INTAHE IKOMEYEE/ UMWANA YAVUTSE AMAZE IMYAKA 3 NAMEZI 9 MUNDA//UMVIRIZA UGUKOMERA KWIMANA
Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#INTAHE #UMUCO_WERA_TV
Пікірлер: 49
Yesu ashimwe Yesu ashimwe 🎵🎶🎼 nukuri ibibazo ducamwo uyumunsi n'ubuhamya bw'ejo 👏
Imana Ishimwe cane kumara imyaka 3 namezi munda !!!nigitangaza c'Imana
Imana yacu irahambaye 🙌🙌🙌
Yesu yabanyr natwe Kandi aradukunda
UHORAHO ahabw'ICUBAHIRO
Yesu ashimwe cane
Imana yishura hageze irakundana
Ni igitangaza c,IMANA!!! Amashimwe n' icubahiro ni ivy' IMANA ISUMBA vyose. Amen!! Amen!! Mbega umwana mwizaaaaa!!! YESU Kristo ashirwe hejuruu
@holinessphiladelphia8891
3 жыл бұрын
Sophie nukuri nugende kureba imburi ya bantu bubatse irakomeye kwi channel ya pascasie ndagukunda
Imana irahambaye nukuri Muvyeyi Hezagirwa cane
Imana yarakoze cyaneee icyubahiro nicyayo
Yesu ntakimunanira iri hejuru ya vyose.IMANA narayibonye
@sandyk4966
3 жыл бұрын
AMEEEN🙏🏾🙏🏾🙏🏾
Irisa pe👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏
@dianensanimfura580
Жыл бұрын
Gloire à Dieu
Ntangariye Imana yo mw ijuru.Nongeye gufata ingingo yo kuyigumako ukundi gusha
Imana yo mu ijuru ihabwe icyubahiro,tukuzamuriye amashimwe mana kubyo wakoze
Imana dusenga irakomeye
@holinessphiladelphia8891
3 жыл бұрын
Imburi imburi ya bantu bubatse kwi channel ya pascasie ntimutangwe
IMANISHIMWE Cyane Yarabikoze.
Ukwizera kurarema
Yesu nanone nubu aracakora
Imana irashoboye
Yesu ashimwe ndabinginze mugende kureba imburi imburi ya bantu bubatse yemwe irakomeye cyane ni kwi channel ya pascasie /ndabakunda cyane
Imana yarakoze.
IMANA yarakoze Maman Claudia nukuri , iragahezagirwa,
Imana ishimwe caane yarakoze, ni umfasha atabura guseruka mu magorwa iyo umuntu ayizigiye
Mwarabonye Imana, ikora ibikomeye iragahezahirwa
Amen ninyamaboko Iman yacu
Shimwa Mana ibihe vyose
Urinkuru Mana.
Habwa Icubahiro Mana
Ameen
Amen.
God's wonders shall never end
guharira umuntu nguyo biragoye ariko nukubikora ntaho bigoye
Muvyeyi,Imana iguhe umugisha Caan,turumvise kw'Imana yakoz Ibikomey Caan,Hama ndatuy umutwaro w'umuntu arimubihe nkivyo mwaciyemwo, ndabasavy muz mumusengere
@holinessphiladelphia8891
3 жыл бұрын
Imburi imburi ya bantu bubatse kwi channel ya pascasie ntimutangwe
@janetgaaj2705
3 жыл бұрын
Imana ni nziza muvyeyi lmana yakoze kugutabara
@janetgaaj2705
3 жыл бұрын
Imana igira neza caneee
@holinessphiladelphia8891
3 жыл бұрын
Janet Gaaj janet nugende wumve imburi ya bantu bubatse ikomeye cyane kwi channel ya pascasie
@kamarizaalice3351
3 жыл бұрын
Amen, icubahiro nikib icayo ibihe bidashira.
munyishure warajaga mubutinyaga?
NB.munitumienamba za telefon zahuyo mtumishi wangu. Ili nasisi atusaidie
none iyomyaka yose umwana yakumaze munda wabonaga amaraso?