Intahe y'abana b'umudiaspora wo muri Amerika yubakiwe na BMBC.

BMBC ikora ibijanye no kwubakira amazu abarundi baba mu Burundi canke bakorera mu mahanga #Burundidiaspora kuva mu mwaka wa 2012.
Murashobora kuvugana nabo mu bijanye na Architecture na Construction kuri contacts zikurikira:
-Email: Info@bmbc.bi
-Whatsapp: +25779500227
-KZread:BMBCburundi
-Siteweb:bmbc.bi
Mukoranye na BMBC muba mushigikiye imiryango myinshi y’Abarundi basanzwe bakora muri iryo shirahamwe.
Mwokwibuka kandi ko mushobora kandi kugura amazu kw’ideni muri BMBC muri projet #BMBCHOMES.

Пікірлер: 4

  • @-vj7os
    @-vj7os2 ай бұрын

    Muyobozi ndavye ishaka ufise nibikorwa umaze gukora baguhe amashurwe yawe.

  • @Ida35715
    @Ida357154 ай бұрын

    Murakoze. Muzodufashe mugire amélioration ya site internet yanyu pour mieux naviguer (surtout ku bantu twipfuza kuba contacta après avoir se renseigner sur vous, vos ptojets déjà réalisés). Merci.

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196Ай бұрын

    Nmwuback buja yonse komwacyiye mu be ireka inyiburundi ninhorane muriko mwigana urwanda😅😅😅😅😅😅atahomuragera😅😅😮

  • @SadikiBitangimana
    @SadikiBitangimana4 ай бұрын

    Murazi kubaka ariko nibiciro muzoze murabivuga bituma abantu baba attractive.

Келесі