Intahe nziza/Abasore ninkumi bantege amatwi cane/Imana yampaye umudame amugaye/insezeranira umugisha
Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#INTAHE #UMUCO_WERA_TV
Пікірлер: 8
Amen
Murakoze cane IMANA yacu uwuyironderanyumwete iramwiyereka ihabwe icubahiro cose
Ndakwibuka Dismas ncuti yacu i muyinga.
❤❤❤❤❤❤
Jew nashaka nsabe abakozi bIMANA bo kumuco wera tv baduhe intahe yabo nabo twumvivyIMANA yabakorey batubwire uko biyumviriy gutanguza iri kwizabutumwa ririko ribohora benshi.vyatanguy gut?mwavyiyumviriy gut?oya nimuduhintahe yanyu turayinyotew p girumugisha
@ndayiherejeemmanuella7244
4 жыл бұрын
@@UMUCOWERATV2021 murakoze ariko muzobicishe nongaha kugira abatazoza muriyo seminaire tuvyumv tunababone kuko tuguma twumva ijwi gusa
@chrisskelos3832
4 жыл бұрын
Ego Ico nico,tuyishaka ngaha!!??
@user-zq7nl1oo2z
2 жыл бұрын
Muranyubaka Nkafashwa. Tubasabe muzoze mudushirorako numero zabashinzintahe muzoze muzisigako.