ibiti entreprise 2 mukunze kugendera( Iyo BMCB na Fablice) ziriko zikoresha biteye ubwoba cane. Rero nibaza ko vyoba vyiza babafashije mukuborohereza bakoronka les etancons nama panneaux réutilisables kugirango dukingire ibidukikije nayahandi buraca bugacana ayandi. Abovyifuza twobafasha kugirango bikunde

  • @Romoird-ot7cs

    @Romoird-ot7cs

    3 ай бұрын

    ok murakoze cane gose ababijejwe bazobihinyanyura

  • @user-fw4uv1nb5u
    @user-fw4uv1nb5u3 ай бұрын

    Mukomere cane mwubake igihugu nayo abipfuza kubusambura bazoguma muvyiyumviro bibi bizonabica.reka twikomereze.na BMBC.courage cane babongere ama coñtrats😊😊

  • @bahemajavan4716
    @bahemajavan47164 ай бұрын

    UBUSANZWE LETA AHO GUHEREZA AMA COMPANY YABANYAMAHANGA AMA CONTRATS YUBAKA AMAZU YAYO. JEWE MBONA ABANTU NKABA ARIBO BOHABWA IZO CONTRATS.

  • @Romoird-ot7cs

    @Romoird-ot7cs

    3 ай бұрын

    uko biri kwose ndizeye yuko leta nayone iriko ibibona aho abenegihugu yigishije ikanaramura aho bageze.izobikora ndavyizeye.murakoze

  • @niyongere86
    @niyongere863 ай бұрын

    Mwubake nyishi nuwarunguru azobeheza. Muradukijije abasuma twabaha ngo batwubakire, ahokubaka imwe twubakazibiri.

  • @niyinyumvaboaz7140
    @niyinyumvaboaz71404 ай бұрын

    Juste na musaza, nivyiza kubona ibiriko bikorwa. Ariko nagomba mugire documentary yukugene izo project zikoresha ibiti vyinshi nimbaho nyinshi bidasubirizwa. Rero urabwira abobantu bayo ma Société yubaka batangure gukoresha ivyuma aho hose bakoresha ibiti

  • @bahemajavan4716

    @bahemajavan4716

    4 ай бұрын

    UVUZE IKINTU GIHAMBAYE CANE. NIBAZE BARAKORESHA IVYUMA VYABUGENEWE APANA IBITI.

  • @ericballack8219

    @ericballack8219

    4 ай бұрын

    wubahwe

  • @masteraudry
    @masteraudry4 ай бұрын

    Great stuff, naturondere tugure.

  • @cedrickbudrick5679
    @cedrickbudrick56794 ай бұрын

    Abarundi kabisa Bari kukivi❤

  • @Romoird-ot7cs

    @Romoird-ot7cs

    3 ай бұрын

    cane ahubwo nukubashigikira

  • @lazzrchanal1935
    @lazzrchanal19354 ай бұрын

    Indoto yakira Murundi wese hamwe Imana imuhaye uburyo,nukuri n'ivyiza cane🎉🎉🎉🎉🎉🇧🇮🤍👌🏾🤞🏾💪🏾✅️

  • @manicyriaque1318
    @manicyriaque13184 ай бұрын

    Harabazi icobagiye gukora mubihugu vyohanze ndakurahiye,nabandi bagiye kwinywera ibiyayuramutwe gusa,mumisi iza harabazicuza abandi barabasize

  • @Romoird-ot7cs

    @Romoird-ot7cs

    3 ай бұрын

    yes uvuze ukuri ariko reka twizere yuko na bone bazohinduka

  • @pascalminani9759

    @pascalminani9759

    3 ай бұрын

    😂😅😂😂🎉😅​@@Romoird-ot7cs

  • @user-lp4le1os8r
    @user-lp4le1os8r4 ай бұрын

    Zamutera nibiti vyivyamwa,navyone birasharizahantu,kandi birazanakayaga

  • @Romoird-ot7cs

    @Romoird-ot7cs

    3 ай бұрын

    komera cane kuko utererye iciyumviro ciza cane.bitegerezwa gukorwa

  • @user-lp4le1os8r

    @user-lp4le1os8r

    3 ай бұрын

    @@Romoird-ot7cs 🙏🙏🙏

  • @Hazfir.Official
    @Hazfir.Official4 ай бұрын

    Gae babwire baduhigire natwe quartier Oman , Saudia quatar koweitte badushire hamwe di batwubakire natwe kuko Famille zacu ziradusubiza inyuma cane 😢

  • @queeneuphemia917

    @queeneuphemia917

    4 ай бұрын

    Sha vyoba vyiza

  • @ericballack8219

    @ericballack8219

    4 ай бұрын

    bne idee

  • @yesunimwema4497
    @yesunimwema44974 ай бұрын

    Terimbere Burundi 🇧🇮 bwacu ❤❤

  • @Romoird-ot7cs

    @Romoird-ot7cs

    3 ай бұрын

    cane tuguma dusenga imana iguma ibikora

  • @alexismanirakizaofficialam1042
    @alexismanirakizaofficialam10424 ай бұрын

    Mbarize k hari chantier bafise cnk amazu bafis bagurisha nyakabiga rohero,mutanga sud nord,bambwire nigurire.akaba atahari ndabipfurije gukora amateka bubake ikigwati hagati mumugisagara

  • @ericballack8219

    @ericballack8219

    4 ай бұрын

    muta telefona kurirya numero iguma yiyafisha kuri ecran.

  • @Romoird-ot7cs

    @Romoird-ot7cs

    3 ай бұрын

    oya ntaho ni mu gahahe, miroir,na tenga kandi mwitenga nihanini cane.kaze kaze cane wibere muburaro bwiza cane

  • @JeanneNdayicariye
    @JeanneNdayicariye4 ай бұрын

    Abizigirwa bari bakenewe❤❤

  • @Romoird-ot7cs

    @Romoird-ot7cs

    3 ай бұрын

    cane

  • @user-xg7wy2zr5s
    @user-xg7wy2zr5s4 ай бұрын

    Ndabona BMBC niyo iriko yitegurira rya hangiro rya leta y'Uburundi mur 2040 na 2060 kuko iri kukivi kandi iriko igabanya ibitigiri vy'abantu batagira akazi

  • @kheliakimntahompagaze6892
    @kheliakimntahompagaze68924 ай бұрын

    BGF la banque de vos horizons vision 2040 2060 ndabona muyiriko bmbc namw courage muri kukivi

  • @Romoird-ot7cs

    @Romoird-ot7cs

    3 ай бұрын

    murakoze cane ndabona mwabitahuye cane mukomere

  • @prosperbibonimana2497
    @prosperbibonimana24974 ай бұрын

    Courage kwel biri kuyindi mpwemu idasanzwe🇧🇮

  • @Romoird-ot7cs

    @Romoird-ot7cs

    3 ай бұрын

    yes thank you my friend

  • @user-fe2kx9dy1u
    @user-fe2kx9dy1u4 ай бұрын

    Asha abarundi bari gukora kbx

  • @Romoird-ot7cs

    @Romoird-ot7cs

    3 ай бұрын

    cane

  • @Gilos-l5e
    @Gilos-l5e4 ай бұрын

    Uburundi bugiye kuba munyishu

  • @Romoird-ot7cs

    @Romoird-ot7cs

    3 ай бұрын

    gose cane

  • @Musindi736
    @Musindi7364 ай бұрын

    Nyamara igihugu kiriko kirubakwa

  • @christella5092

    @christella5092

    4 ай бұрын

    Cane

  • @Romoird-ot7cs

    @Romoird-ot7cs

    3 ай бұрын

    cne gose

  • @marcbuci
    @marcbuci4 ай бұрын

    Chien méchant Vive BMBC ,Vive Umukubito A to Z ❤❤

  • @Vision2300
    @Vision23004 ай бұрын

    Vous pouvez construire des maisons spécialement de location pour la diaspora ou les touristes qui viennent juste pour un temps !

  • @cedricrukundo7229
    @cedricrukundo72294 ай бұрын

    Le Burundi brillera de mille feux ndabarahiyee

  • @edmond-rv1qk
    @edmond-rv1qk3 ай бұрын

    Cari iciyumviro ciza iyo mutaba muriko mwubaka kwitongo rihejeje kunyarwa. Nimanza zikibandanya. Hagowe abazohagura!

  • @ChancelineIhabasaba
    @ChancelineIhabasaba4 ай бұрын

    Courage bene data

  • @amidabwitonzi2279
    @amidabwitonzi22794 ай бұрын

    Imana ibaje imbere

  • @Romoird-ot7cs

    @Romoird-ot7cs

    3 ай бұрын

    thanks

  • @nsafelix
    @nsafelix4 ай бұрын

    Igihugu kirimwo abantu bazima kibuze abatwara bazima

  • @Bigdeal123

    @Bigdeal123

    4 ай бұрын

    Burya vyari gukunda iyo abatware baba babi? Ko mu myaka ya kera bitabaho? Nta ma bank yabaho? Nta ba engineer nabafundi babaho? Just kukumenya ko abatwari babi batubaka canke ngo business ikorwe

  • @willsumba7284
    @willsumba72844 ай бұрын

    Kimwe kukindi Dawudi basha CV's canke ubumenyi twituye BMBC

  • @jacobbulambo5958
    @jacobbulambo59583 ай бұрын

    Very nice job ❤

  • @jimmynshimirimana9690
    @jimmynshimirimana96904 ай бұрын

    Courage bmbc

  • @Romoird-ot7cs

    @Romoird-ot7cs

    3 ай бұрын

    thanks

  • @ChrisNdikubumwe
    @ChrisNdikubumwe4 ай бұрын

    Murabstegura assurance abakozi banyu? Mbe caniveau muzitegura gute?

  • @Romoird-ot7cs

    @Romoird-ot7cs

    3 ай бұрын

    yooooooo mutama ico cakemutse kera .amaka niveau nayo tuyubaka neza cane ntiwidoga karibu uze uvyibonere

  • @queeneuphemia917
    @queeneuphemia9174 ай бұрын

    Mr Gael uzomutubwirire natwe batobato botugarukirako abantu turi mu bihugu vyabarabu mwoba mukoze

  • @Romoird-ot7cs

    @Romoird-ot7cs

    3 ай бұрын

    karibu cane kuko twubakira abari hanze ndetse na bari mu burundi ntanumwe dukumira

  • @queeneuphemia917

    @queeneuphemia917

    3 ай бұрын

    @@Romoird-ot7cs merci bcp Hama nashatse kubazako mwubaka nizamakeya nubwo ntamenye ibeyi yizo mbonye muri vidéo kuk muraziko Abantu tutanganya amikoro

  • @richardsabiteka3314
    @richardsabiteka33144 ай бұрын

    Avuga nkumuntu ashoboyeee.

  • @faustinenishimwe1298
    @faustinenishimwe12983 ай бұрын

    Ko mutubaka ama alimentation akomeye ngo ayo ma fruirt yirigwa araborera mu ma barabara aje muma frigo dukeneye ivyifungugwa navyo bitere imbere

  • @munyakazialimas7181
    @munyakazialimas71814 ай бұрын

    Hilarious Burundi is shining

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp4 ай бұрын

    Wooooa ❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @melchiademarisasi6584
    @melchiademarisasi65844 ай бұрын

    Ikindi aba ingenieur musubire mukorane mugirire concurrance REGIDESO ku MATARA N'AMAZI!birababaje kubura compteur uriha amahera ,kandi uzoriha consommation yizo produits nyene.

  • @viateur4781
    @viateur47814 ай бұрын

    Kabisa ❤❤

  • @Romoird-ot7cs

    @Romoird-ot7cs

    3 ай бұрын

    cane

  • @graceirakoze2868
    @graceirakoze28684 ай бұрын

    🎉🎉🎉bravo

  • @nahindoreraemmanuel5214
    @nahindoreraemmanuel52143 ай бұрын

    Bonjour none nubu uwushaka kugura ngaho mu Garage yoharonka

  • @user-pz9fg1fh8g
    @user-pz9fg1fh8g3 ай бұрын

    Jewe ndabashimiye cn ku migambi yo gusharija igihu cacu ciza c Uburundi ariko nagomba nsabe nyamba vyokunda abobagwizatunga bari hanze baopfume bafasha reta gukemu ikibazo c igitoro abandi nabo biyemera ku mitahe bubake amahinguriro mugihugu kugira bahe akazi abanyagihugu bogere baterere mw iterambere ry igihugu mugutanga ikori

  • @julesspencer517
    @julesspencer5174 ай бұрын

    kuyind mpwemu idasanzw❤❤❤❤

  • @cedricrukundo7229
    @cedricrukundo72294 ай бұрын

    Sha urife éloquence idasanzwee aba vyankiy kuresha bazogutume kbxaa

  • @Romoird-ot7cs

    @Romoird-ot7cs

    3 ай бұрын

    ok benewacu

  • @Romoird-ot7cs

    @Romoird-ot7cs

    3 ай бұрын

    kandi ntibitinye

  • @claudendayikeza7226
    @claudendayikeza72264 ай бұрын

    Good

  • @ismaelwanjalamudinya111
    @ismaelwanjalamudinya1114 ай бұрын

    Vyiza caneeew

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda32234 ай бұрын

    ❤❤❤🇧🇮🎉🎉

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian21963 ай бұрын

    Nako burundi yonse intarazonse zomeruko mwobamurabambate murafrican

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian21963 ай бұрын

    Mukorebujumburayinse nimihanda myiza

  • @user-qp3jz8us4j
    @user-qp3jz8us4jАй бұрын

    Murabe mutere udutii twivyamwa canee birashariza caneee ivyamwa bitaduga canee bimwe vyamira hasiii

  • @user-yc1kk7mo3d
    @user-yc1kk7mo3d4 ай бұрын

    None izo

  • @ericballack8219
    @ericballack82194 ай бұрын

    ashaaa ndemeye kbxaaa

  • @Ndayaki
    @Ndayaki4 ай бұрын

    49:55 Iki nico narindindiriye kumva😅

  • @user-fk3pl1jj4p
    @user-fk3pl1jj4p4 ай бұрын

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉😊

  • @queeniesamantha54
    @queeniesamantha544 ай бұрын

    ✌️✌️✌️✌️✌️✌️✌️🇧🇮

  • @lostboy2608
    @lostboy26084 ай бұрын

    Mubaze ko ubu mirroir hageze amazi 😢

  • @freddynzeyimana5453
    @freddynzeyimana54534 ай бұрын

    Hasigaye ko aduha urutonde rw'ibiciro

  • @bahemajavan4716
    @bahemajavan47164 ай бұрын

    LETA KABISA NITANGE AKARORERO ITANGURE IBAHE AMA CONTRATS KUKO NUMUVYEYI WACU TWESE.

  • @UmurundiWumugabo
    @UmurundiWumugabo3 ай бұрын

    Ese iburundi haba président???

  • @timoshand5952

    @timoshand5952

    3 ай бұрын

    President ni wewe na famille yawe ko aribo babishoboye

  • @user-im1ig9jp4x
    @user-im1ig9jp4x4 ай бұрын

    Apu aba batype bafise umunwa atabikorwa tubona. Uzi ama blue prints bafise batweretse ariko atanimwe barashira kumugaragaro. nibagende bige bakure amajambo aho ngaho

  • @umuhozamariechantal2704
    @umuhozamariechantal27044 ай бұрын

    BMBC hejuru caneeeeee❤

  • @Romoird-ot7cs

    @Romoird-ot7cs

    3 ай бұрын

    cane mukomere

  • @user-jm7uv3lu1o
    @user-jm7uv3lu1o4 ай бұрын

    Ubitse kuri BGF bakata angahe ku kwezi

  • @ericballack8219

    @ericballack8219

    4 ай бұрын

    ja kuri account ya BGF ubaze. naje ndakeneye inyishu

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias54554 ай бұрын

    Vyiza cane

  • @Romoird-ot7cs
    @Romoird-ot7cs3 ай бұрын

    terimber bmbc

  • @user-rn1rc4iu4q
    @user-rn1rc4iu4q4 ай бұрын

    murashoboy

  • @JeandeDieuHAKUZIYAREMYE
    @JeandeDieuHAKUZIYAREMYE4 ай бұрын

    Umugambi nimwiza wa BMBC ifatanije na BGF mukomere kabisa.ariko inzu yuwomuntu muherejeko ifise amarangi mabi😢 inzu iracaye cane amadirisha mabi cane parking ou garage isanomuri entrance 😮 ahubwo iyomuvugako ariyo mwamusubiriyemwo atariyo mwahere hasi. I'm sorry by that 😔

  • @ChrisNdikubumwe
    @ChrisNdikubumwe4 ай бұрын

    Liquor na pharmacy,amashule,clinics ?

Келесі