INTAHE YA NIYUHIRE ALINE(ep1).NAROZWE NABAROZI 5 BAGIZE ISHIRAHAMWE RYO KUNYICA.YESU ASUMBA ABAROZI.
Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri watsap)
Пікірлер: 6
Amen amen amen amen amen amen amen ishimwe nicubahiro nivyawe ibihevyose lman amen amen amen amen
Amen amen amen amen amen amen amen amen
Isanamu ntangorane ahubwo Message iri mwiyi ntahe nico c ingenzi !!!
Isanamu mbona zisa neza
benedata, ingwara yikirato nigiki?
Nn ko imero mwaduhaye ko itarengana ndashaka kotuvugana