INTAHE YA JEAN PAUL EP2//INGENE ABAKOBWA3 BABADAYIMONI BANTWAYE I KUZIMU/BANTWARA MUBURYO 3 UMVIRIZA
Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV
Пікірлер: 53
Nihatari kimwe ni twiyegereze Imana hama twovugana ni Imana gut
Ewe Imana iturengere na bana bacu uburinzi bw’Imana butube hafi ntabwo vyoroshe only God 😭😭😭😭
Yesu n'umwami wabami
YESU KRISTO ashimwe cane muzoturonderere ya ndirimbo ivuga “ Amasengesho n’intwaro y’umukristo iy’akoresheje guseng’imiyag’irahunga asenyur’imigambi y’abanzi na satani agaseny’ibihome “
Nukur Uwoshaka yokizwa neza Atagahato kubera na satani ARAKORA bigakomera Yesu hagakiza abazimijwe nawamugwazi satani
Ico nzi co nuko iyo Imana yarigushaka komba umuzungu, ntivyari kuyinanira. Nico gituma ivyo itampaye ntavyo nzorondera, ntavyo nzokwongerako, nzoguma uko yandemye. Ndazi iyo havuzwe ivyo kwisiga, aha hariho benshi agashavu gaca kavyuka et c'est normal ''la vérité blesse''.
Mwijuru dufite IMANA ikomeye
Bamabatwaye,uwosuwambere,sinuwakabiri,nibenshi.Imanitugwanirire
Turashimiye Umuco Wera TV ku ntahe nziza iguma iduha. Vyoba vyiza turonse ibice bikurikira
Imana kabisa idutabere Yesu yabwiye abayuda ati ntaco bafise cokwireguza kuk bumvise vyinsh cnk babonye nakorey muribo Yesu rr adutabare kuk yaduhaye ubwenge bwogutahura ivyo twumva
Yewe yesu weee imana iturinde iturindire n abana numvishe ubwoba pe.nzokurikira iyintahe mpaka iheze harimwo vyinshi bishafa umugenzi aha mwijuru
ewe jean paul nsengera rero nigire mwijuru ncanke ndeke kuronka imibabaro indusha , siko none,
Iyo umuntu apinze ibintu uramureka kuko hari vyinshi uyo Yvone atarabona gusa uzohore witonda mwana wa Yezu
pole sana Uhoraho atarinda vyishi peeee
Abantu nibarekereho gwisiga iyo myanda ya satani. Imana ishaka tube original nkuko yaturemye God have mercy on us.
uvuga uciye bugufi , nico cogufasha
Hi 7n
Mwenedaaa..twafashijwe..duha ep3 kabisa...ego
Igice ca 3 s'il vous plaît !
Kwizera yvonne Ibitakuraba urabahasi bibwigwabenshi bikumva benevyo.wewe komeza munzirazawe iconzi co sibose bagirigwa ubwobuntu bwokubwigwa nImana.kuko ibwiruwishaka mugih ishakiye. Harinaho akakanya uronse kokumvibi yobayariyo mahigwe yawe. Yokugira ngutunganye ibidatunganije.none Ukayitesha.sinukuyitesha gusa ugatako ugatumunwa uvuganabi aricobita, gucumuzwa nakamanyu kumutsima. Wewe nyimbataco wiyagiriza muvyavuzwevyose tekana.wumvamahoro.Ariko nicabakihari ukanka kugi tunganya hakibona.Utitaye kukintu nakimwe cnk kwi Dini narimwe uzoribazwa.kuri wa munsi ntarengwa.kuko ubugingo nubwiwawe.ntawe mubusangiye.rero uzobazwa ivyawe wenyene nta Dini cnk urusengero bizoba,bihari.ntuzovugango ntavyowaruzi.mugihe wumvise ukikomantaza umutima.kuko mwijuru Ntama Dini cnk Insengero bizobayo hazinjira Yabanse Satani nivyiwe vyose bogejwe namaraso ya Yesu gusa.. Before you speak or Talk you need to think. Kuko Amajambo yose Asunitswe nimpwemu abantu bavuga bazoyabazwa.(Matayo12:36-37)
@rosarahliliane100
3 жыл бұрын
Umucowera TV Murakoze ibisigaye Mukomere ntimunyiganyizwe. Kandinatweturabashimira kuntahe mutugezaho umunsikumunsi ziraduhembura Imitima. Imana ibahumugisha mbasabiy kuzogira Iherezo ryiza.ibikogwa mukora muzobironkeringerope.Mubohoza Imitima yabantu benshi.biciye Muntah muduha.
@alinaalina3089
3 жыл бұрын
Ngira arimuri abobakobwa bamutwaye ariko abamenera amabanga hahaha 😂😁 ntibyoroshe yesu aturwanirire ndabona birakaze kwa Yvonne iyintahe iramubabaje cane imukozeho
@user-gs3lb4xs3j
2 жыл бұрын
Nimbabikora,niyihane.kukonicaha,birazwi,nabibliya,irabivuga
@jeanpaulniyoyunguruza2890
2 жыл бұрын
@@alinaalina3089 IMANA idutabare
😭😭😭😭
none abagore abakobwa tureke kwisiga , tugire umwera. canke tugure ayo muri farmacie , haa, ivya ba poroti biragoye gutahura , ariko hari abari muyandi madini menshi abantu bisiga , haa, jewe ndindindiriye imana itubwire kugatweke
@antoinettempaimana2724
2 жыл бұрын
Humura ngo vyose turavyemerewe ariko siko bitugirira umumaro yvonne ncuti yanje uravye ibintu bisigaye bibera nwisi biteye ubwoba ahubwo twiyeze hasigaye igihe gito cane kuva nkura sinari bwabone bagurisha ingohe. Inzara....nivyishi si nobidondora uzonyereke uruganda rukora ingohe rabel nfo ndotl. Inzara ngaho muburundi ahubwo nuko tuta bibona satani isi ayifise muntoki ariko duhumuke hariho uwaducu nguye
mbe iyo costime urazi ivyo ikozemwo , haaa murabesha rimwe narimwe, nizompuzu wambaye ziva ikuzimu , ahubwo genda gusa rero , nisabuni ntuyoge ,
@alinaalina3089
3 жыл бұрын
Ngira bakumeneye ibanga ihangane Yvonne satani ntabanga agira
@kwizerayvonne1950
3 жыл бұрын
ewe , biri muri bibiriya , iminsi yanyuma hazaduka abavuga imana caane bavuye ikuzimu , wewe wunva ivyo avuga arivyo, ngo abantu bisiga amavuta avuye kwa shetani , ikuzimu, jewe ngiye kubibaza aba kristu bandi mpora mbona bashaza , ndababwire ko nabo bisiga ivyukuzimu , mureke gucanganirwa mwamadinimwe
@alinaalina3089
3 жыл бұрын
None uwo yavugishijwe cank yeretwe umviriza vyose yariko avuga ivyo yabonyeyo wewe ntiwatahuye nahubundi ho bigiy kuguma pe
@yesuarankunda4492
2 жыл бұрын
@@kwizerayvonne1950 kuja mwijuru surufatanamende umuntu wese azobazwa ivyo yakoze kuruhande rwiwe kandi ntamuntu aforesaid maquillage azogenda arihonyoyemwo uwogomba yondondera jewe nkamushingira intahe yavyo rero uwezwa niyezwe uwandura yandure
@antoinettempaimana2724
2 жыл бұрын
@@kwizerayvonne1950 kumenga vya kubabaje nwizina rya yesu nawe yavuze uwemera yemere uwuhakana ahakane ntagahato reka ndakubwire yvonne ivyo twanbare vyose vyishi sivyo ngaha nwisi utagiyeyo ngo uvyibonere bira goye gutahura reka wenyene abitwibwirire uwe mera yemere uwuhakana ahakane ico nzico yesu ntasinziriye asinziriye gato twese twoba dupfuye