Intahe y'Umukobwa mwiza atwiganiye Struggle yahuye nazo mubuzima bwiwe|| Iga neza uwo mugiye kubana

Ойын-сауық

#royitv #urukundo #imibano #lovestory #music #fizzo #satb #bujumbura
Gukomera,kudacika intege guharanira kuba inyankamugayo|| Bellan Mirandan.

Пікірлер: 77

  • @user-xm4ky2sg3c
    @user-xm4ky2sg3cАй бұрын

    Wow murakoz kweli IMANA IKOMEZE KUBANA Namwe Hma Royi Tv twoshobor kuronk numro yiwe Kuko She can opn th teen's eyes of nowdays. Murakoze

  • @ndayisabaegide6739
    @ndayisabaegide67392 жыл бұрын

    Birababaje ariko Imana Ishimwecan koyakurinze murivyose kandi Ikaguha kwihangana . Nugusenga Imana Igukomeze nacane cane muvyayo kuko Ivyisi vyo birashira vubacane

  • @pacifiquehabonimana2324
    @pacifiquehabonimana23242 жыл бұрын

    Thanks dear Mirandan, So this testimony make our sisters in the otherworldly mindSet& Tkx Chita from Burundi Urikubikora neza.

  • @delphinniyogusaba2877

    @delphinniyogusaba2877

    2 жыл бұрын

    Haaaaa Respect Big Bro

  • @nbbossburundi
    @nbbossburundi2 жыл бұрын

    Yooh birababaje cyan bisaba kwihangana gs

  • @motherofthegreatlakes6297
    @motherofthegreatlakes6297 Жыл бұрын

    Imana ishimwe ko wewe na mama, nwawe nubwo parcours zabaye izisa, mwamenye Imana. Kandi Imana izogushumbusha. Ubaye impanuro nziza abakobwa bakiri bato. Keep moving; keep climbing!

  • @johalirankunda6618
    @johalirankunda66182 жыл бұрын

    My sisi urandijije

  • @niyibiziyvette8094
    @niyibiziyvette80942 жыл бұрын

    Yooooo🙆🙆🙆🙆

  • @georgeruvugo8410
    @georgeruvugo84102 жыл бұрын

    Wabay intwari 💪💪💪

  • @ndayishimiyedevote4696
    @ndayishimiyedevote46962 жыл бұрын

    Mrci bcp bella kumpanuro uduhaye,gusa nyene birababaje,mugire umugisha.

  • @niyokwizeraeuphrasie6690
    @niyokwizeraeuphrasie66902 жыл бұрын

    Yooo pole sana dada pambana imbere niheza Imana irikumwe nawe

  • @irankundajustine7106
    @irankundajustine71062 жыл бұрын

    Kino kiganiro cari kirekire imana ishimwe ko ndagihejej kandi cari kiryoshe cane gose mushishikar kutuzanira ibindi biryosh kurush kino kiganiro💞💞💞

  • @delphinniyogusaba2877

    @delphinniyogusaba2877

    2 жыл бұрын

    Cakwigishije none

  • @jacksonirankunda4596

    @jacksonirankunda4596

    2 жыл бұрын

    🤣🤣

  • @irankundajustine7106

    @irankundajustine7106

    2 жыл бұрын

    @@delphinniyogusaba2877 ego canyigishije

  • @user-ri2kc4xs3l
    @user-ri2kc4xs3l24 күн бұрын

    Bella,imana igukomeze,kandi ivyawe ibihe inyishu nziza

  • @joselinehappinessndayi2708
    @joselinehappinessndayi27082 жыл бұрын

    What, a very touch story. May almighty God bless your heart beautiful young lady!!

  • @joselynejose2951
    @joselynejose2951 Жыл бұрын

    Sha birababaje😭😭😭😭😭 ariko courage ko wamenye imana izogushumbusha umurengera🙏🙏🙏🙏

  • @nimpayeannick6679
    @nimpayeannick66792 жыл бұрын

    Courage ma belle izogushoboz murivyose

  • @zalyzayi5667
    @zalyzayi56672 жыл бұрын

    Bella ndagukunda cane uvyumv

  • @anealane7313
    @anealane73132 жыл бұрын

    Ukuri kuzuye Bella ♥️nshima ko Wakuze ukitahura 🤝

  • @evaristentunzwenimana3674
    @evaristentunzwenimana36742 жыл бұрын

    Bella pole san ivyo birashika knd ko vyakubayeho twizereko vyakwigishije nawe bizogutuma kumenya uko ufata abana uzotunga mururwo rwawe

  • @zalyzayi5667
    @zalyzayi56672 жыл бұрын

    Yooo por sana bella warahuy nibibazo vyishi nikwihàngana

  • @burundimagazine3149
    @burundimagazine31492 жыл бұрын

    Mubakunda cane Kandi ndifuza Kubakumwe namww

  • @delphinniyogusaba2877

    @delphinniyogusaba2877

    2 жыл бұрын

    Thank you so much

  • @fathymosscooking6755
    @fathymosscooking67552 жыл бұрын

    😢😢😢😢😭😭 icingenzi Nuko waronse isomo rondera inoti ndizeyeko Imana izoshitsa indoto zawe ubu ufise 😢abahungu ntibamenyerwa ninzoka zihisha 🤔🤔🤔nabandi baze batore isomo abahabuka sikirakintu gisayangana ngo ninzahabu wapi kbs

  • @odietck9547
    @odietck95472 жыл бұрын

    Pole sana😭😭😭😭

  • @user-mp4rp6iz4t
    @user-mp4rp6iz4t10 ай бұрын

    MIRANDA turamukunda arashoboye kabisa muri street Quiz😂😂😂 kumbe waraciye mubintu bikomeye

  • @adelinadn2628
    @adelinadn26282 жыл бұрын

    Pole sana Imbere ni heza Courage 👏👏👏Ne lâche pas

  • @bellashakaryimana3828

    @bellashakaryimana3828

    2 жыл бұрын

    Merci bcp

  • @mugaberobert7566
    @mugaberobert75662 жыл бұрын

    nihatali kweli biteye agahinda

  • @delphinniyogusaba2877

    @delphinniyogusaba2877

    2 жыл бұрын

    Noma

  • @johnbody766
    @johnbody7662 жыл бұрын

    Ivyago vyama munzira wihangane gusa urabona kwimana yabikoze ugakura ntuzobe nkamukaso niwashika kumugabo usanze afise uwu'di mwana

  • @user-jz5jr7uq2g
    @user-jz5jr7uq2g2 жыл бұрын

    Courage ma belle sœur chérie 💞

  • @dudusteven
    @dudusteven2 жыл бұрын

    Waooooo ninkuru shule kl

  • @delphinniyogusaba2877

    @delphinniyogusaba2877

    2 жыл бұрын

    Wize musaza

  • @alphajay2333
    @alphajay23332 жыл бұрын

    Yooo kumb wavuye kure disiii Ark courage uronder inoti

  • @clementineniyonkuru1685
    @clementineniyonkuru16852 жыл бұрын

    Pole sana nothing 2 say

  • @alicenana5495
    @alicenana54952 жыл бұрын

    Mpise ndira nukuri😭😭😭😭😭

  • @gabbynzoyisaba9207

    @gabbynzoyisaba9207

    2 жыл бұрын

    Story y'Umuntu n'Ibanga!

  • @annettentiranyibagira7651
    @annettentiranyibagira76512 жыл бұрын

    Birababaje vrt😭😭

  • @delphinniyogusaba2877

    @delphinniyogusaba2877

    2 жыл бұрын

    N hatali nugusenga

  • @clarissekk2978
    @clarissekk29782 жыл бұрын

    Nice

  • @rahayiroi9298
    @rahayiroi92982 жыл бұрын

    Ubuzima nishuri umuntu acamwo kandi uvyakira ukonyene Imbere hakaba heza

  • @yoyaeric3533
    @yoyaeric35332 жыл бұрын

    Kazi nzuli kwako Delphin kutuzanira uwo mwigeme

  • @camaradekiyagisterapper1023
    @camaradekiyagisterapper10232 жыл бұрын

    Love from Olikingpro

  • @delphinniyogusaba2877

    @delphinniyogusaba2877

    2 жыл бұрын

    Big up Oli

  • @mpawenimanaaline6576
    @mpawenimanaaline65762 жыл бұрын

    Pole iyisi nikmeze. Hama nivyiza kabakobwa twese habamurugo cank tutararuronk nukuronder tugakura amaboko mumpuz mukaraba kobatazotwubaha

  • @kamswazama
    @kamswazama2 жыл бұрын

    Big up sana watu wa Royi TV kwasapoti zenu🤜🤛Mungu IKO pamoja n'a nyi

  • @delphinniyogusaba2877

    @delphinniyogusaba2877

    2 жыл бұрын

    Thanks bro

  • @camaradekiyagisterapper1023

    @camaradekiyagisterapper1023

    2 жыл бұрын

    Amen Kam' s Farasi

  • @bellashakaryimana3828
    @bellashakaryimana38282 жыл бұрын

    Ubuzima ni urugendo rurerure bisab kuba umuntu udacika intege uko vyob bimez kwose

  • @johnbody766

    @johnbody766

    2 жыл бұрын

    Warakoze kwihangana kk nivyo vyatumye ukura inyuma yimibabaro iminezero iba myinshi

  • @bellashakaryimana3828

    @bellashakaryimana3828

    2 жыл бұрын

    Nivyo ubu nagize umutima wintare udashobor gucika intege

  • @uwerajulia7743

    @uwerajulia7743

    2 жыл бұрын

    Kubaho kumuswi ntago Ari impuhw zagaca be strong for me my love

  • @alphatheo7711
    @alphatheo77112 жыл бұрын

    Ooooooh😭😭😭

  • @delphinniyogusaba2877

    @delphinniyogusaba2877

    2 жыл бұрын

    Respect Brother Téo first comment

  • @iyaflorence
    @iyaflorence2 жыл бұрын

    Nihatariii Kweli

  • @oliviershokano3167
    @oliviershokano3167 Жыл бұрын

    Pol san sister guca mubikomeye bitum uba uwukomeye

  • @manirambonajosiane3487
    @manirambonajosiane34872 жыл бұрын

    Twafashijwe mukomez

  • @nimpagaritsepatrick2166
    @nimpagaritsepatrick21662 жыл бұрын

    💯

  • @evaristentunzwenimana3674
    @evaristentunzwenimana36742 жыл бұрын

    Abahungu nkabo bavyara ntibarere bikebuke peee knd bibukeko guhemuka ari icaha gikomeye gose

  • @bayiramyedanielkolenda2141
    @bayiramyedanielkolenda2141 Жыл бұрын

    Just story of life

  • @pyarkeydonya7715
    @pyarkeydonya7715 Жыл бұрын

    🙆🥺🥺🥺

  • @jeandedieuirankunda7402
    @jeandedieuirankunda7402 Жыл бұрын

    Birababaje can bagezi

  • @renettewadamien2299
    @renettewadamien2299 Жыл бұрын

    Ubuzima butoroshe benshi became iyo barezwe nabamukase

  • @alicenana5495
    @alicenana54952 жыл бұрын

    Yooooo😭😭😭😭

  • @sandrineirankunda4270
    @sandrineirankunda42702 жыл бұрын

    😭😭😭😭😭😭😭😭😭

  • @Innocentciza
    @Innocentciza2 жыл бұрын

    Nice work Chita du BURUNDI ubu yabonetse kuri screen courrage

  • @delphinniyogusaba2877

    @delphinniyogusaba2877

    2 жыл бұрын

    Umusoda Ndavuzengo Yubahwe

  • @loislouiseniyakire1803
    @loislouiseniyakire18032 жыл бұрын

    Hhhh, ewe Bella uradutwengeje.

  • @alexisniyongabo1775
    @alexisniyongabo1775 Жыл бұрын

    Pol san mubuzim bibaho bibe vyarakwigishije

  • @evaristentunzwenimana3674
    @evaristentunzwenimana36742 жыл бұрын

    Bavyeyi mwumve ko ivyo mukora murugo vyose atari vyiza bikomeretsa abana banyu kwel none mwumva murugo rwabana banyu bazubaka ruzohava rukomera knd mwaberetse ingesombi?? Twikebuke bavyeyi

  • @delphinniyogusaba2877

    @delphinniyogusaba2877

    2 жыл бұрын

    Bitubiricigwa

  • @nimpayeannick6679
    @nimpayeannick66792 жыл бұрын

    Ma uvuzukr nukr turinyuma yaw mamy

  • @rahayiyabese486
    @rahayiyabese4862 жыл бұрын

    Ubukene buragacindwa

  • @delphinniyogusaba2877

    @delphinniyogusaba2877

    2 жыл бұрын

    Eeeh go cane Boss