INZIRA YANJE FULL MOVIE Burundian Films.Kercy Adnette,Joachim Smith......

#inkinzotv,#startv257 ,#hittoptv1

Пікірлер: 431

  • @mrsammyofficiel9246
    @mrsammyofficiel9246 Жыл бұрын

    Courage ma fille ndabona film ndundi iriko iratera imbere hama abakunz ba bukeyeneza na kanyana mwahishikiy nimump like

  • @aahaha5492

    @aahaha5492

    Жыл бұрын

    Nih tur sammy

  • @komlaakomlaa7465

    @komlaakomlaa7465

    Жыл бұрын

    We Berahino kumbe mabukwe wawe yibereye ngaha🤣turamukumbuye mama kanyana

  • @user-jm3pc7tu7c

    @user-jm3pc7tu7c

    Жыл бұрын

    Okay

  • @user-pi4ib7ql4d

    @user-pi4ib7ql4d

    Жыл бұрын

    Kek hejuru ndakwikundir iyomba umusore ucuvyumva 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣😘😘😘😘

  • @FathimaFathima-he6fn

    @FathimaFathima-he6fn

    Жыл бұрын

    Niho tuba twiberey bro wacu 💪🥰

  • @kercyfilms2378
    @kercyfilms2378 Жыл бұрын

    Mbaye ndashimira abaza kudukurikirana bose . shimira Abotwafashanije ibibikogwa❤

  • @saudabuali6174

    @saudabuali6174

    Жыл бұрын

    Terimbere mukobwamwiza

  • @darleneniyukuri7719

    @darleneniyukuri7719

    Жыл бұрын

    Ndagukunda 😍 caneeee 💯 Imana ibone ibikogwa mukor iborohereze 🇧🇮🙏

  • @jongon6940

    @jongon6940

    Жыл бұрын

    Tukurinyuma mukibwa wacu

  • @estellawineza178

    @estellawineza178

    Жыл бұрын

    Courage shn gera ahowifuza hose🙏🙏🥰🥰

  • @zalyzayi5667

    @zalyzayi5667

    Жыл бұрын

    Waahoo vyiza can courage

  • @Joachim-Smith
    @Joachim-Smith Жыл бұрын

    Courage Mwana Wa INKINZO TV Kazoza Kacu Keza Kabe Mubikorwa Dukora Unomusi

  • @Irakozeroraine

    @Irakozeroraine

    6 ай бұрын

    Tonia arakumbuwe courage arik

  • @fannylavineofficial1360
    @fannylavineofficial1360 Жыл бұрын

    Félicitations Na courage cane kercy

  • @bigirimanaerick7687

    @bigirimanaerick7687

    Жыл бұрын

    Nanje nshaka gukina film mumfashe narabuze uko ndabishikako

  • @bigirimanaerick7687

    @bigirimanaerick7687

    Жыл бұрын

    @@yesuarajechoir8781 ndamwandikire hehe???

  • @startv257.
    @startv257. Жыл бұрын

    Courage My Sister Wangu Ibintu Ndabona Ari Bien Sana👑👑👑🙏🙏🔥🔥🔥♥

  • @manishimwehonorine7145
    @manishimwehonorine7145 Жыл бұрын

    Mbuze amagambo yokuvuga nukur Kercy Flcitation knd courage nabo mukinana bose Film nziza canee kandi Yigisha

  • @pascalinebutoyi6954
    @pascalinebutoyi6954 Жыл бұрын

    félicitation sha kercy ubandanye uja imbere

  • @motivationplusmedia1712
    @motivationplusmedia1712 Жыл бұрын

    film inzira yanje are going on trend since today💃🔥love from motivation plus media

  • @floreennikwigize4055

    @floreennikwigize4055

    Жыл бұрын

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮👍👍

  • @mpawenimanaaline6576
    @mpawenimanaaline6576 Жыл бұрын

    Hama congratulations ndabona washigikiwe bakina ba Sammy, Fanny, Star boy, Joachim naband..... Urabona kobakurinyuma tutibagiwe nabafise impano za business tumenyan twitez imber ndabonarihez kugwaruk❤️❤️❤️❤️

  • @passynini9743
    @passynini9743 Жыл бұрын

    Courage banane biwacu naho Kercy bamufash kungufu ntiyacits intege bisobanurak inyuma yibibaz harubundi buzima ntukihebur

  • @hittoptv
    @hittoptv Жыл бұрын

    Courage CANE ejo niheza IYI FILM ninziza....

  • @divadaqueen6558
    @divadaqueen6558 Жыл бұрын

    Courag kbs urashoboye 😍😍😍😍😍

  • @rayray-lw6nt
    @rayray-lw6nt Жыл бұрын

    Kercy hejuruuu caaanee songa mbele disii

  • @indirimbotv59
    @indirimbotv59 Жыл бұрын

    Kercy courage mwana wingozi mbony ukunzwe cne ndumiwe wige guseng Imana ikugumize kwigikundiro uter imbere

  • @niyomwungerepenina170
    @niyomwungerepenina170 Жыл бұрын

    Kercy umukobwa mwiza courage mubikorwa vyawekandi utere uja imbere

  • @ciellanicenzeye7100
    @ciellanicenzeye7100 Жыл бұрын

    courage💪💪My sister imbere nihezaa caneee💞💞💗

  • @davidson5633

    @davidson5633

    Жыл бұрын

    Hello guys big up mwarakoze gukora ikigikogwa Imbere niheza

  • @FathimaFathima-he6fn
    @FathimaFathima-he6fn Жыл бұрын

    Courage my sister kercy mwakinye neza cane mom ndabakunda cane🥰🥰🥰

  • @julienirankunda
    @julienirankunda Жыл бұрын

    Film nziza kercy courage 🌹

  • @dastellaharerimana7192
    @dastellaharerimana7192 Жыл бұрын

    👏👏👏courage sha Kercy uter uje imber Gato karakura mwiza🥰🥰

  • @OmanOman-cg1qd
    @OmanOman-cg1qd Жыл бұрын

    Mbega vyiza ifirm ryorshe kercy courage ndabona birarenze

  • @shaidaniyonkuru3007
    @shaidaniyonkuru3007 Жыл бұрын

    Kercy wubahw 🙏 nukur urashoboy peee💞💞💞💞❣

  • @davidson5633
    @davidson5633 Жыл бұрын

    Good job guys I'm watching from Canada.

  • @anifairakoze2405
    @anifairakoze2405 Жыл бұрын

    Waooh🇧🇮🥰courage kercy ngaho munyaruts muduhe akandii

  • @jaja1420
    @jaja1420 Жыл бұрын

    Courage Keke imber niheza love you from jaja burundi 💞🔥🇿🇦

  • @fbdhfjdddn3515
    @fbdhfjdddn3515 Жыл бұрын

    Waoooooo. Mbega. Ivyiza. Nimwirambire

  • @paternebarihuta7325
    @paternebarihuta7325 Жыл бұрын

    Courage Kercy.impano zacu udushishikarij kuzikuza kandi nsanz iyi mpano ya film izana inyungu nyishi kuruta uko nahora ndabizi.Felicitation encore pour le Film INZIRA YANJE.

  • @fifiakimana57

    @fifiakimana57

    Жыл бұрын

    Kercy l love somucht film is good 🏃🏃🏃💞💞💕💕💕💕💕

  • @fifiakimana57

    @fifiakimana57

    Жыл бұрын

    Kercy l love somucht film is good 🏃🏃🏃💞💞💕💕💕💕💕

  • @odetteirakoze9210
    @odetteirakoze9210 Жыл бұрын

    Courage kercy knd f Felicitation komeza kuduga ndagukunda kanini

  • @salima7729
    @salima7729 Жыл бұрын

    Ingozi hejuru ibutanyerera ❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @arakazacedro9694
    @arakazacedro9694 Жыл бұрын

    Kercy courage imbere niheze kubwawe wagerageje knd joachim ni big brother wawe azogufasha gsa nabe yishura abafans bamwandikiye

  • @lydiawamaana8527
    @lydiawamaana8527 Жыл бұрын

    Iyi irashobora kb ari true story courage Kercy

  • @sylvieDRCONGO243
    @sylvieDRCONGO243 Жыл бұрын

    Courage sana kercy nukur utanguy ibiwawe neza turagyohew 🥰🥰🥰🥰🥰🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @alinendihokubwayo5471
    @alinendihokubwayo5471 Жыл бұрын

    Courage cane gose imbere ni heza.kercy ubwiy amajambo meza mmn waw,Imana izibira akariba kamw igiy kwugurura 100

  • @Chanceline-NC
    @Chanceline-NC Жыл бұрын

    ❤❤❤❤ courage kercy you did ii.😍😍 from Esee TV🙅🙅

  • @akimanamosse6923
    @akimanamosse6923 Жыл бұрын

    keke courage nimuduhe ikindigice

  • @princiamuhoza279
    @princiamuhoza279 Жыл бұрын

    Congratulations Kercy gs uturabire iyind part2🙏

  • @apprentissageniyongabo3916
    @apprentissageniyongabo3916 Жыл бұрын

    Très bien joué. Bravo. Kwiga Kaminuza no gukina film birashobora kujana.

  • @bertrandtuyishemeze-fk1xy
    @bertrandtuyishemeze-fk1xy4 ай бұрын

    Eeee iy film ikoze neza Can mwubahwe munaterimbere muvyo mukora❤️

  • @essaalsuwaidi2294
    @essaalsuwaidi2294 Жыл бұрын

    Courage turabikundira❤❤❤❤

  • @myriam5411
    @myriam5411 Жыл бұрын

    Kercy courage imbere niheza 🔥🔥🔥💕🙏🇧🇮

  • @eliehajayandi3921
    @eliehajayandi3921 Жыл бұрын

    Nukur ururukundo abakinyi ba films Burundi mwerekany murubandany nokuband kbx

  • @hhmmmm6523
    @hhmmmm6523 Жыл бұрын

    Courage nukuri muvyitwayemwo neza💞💞💞💞💞🔥🔥🔥👌👌🙏🙏

  • @hacimanaaminizo9332
    @hacimanaaminizo9332 Жыл бұрын

    Courage dada yangu

  • @chachachalifa9709
    @chachachalifa9709 Жыл бұрын

    Waaaooo kercy courag iman ikuj imber mubikogwa vyawe love you

  • @joleal7941
    @joleal7941 Жыл бұрын

    Courage kercy ibintu nivyiz

  • @Motivationlyrics552
    @Motivationlyrics552 Жыл бұрын

    Congratulations kercy film iraryosh cane👏👏👏👏, it is amazing on your first film to act like this,respect🙏🙏🙏

  • @user-lc6ud5gd6m
    @user-lc6ud5gd6m3 ай бұрын

    Courage kercy Kure cane niho twipfuzà kushima🥰🥰natwugwàruka ruràhàr

  • @LottoSinemaBoy
    @LottoSinemaBoy Жыл бұрын

    Iyi film irimwo ibintu vyishi Biri true , ntamuntu atavukana impano ariko kugira ikubesheho muri Africa amahirwe ni 3% Kubera abodufasha bakenera amahera imbere Aho bodukoresheje mukurondera amahera🤦 Ayo Maze. Kubona ntavugwa 😭😭😭 merci Kercy for your kick ✍️

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Жыл бұрын

    Imana irichuye mukama mutangate cane

  • @loulumony8519
    @loulumony8519 Жыл бұрын

    Courage kercy ndagufan san💕💕👌🇴🇲🇴🇲🇧🇮🇧🇮

  • @nadiaabdalla2873
    @nadiaabdalla2873 Жыл бұрын

    Courage sha keke imbere nihez

  • @shurwerinah676
    @shurwerinah676 Жыл бұрын

    Ndabakunda cn keke 💥💥💚💚

  • @florenedannywiny5411
    @florenedannywiny5411 Жыл бұрын

    Courage Keke terimbere Cane❤️❤️

  • @thebraveumusesanguzi726
    @thebraveumusesanguzi726 Жыл бұрын

    Courage ifilm nziza cane

  • @dianenduwarugira3719
    @dianenduwarugira3719 Жыл бұрын

    Congratulations kercy nukur nivyiz knd courageux tezimber film ndundi kbx

  • @nkurunzizasarahsachou7977
    @nkurunzizasarahsachou7977 Жыл бұрын

    film nziza cane courage mes amis

  • @marynshimirimana2455
    @marynshimirimana2455 Жыл бұрын

    Waooo vyizaaa cane terimbere Kercy mukinyi mwiza

  • @inocantburundi6945
    @inocantburundi6945 Жыл бұрын

    Waaooooo kery turagushimiy cane kuntambwe uteye courage

  • @erickersonndricker5934
    @erickersonndricker5934 Жыл бұрын

    Hamw woguma ukina nkukwo uzoshika kure cane knd courage turagufana

  • @Claude-Metro_02
    @Claude-Metro_02 Жыл бұрын

    this the moment than we have been waiting for

  • @MamAnge-zr2gc
    @MamAnge-zr2gc28 күн бұрын

    Kercy narinkukumbuye courage kbs

  • @srh9410
    @srh9410 Жыл бұрын

    Courage kercy mwarimukubuwe nukur irateguye ❤❤

  • @AloysNiyonizigiye-ce7di
    @AloysNiyonizigiye-ce7di8 күн бұрын

    Non film murazanka namwege komwanka komuzikina🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @nadegemerveilleiteriteka6837
    @nadegemerveilleiteriteka6837 Жыл бұрын

    Courage diii Keke imbere n hezaa caneee film nziza goseee irimw imapnuroo 🥰🥰🥰

  • @jeanne5944
    @jeanne5944 Жыл бұрын

    courage ma fille tukuri inyuma♥️♥️

  • @GcUh-mk4yw
    @GcUh-mk4yw21 күн бұрын

    Ndabakunda gooosee❤❤

  • @vitalirakoz4818
    @vitalirakoz4818 Жыл бұрын

    Ndabakund cn gs mwubahw cn gs imana ichichikar kubaj imber 👉🙏🙏🙏

  • @joelsindayigaya7091
    @joelsindayigaya7091 Жыл бұрын

    Félicitations Kercy uriko uraza neza. Courage kabisa utere imbere

  • @jaycburundi257
    @jaycburundi257 Жыл бұрын

    Courage bwana kercy Imana ize ikuje imbere

  • @jajakajaniri5813
    @jajakajaniri5813 Жыл бұрын

    Much love from jaja kajanira 🥰🥰🥰 🥰🔥🔥🔥🔥🔥🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮

  • @fidendayi6048
    @fidendayi6048 Жыл бұрын

    Oooo vyiza mwe na joachim murashoboye kbx.

  • @marymgort1160
    @marymgort1160 Жыл бұрын

    Wawooo kercy' courage mukobwa wacu

  • @IradukundaDiella
    @IradukundaDiella14 күн бұрын

    Ndabasavye bash nanj muzonshiremwo ndabikunda ndanavhiyumvamw vrmt please bash chr

  • @vaniavava6138
    @vaniavava6138 Жыл бұрын

    Courage kercy ndagukunda kanini 😘😘😘

  • @channyloreine3914
    @channyloreine3914 Жыл бұрын

    Courage kercy 🔥🔥 intambwe kuyindi

  • @odetteniyokwizera3761
    @odetteniyokwizera3761 Жыл бұрын

    Imana ibandanye ikwagure kungabire yawe vrt

  • @claudineuwizeye871
    @claudineuwizeye871 Жыл бұрын

    Dushirireko nizindi twiryohererwe🥰🥰👌

  • @irakozeanitha2684
    @irakozeanitha2684 Жыл бұрын

    Courage Kéké 🙏♥️♥️

  • @fidelebizimana6324

    @fidelebizimana6324

    Жыл бұрын

    nisawa pe

  • @violette8348
    @violette8348 Жыл бұрын

    Yooooo kercy mpore shaa. Urya yagufashe kunguvu azopfa nabi

  • @iteritekaaudrick697
    @iteritekaaudrick697 Жыл бұрын

    Kercy nawenyen araz gukin ndabon kogasanez🔥🔥🔥🔥🔥

  • @leopoldbigirimana6608
    @leopoldbigirimana6608 Жыл бұрын

    Film iteguye neza courage my kercy urashoboye

  • @mariamoman5057
    @mariamoman5057 Жыл бұрын

    Waaooo very nice and good job ❤️❤️💕🇴🇲🇴🇲🌹je vous aimes beaucoup

  • @andypacifique
    @andypacifique Жыл бұрын

    Big Love From Germany 🇩🇪

  • @gracekwizera1826

    @gracekwizera1826

    Жыл бұрын

    Terimbere mugenzi

  • @rivuzefiona1091

    @rivuzefiona1091

    Жыл бұрын

    A@@gracekwizera1826 de votre retourùeev de à te t4tà at6 je tu 6yy6tt5a

  • @nahimanaanitha1983
    @nahimanaanitha1983 Жыл бұрын

    Fanya kazi. Dada

  • @user-ur2ge5yy5v
    @user-ur2ge5yy5v Жыл бұрын

    Kercy ndagukund cn kand courage

  • @setaseeta9779
    @setaseeta9779 Жыл бұрын

    Waoooo courage guys imbere niheza

  • @stitore2388
    @stitore2388 Жыл бұрын

    kercy courage ndakunda mubirimwoneza mwubahwe🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯👌🙏

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Жыл бұрын

    Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ numunezero nimhanururo itasawze mukama .yarakoze cane ♥ 🎶 ❤ 👍 😀 💖 ♥ 🎶 ❤ 👍 😀 💖 ♥ 🎶 ❤ 👍 😀 💖 ♥ 🎶 ❤ 👍 😀 💖 ♥ 🎶

  • @delcambgatoni3210
    @delcambgatoni3210 Жыл бұрын

    Courage mwiza

  • @nkunzimanaevelyne7526
    @nkunzimanaevelyne7526 Жыл бұрын

    Nimwubahwe turabakunda abarundi bacu

  • @nasranasra361
    @nasranasra361 Жыл бұрын

    Kercy rek ndamuh sabone ndabe ibikogwa vyiwe

  • @user-yq8je2pj1r

    @user-yq8je2pj1r

    Жыл бұрын

    Nugushigikira impano zaba GN

  • @primentakirutimana3211
    @primentakirutimana3211 Жыл бұрын

    Wauuu courage chr ndagukund tukurinyum mugushigikir ibikogw vyawe

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Жыл бұрын

    Imana izobaha akandi pore sana

  • @joselynenahigombeye1256
    @joselynenahigombeye1256 Жыл бұрын

    kercy courage pe uratwigishije ndushirij kugukunda

  • @user-un2ww4lu1h
    @user-un2ww4lu1h3 ай бұрын

    Ndabakund Iman ibaj imber ❤❤❤❤

  • @anefamm9802
    @anefamm9802 Жыл бұрын

    Courage caane adnette kecy komeza wari waratevye kugurura aga cano kawe kora tugushigikire imbere niheza

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Жыл бұрын

    Imana irakubona

  • @fleurgraceirakoze5680
    @fleurgraceirakoze5680 Жыл бұрын

    Uriyumvira kweli uri muto nturi igito

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Жыл бұрын

    Imana irichuye

  • @sarahjustine3215
    @sarahjustine3215 Жыл бұрын

    Good job keep it up 👍 ❤

  • @espeana6591
    @espeana6591 Жыл бұрын

    Kercy hejuru cane courage