Intahe ya HAKIZIMANA Edouard.narakuwe mumubiri njanwa mwijuru ndabona Imana

Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri watsap)

Пікірлер: 6

  • @ndayiherejeemmanuella7244
    @ndayiherejeemmanuella72444 жыл бұрын

    Amen Imana iguhezagire cane natwe udusengere kugira duhabwimbaraga zo kunesha tuzzogere mu ijuru

  • @divineniyonsaba3587
    @divineniyonsaba35874 жыл бұрын

    Imana idutabare tumenye igihe tugezemwo kuko plus amajambere atera yiyongera plus agakiza kagabanuka muba Kristo,bakunzi b'umusalaba turabe tube maso ntidutwarwe nibigezweho nko ijambo ry'Imana ribitwibutsa mu baroma 12,2.

  • @mertushatungimana8610
    @mertushatungimana86105 жыл бұрын

    Yesu nimwiza pe

  • @Magnifique1234
    @Magnifique12344 жыл бұрын

    IMANA ISHIMWE, ariko muje mufasha aba bantu ibintu babivuge ku murongo,bibe claire ,akiri umwana agira iyerekwa,mumyaka ingahe yatangiye kuvuga ubutumwa? Ahandi yagiye mwijuru mubuhe buryo? Yarapfuye ?yarerestwe?,yararwaye? Imana ibashoboze bifasha abavyumva iyo ibintu biri kumurongp.

  • @mertushatungimana8610
    @mertushatungimana86105 жыл бұрын

    Hanyuma icimanigomba nivyiza kuzura mpwemu yera umuntu akihana neza kuruta kwishimiridini

Келесі