Intahe ibabaje//Nafashwe ku nguvu n'UMUTINGANYI(Pédé)//Uko vyatanguye//Ibikomere nagize//Ikibabaje

Ойын-сауық

Intahe ibabaje//Nafashwe ku nguvu n'UMUTINGANYI(Pédé)//Uko vyatanguye//Ibikomere nagize//Ikibabaje
‪@NtareRushatsiHouseTV‬

Пікірлер: 166

  • @kalyka4107
    @kalyka4107Ай бұрын

    Ndagarutse kugira commentaire kuri Juste Gael nawe. Nukuri ingene wamwumvirije, ukamuha ikibanza, uga respecta ama silences vyafashije kugira atange temoignage neza. Good job!

  • @clarissabellaterimbere6073

    @clarissabellaterimbere6073

    Ай бұрын

    nukur yamufashij kwiyugurur aramuh n umwany wo kuvuga.

  • @dondavinishimwe1417
    @dondavinishimwe1417Ай бұрын

    Uyo ni NDAMWUMVANEZA bamutazira LAMDA yabikoreye benshi ibujumbura cane cane mu ngagara ( muri nord) ariko wewe yaba mu kinanira 3 yagenda kubikora kure yahaba kugira ntibimenyekane muga vyaramenyekanye en 2015 arahunga acaja mu Rwanda nubu abikorera benshi kigali, ikibabaje nuko yabahendesha amahera kera mu burundi nubu kigali impunzi nyinshi zabasore azihendesha amahera azitesha umurongo, azibuza kugira ico zimariye. Turasaba abamuzi bamukubite intahe mu gahanga, i kigali abikora yinyegeje nabana bakiri bato can bari munsi nabiwe, aratwiciye abana. Ni umugabo yubatse afis abana bane, akaba ari Papa Quintia, Kenzo, nabandi babiri baririmba muri canada, umuryango yawuhungishije muri canada kubera ibimuvugwaho, umugore yariyakiriye ko yaramenye ko atunze ikimuga c'umugabo. Murabo abikorera hari nabo akomeretsa abishaka bikabaviramwo Sida hari cas nyinshi zabana barira bari entre 12-28ans.

  • @GATE2-uo8dl

    @GATE2-uo8dl

    Ай бұрын

    Hariho amakosa aremereye cane akenera guhanwa kugira societe itabarwe. Iyo societe nyene ariko dutegerezwa no kuyikingira ingaruka mbi zikomotse kuguhanira inkozi y.ikibi kumugaragaro . Kuko hari abandi baca baja mubibazo sociles bikica imitima myinshi . Nivyiza rero kugumana ibanga ry.izina . ( denoncer en gardant l anonimat du malfaiteur ) . Ahubwo izina rivatangwa ku bajejwe guhana icaha . Tuze turashira aha bona ivyaha . TUREGE I NKOZI Z.AMABI AHO BIBEREYE . Kugira ntitwice iyindi .mitima.

  • @lisaanddarlene19
    @lisaanddarlene19Ай бұрын

    Bravo Andy. Tu es courageux, merci pour ton témoignage nzi neza ko iriko ifasha abandi. Na the host; chapeau à toi. Wabajije neza, uramuha umwanya wo kwi exprima.

  • @VaC006
    @VaC006Ай бұрын

    It takes a great amount of courage kuvuga ivyagushikiye. You are probably at peace with yourself Kuko abarundi urabazi niho babona iki kiganiro. Peace and strength my guy 💪🏿💯

  • @user-wr8im7dp6e
    @user-wr8im7dp6eАй бұрын

    Pole kabisa umuvyeyi wawe yagiye ukiri mutoyi twarabanye ukuri muto cane uyo muntu biransiga ukuntu shetani tutayifashe ngo tuyambike pneus izuba ryaka kko ivyo yavuze nivyo son papa yaragerageje vraiment ndishimye kumubona asigaye arumusore imana ishimwe vraiment

  • @Buja2573
    @Buja2573Ай бұрын

    Kuri 30:40, Andy The term you were looking for is **dissociative amnesia**. This condition involves an inability to recall important personal information, usually of a traumatic or stressful nature, that is too extensive to be explained by ordinary forgetfulness.

  • @user-jf1xy7yu1e
    @user-jf1xy7yu1eАй бұрын

    Oooh Andy mpore mpore ,je nahor nkubona mungagara sinarinziko wabbajwe bigeziyo,Yezu akwomore icogikomere cubupfuvyi nugufatwa kunguvu.ndagusabiy Ku Mana umugore atanzwe nijuru niwe yokumara iyo mibabaro kndi merci bcp k watimvye ukabivuga bifashije benshi!!!Yezu aguhezagire caaaane

  • @user-fg6kd4rx6f
    @user-fg6kd4rx6fАй бұрын

    Imana ishimwe ko yakurokoye, urafashinjabantu knd urahumuye amaso kubakumva, vyose rero nukwiherezi Mana nokwitwararika uruvyaro tukarwaminzako amaso mubihe vyose, ego kuja kuramukanya mumiryango haraba amasanganya yomwibanga nanje vyarambayeko umukobwa kumukobwa narinki myaka 11 knd kuri mutoya wanje wo kwa maman wacu bibonekako wewe yarabibayemwo nku mu metre kuko iwabo batunga abantu beshi rero Imana iziko iturokora, nisanze ntasubirayo kubaramutsa muri vacanse kandi umuvyeyi wu mu maman narakimubwiye arantahura ingituma nanka kujayo

  • @ineskid1321
    @ineskid1321Ай бұрын

    Mporeee kandi mporeee caaane! C'est vraiment très courageux de partager ton témoignage dans un contexte comme le nôtre

  • @sereine-marienkuyehasi3009
    @sereine-marienkuyehasi3009Ай бұрын

    C’est très courageux de s’ouvrir au monde et nous partager d’une blessure aussi grave et profonde 😰💔 Que le Seigneur vous donne une guérison complète 🙌🏾

  • @kenfloryndayirukiye496
    @kenfloryndayirukiye496Ай бұрын

    😧😧😧😭😭 burya birateye ubwoba ivyamushikiye. Ndabuze uko nifata imbere y'aya majambo ashikirije muntahe yiwe. Yarakorewe ikibi kirenze gutera ubwoba. Ico nkunze ariko Imana irazi gukiza abayizera, vy'ukuri gushobora gushinga nk'iyo nk'uko wayidushingiye n'ibigaragaza neza ko Imana yagukijije imibabaro y'ikibi wakorewe. Uri umugisha kuri benshi kuntahe utanze.

  • @doomedinscrolling3587
    @doomedinscrolling3587Ай бұрын

    Merci pour ton poignant témoignage cher jeune homme, bisaba inguvu gusangiza inkuru nkiyi surtout muburundi ! Ukomere cane kubivuze warakize kandi turashimiye juste Gael numu journalist mwiza cane

  • @juvenalndayisenga2144
    @juvenalndayisenga2144Ай бұрын

    Chombo urumugisha nukuri kuba ushobora kwatura ivyabay....uri umuti kuri benshi. More than conquerors. Imana iguhezagir Berincuti

  • @nicolendabateze6307
    @nicolendabateze6307Ай бұрын

    Hashimwe Yesu yagusamye kare Andy. Wakoze kudusangiza temoignage yawe Imana iguhe future nziza birenze uko uvyibaza

  • @user.6793
    @user.6793Ай бұрын

    Andy man (Wilson) yooo twariganye sha ndamuzi....merci pour ton témoignage ndazi ko izofasha benshi.

  • @jesusdaugt20
    @jesusdaugt20Ай бұрын

    😢😢😢 ingene uri umuhungu mwizaa shaa Imana izoguhe urugo rwiza bambiiiiiiii

  • @msn-zv9oe
    @msn-zv9oeАй бұрын

    Je te trouve tellement courageux,et les gds combats Dieu les donnent à ses gd guerrier🫂🫂🫂🫂🫂🫂 IMANA igukomez cane

  • @arsenemugabo1436
    @arsenemugabo1436Ай бұрын

    Wilson ndamuzi kuri St Albert ariko umukozi w’Imana mwiza muri Groupe Biblique

  • @AURIN.OFFICIAL
    @AURIN.OFFICIALАй бұрын

    WOWWw!!!! Tu viens de donner UNE BONNE DÉFINITION 'AGAKIZA ICARICO MUMAJAMBO MAKE CANE!!!.....👏👏BE BLESSED !!!

  • @odettekabanyana8200
    @odettekabanyana8200Ай бұрын

    Imana ihora ariyo kwizera nukuri,,,,,,iyi témoignages inkoze ku mutima pe

  • @user-jp6kq4hj4r
    @user-jp6kq4hj4rАй бұрын

    Wakoze kudusangiza ibihe bitoroshe wabayemwo Andy. Mpore mpore. Imana iconyikundira iromora ibikomere vyacu. Komera kuyishingira intahe ingene yakubohoye. Urakoze gukiza ababoshwe nako kabi kabishe n'imiryango mu kingiye mwe na Gael imana izobibahembere igikogwa Ciza mwakoze

  • @kiki_official2577
    @kiki_official2577Ай бұрын

    Sinogenda ntavuze ijambo chèr ami wilson ami d'enfance nagomba mbaze nkubarire nti mpore mpore vremant pole gose uwo muntu si il existe encore nk'umu christu uratanga imbabazi vrema c touchant et terrible ndakuzi kubera uri umurwaneza vremant mpore mpore.

  • @bizindavyidavid3596
    @bizindavyidavid3596Ай бұрын

    Merci bcp Andy. Iyo ntahe yawe iratwubatse twese. Itubereye n'icigwa kidasanzwe kuri twese abavyeyi n'abakuze. Abantu babiciyemwo, canke ababiziko izindi ntahe, ko botinyuka bagafata ijambo maze tukava mugacerere imico yacu yatuzingamitsemwo ngo "hari ibitavugwa" ngo "ceceka ntutumaramaze". Merci bcp Andy. Imana yaragukomeje, none ubu uriko uraba inyishu kuri benshi.

  • @sandraoselin
    @sandraoselinАй бұрын

    Andy je me rappelle de toi à l église Zion temple uri um interprète du prophète Francis Joël tatu 😢May God heal you❤

  • @Godsmasterpiece364
    @Godsmasterpiece364Ай бұрын

    12:00 =umuntu ntakizwa ivyakora ,umuntu akizwa icari 🙏🙏👌👌

  • @Kakakakmmmmbbbbb
    @KakakakmmmmbbbbbАй бұрын

    Mana uri mwijuru dusavye uburinzi bwawe kubana bacu nukuri

  • @Alicianina4
    @Alicianina4Ай бұрын

    Merci Andy Imana igukomez ncuti biteye ubwoba.Gael naw merci ukoze ikiganiro neza cane.coup d chapeau

  • @bsninja3889
    @bsninja3889Ай бұрын

    Bonjour, merci pour l'émission. En Occident on appelle dissociation ivuye kuri choc émotionnel. Quand c'est de l'oublie bayita amnésie traumatique. Avec le temps biraduga, bigaca bigirira nabi ubuzi ukuze. Benshi ino bariko barabicamwo kandi benshi barakira nka votre invité. Merci à lui

  • @BernieBizimana
    @BernieBizimanaАй бұрын

    Imana umuhezahire imukomeze Andy kuriyi temoignage atanze, ifasha benshiii babiciyemwo gutahura. Kandi nimviza cane ingene ari sincere mukubivuga, Bravo!

  • @anicettanyoni5348
    @anicettanyoni534822 күн бұрын

    Ikiganiro ciza cane

  • @karangwa2315
    @karangwa2315Ай бұрын

    uyu muhungu yitaye neza mukiganiro ntacyo navuga kuri uyu mugabo yafashe courage yo kuvuga ibintu nkibi ndabizi ko hari abantu benshi cyane babina badashobora kubivuga bravo ufashije benshi cyane c enorme c que tu fais pour les gangs qui parlent Kirundi & Kinyarwanda ariko biraboneka ko byagukomerekeje cyane kandi byaguszemo imvune zo mumutima zikomeye ariko kuvuga ibi bintu birakwiye ko nabantu bamenya ko bibaho

  • @appolineniyonkuru9157
    @appolineniyonkuru9157Ай бұрын

    Sincère muvyo uvuga,urumunyakuri,wagize neza kuntahe bidufasha uko dukurikirana abana bacu. Intahe nziza caaaaaaane. Kutareka abana bacu kwinjira mumihana uko bagonvye, gukundisha Imana abana bacu

  • @Sk-ii7ou

    @Sk-ii7ou

    Ай бұрын

    Simumihana gusa, bishobora gukorerwa nomumazu yanyu, et c est très dangereux gusumvya kuko uwomuntu abamufiseko accès 24h sur 24, 7jrs sur 7

  • @Justelineinabigos

    @Justelineinabigos

    Ай бұрын

    Nibaza ko kuganira nabana uko gera ukabumviriza. Bakumva ko bashobora kukwitura muri vyose na hose arivyo nyamukuru. Kuko nkuko yabivuze ivyo umwana atazi ntanamenya nuko ari ikosa Kandi iyo muhira atakiganiro kihaba ngo mubazanye uko umunsi wagenze numunota umwe hagize ikiba kaba akamizwe ningoma hama bikamenyekana amazi yarenze inkombe...

  • @kanamugirekeza
    @kanamugirekezaАй бұрын

    Imana iguhe kuzoronka force yogu healinga courage thank you for sharing your testimony… Juste Gaël, you have my respect thank you for giving him a safe space kugira atange témoignage yiwe nabandi barundi bazoze barakurabirako bige guhora uyundi muntu ariko aravuga 🙌🙌🙌🙌 merci encore

  • @dollarswiz9
    @dollarswiz9Ай бұрын

    Abadayimoni bafise amayeri meshi kandi bari très persévérants,nimba akiriho uzomubwire ijambo ry'Imana n'umukozi wa satani wo kugwego go hejuru

  • @bdreams2793
    @bdreams2793Ай бұрын

    Mutama Mpore cane kabisaa m abana bacu imana ibafuke cane M uri umu star kabisa kwatura bingana aho nubuntu bw Imana

  • @Alinakeyla
    @AlinakeylaАй бұрын

    Justice yacu nuko iri faible si non bari bakwiye kurondera uwo muntu yamu viola bakamukurikirana kuko ubu amaze konona abana benshi inyuma yawe.

  • @mutimaloic4126
    @mutimaloic4126Ай бұрын

    IMANA NYENE AMAHORO Ize Iguhe iherezo ryiza. Nukuri ur'uw'agaciro canee..

  • @dinemahoro9012
    @dinemahoro9012Ай бұрын

    Gael wakoze cane gukora umwuga neza vyatumye umutumirwa ashobora gutanga ubuhamya mumuteze amatwi mudaca mumajambo .Good job Gael

  • @nkurabagayaemelyne1858
    @nkurabagayaemelyne1858Ай бұрын

    Merci pour le temoignage Yesu yaragutabaye agukura mu mwijima wa shetani yashaka gufutanya ubuzima bwawe ikiganiro kiramfashije cane mfise abana bato babahungu

  • @nachilon6529

    @nachilon6529

    Ай бұрын

    Barere neza

  • @bibikiki8437
    @bibikiki8437Ай бұрын

    Mbega inkuru ibabaj Pole sana muhungu mwiza wa Yesu. Kuba ubivuze birakuruhura some how.

  • @kanyangeassumpta5832
    @kanyangeassumpta5832Ай бұрын

    Abavyeyi ha umwanya, mubaganirize,mubagire abagenzi kugira mu gangner leur confiance. Les mamans Iyo role muyikore 🙏👏🏽.

  • @genestekwizerimana7816

    @genestekwizerimana7816

    Ай бұрын

    Murakoze cane turagerageza Kandi hamwe n'Imana vyose biragenda neza iyo Tuyiyambaje .

  • @nijembazisevigne6349
    @nijembazisevigne6349Ай бұрын

    Imana iguhe umugisha utagabanyije

  • @colombeirakoze1969
    @colombeirakoze1969Ай бұрын

    Umuntu ntakizwa icakora,akizwa icari👌👌👌👌 merci kuvuga uku kuri

  • @niyomutabaziisabelle3053
    @niyomutabaziisabelle3053Ай бұрын

    Iyo nunvise izi témoignage ngira ubwoba bwabana bariko bakura nigeze nokwunva umwana wumukobwa yabikoregwa numuyaya yakora iwabobo😭😭😭 nikibazo gikomeye Yesu abundikire Abana bacu 😭😭

  • @turibamweali8661

    @turibamweali8661

    Ай бұрын

    Uko nukuri nanjye mfite umuhungu wimyaka 15 ariko ubwoba bugiye kuzanyica pe !

  • @turibamweali8661

    @turibamweali8661

    Ай бұрын

    Isi yaranduye neza neza

  • @HoHnot-py1nj
    @HoHnot-py1njАй бұрын

    yesuweeeeeee hezagira uyumuhungu wawe atanze intahe kugira ng benshiiibabohoke kuvyamushikiye nawe😢😢😢kand Gael.nawe yesu aguhumugisha ingabire yawe uyikoresha neza murufasoni ntangere🎉🎉🎉🎉❤

  • @user-ny9kg3sr4l
    @user-ny9kg3sr4l3 күн бұрын

    Poool sanaa

  • @garythebeast3056
    @garythebeast3056Ай бұрын

    Waramenye IMANA koko kuko sivyoroshe kumuco w,abarundi twakuriyemwo ceceka bodutwenga kandi umuntu ababayeho nabi nukuri irinishuri uduhaye nkatwe abavyeyi nurwaruka ibaze vyabayeho ama fone atararwira ubunaho bigeze social media zararwiriye biteyubwoba

  • @lettynikundana8418
    @lettynikundana8418Ай бұрын

    Vrmt courage aho wahejeje gukira ko ushoboye kubivuga.en fait yaprofise mukanya ubuze umuvyeyi ushaka uwukuba hafi.pole kandi komera caneee ahukijije benshi

  • @kamanzikhadija3951
    @kamanzikhadija3951Ай бұрын

    Imana igufashe uzarangize urugendo kwinosi ugikijijwe

  • @arnaudthibautarakaza2492
    @arnaudthibautarakaza2492Ай бұрын

    Yaaaaaaah 😭😭😭 Wilson pole sana brother warahuye nivyago pe

  • @kezah1703
    @kezah1703Ай бұрын

    Big hug to Andy...May God heal you.. you are so courageous. Juste you are a great listener. Warakoze cane

  • @maxmarielndagano8971
    @maxmarielndagano8971Ай бұрын

    Bless you Andy. C'est très brave.

  • @ck8137
    @ck8137Ай бұрын

    Tres courageux !! Uhoraho agukizee forever!

  • @kalyka4107
    @kalyka4107Ай бұрын

    Mpore kandi bravo d'oser!

  • @ghysmirrah16
    @ghysmirrah16Ай бұрын

    Oh mpore cane Andy! Kandi YEZU Ashimwe cane Yagukijije! Et merci bcp pour ton courage no gushaka gufasha abandi. Et bravo Gael, émission wayi dirige neza cane. sujet yari très sensible nawe tu as été très professionnel, et respectueux mu kuntu wumvirije umu uinvité utamuciramwo. kandi wamubajijie neza cane.

  • @evelynejonsson8231
    @evelynejonsson8231Ай бұрын

    Mpore ❤

  • @FB-df6bp
    @FB-df6bpАй бұрын

    Bon courage Andy, Imana Ishimwe🙏♥️ Juste ufise sens ya écoute ni vyiza🙏

  • @teginezamilca2472
    @teginezamilca2472Ай бұрын

    Merci pour le grand courage kumutumire...mpore mpore🫂 Merci aussi kuri Juste Gaël ukuntu yitwaye kuri empathie kuri écoute iri attentionnée...Big shout out to you man👊

  • @Christa_Ingabire
    @Christa_IngabireАй бұрын

    Pole sana Yesu yomore ico gikomere ufis burundu😢😢😢

  • @felykanyange7909
    @felykanyange7909Ай бұрын

    Imana Iguhe Inkomezi Andy. Bisaba courage kugira témoignage nkiyo muri contexte y i Burundi.

  • @user-bj3bw8fc6y
    @user-bj3bw8fc6yАй бұрын

    Thanks Andy❤

  • @user-dj2zk9js7v
    @user-dj2zk9js7vАй бұрын

    Merci Andy Imana igihezagire yomore ibikomer vyawe vyose iyo ntahe izofasha beshi

  • @genestekwizerimana7816
    @genestekwizerimana7816Ай бұрын

    Mpore mpore mpore brother nukuri warakomeretse sana 😢😢😢😢mugabo Yesu Kristu Umwami Arahari Azokwomora ivyo bikomere vyose .

  • @MagnifiqueMANIRAMBONA
    @MagnifiqueMANIRAMBONAАй бұрын

    Pole Sana frère Andy.Imana Ihabwe Icubahiro Yagukuye ahohantu habi .kandi Yaguhaye inkomezi zokubivuga.

  • @niyonsabalulujoseph37
    @niyonsabalulujoseph37Ай бұрын

    Pole saaana brother Andy..

  • @christiemielladutasha
    @christiemielladutashaАй бұрын

    Il est très courageux ❤

  • @chelha
    @chelhaАй бұрын

    Bravo et prends courage Man of God, You're blessed beyond the measure ,thank you for sharing the story 🙏 ça va aider plus que tu peux l'imaginer

  • @Adidja257
    @Adidja257Ай бұрын

    Gael watekereje biteye ubwoba courage kandi wakoze cane Andy kutwigisha abavyeyi tuhabere maso tuzokwame tuganiriza abana😢😢😢 😢😢😢😢

  • @aimeesandrineuwimana2146
    @aimeesandrineuwimana2146Ай бұрын

    So.sad vraiment i have a friendly of Mine even him m a raconte le meme histoire mais lui vyar grave pm kubrr ntivyorosh yaragiy no kwamuganga 😢... reo nabahungu baragira ibibazo pe Imana idufashe cane

  • @gajou4491
    @gajou4491Ай бұрын

    Yoo Pole sane .. Love from Rwanda! Uzaze natwe utuganirize!

  • @hakizimanamwanaidi9293
    @hakizimanamwanaidi9293Ай бұрын

    pole sana kaka courage

  • @user-dn9jf4gf8y
    @user-dn9jf4gf8yАй бұрын

    Asante Sana 👏 kutuzanira Nelson

  • @huguettemahoro185
    @huguettemahoro185Ай бұрын

    Andy Imana iguhezagire! Le journaliste yubahwe!!!!! Ecoute yawe iri👌 perfect!!

  • @stellandacayisaba7267
    @stellandacayisaba7267Ай бұрын

    Imana ishimwe ko wabivuyemwo hari abandi baca babigumamwo

  • @JacksonNathaniel
    @JacksonNathanielАй бұрын

    Brother dh pole sana ila chakumshukulu mungu kwakua uliweza kuacha❤❤❤❤

  • @sarahgahomera8472
    @sarahgahomera8472Ай бұрын

    Merci Andy d’avoir partagé,Mpore et bravo d’avoir pu. Uri umutsinzi nokurushaho

  • @omansohar6135
    @omansohar6135Ай бұрын

    Imana yamahoro iturenger

  • @innocentemukangoga-jh6oj
    @innocentemukangoga-jh6ojАй бұрын

    Mpore mpore! Ababyeyi bagomba kuba inshuti z,abana babo mbere yo kuba ababyeyi.

  • @iradukundaange-kessy5361
    @iradukundaange-kessy5361Ай бұрын

    Thank you for sharing Andy🎉❤ Wakoze gutsinda Devil, Ukabivuga, Sivyabose Yes But you did it, Kandi bizofasha nabandi, super proud of you Bro❤

  • @ericakaneza7601
    @ericakaneza7601Ай бұрын

    Respect kuri Wilson agiz courage yogu sharinga story yiw....iyi émission ikwiy kuraba bcp plus abavyeyi kugira bamenye uko begera abana malgré ama responsabilités menshi baba bafis

  • @mariechantalitangishaka3189
    @mariechantalitangishaka3189Ай бұрын

    Courage kandi Imana Ishimwe ko yagukuye mumenyo yumuguzi wa nabi

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377Ай бұрын

    Iterabwoba ry'abagabo b'abarundi n'ico bizana. Abagore n'abana abahungu canke abakobwa baratinya abagabo na ba se. Bituma bataronka akaryo ko kuganira n'ababo botegerejwe gukingira....

  • @dollarswiz9
    @dollarswiz9Ай бұрын

    Andy,mpore kuko kubivuga bifise uburemere ariko satani aratsinzwe umumeneye amabanga Yesu akube hafi muhungu mwiza

  • @Saleh-mg8fr
    @Saleh-mg8frАй бұрын

    😢😢😢😢😢urakoze turafashijwe😢😢😢 Imana iguhe imuhisha

  • @angebuhungu8976
    @angebuhungu8976Ай бұрын

    Mpore cane

  • @ngendakumanawilly2159
    @ngendakumanawilly2159Ай бұрын

    Ikibazo gihari harukuntu abana babahungu batitabwaho ariko mubimenye abahungu barafatwa Ku nguvu bavyeyi kingire abana banyu

  • @estherchou2899

    @estherchou2899

    Ай бұрын

    That true😢

  • @Zian3103

    @Zian3103

    Ай бұрын

    😢

  • @janetkamikazi1861
    @janetkamikazi1861Ай бұрын

    Merci pour l'emission et merci Andy pour ton courage.

  • @hakizimanaviolette1564
    @hakizimanaviolette1564Ай бұрын

    Pol sana

  • @gufashanyaniragiryayesu9125
    @gufashanyaniragiryayesu9125Ай бұрын

    Humura musoremwiza YESU akomezekukwitaho

  • @jgateka
    @jgatekaАй бұрын

    sending lots of love and prayers your way Andy💓💓💓💓

  • @niyongabojules3784
    @niyongabojules3784Ай бұрын

    Merci Juste Gaël! One of your best interviews ever! ❤

  • @godsgrace6820
    @godsgrace6820Ай бұрын

    Son témoignage fait froid au dos mais très utile. Merci pour le courage

  • @NtirenganyaJoseph-db2mr
    @NtirenganyaJoseph-db2mrАй бұрын

    Birababaje 😢😢

  • @Sk-ii7ou
    @Sk-ii7ouАй бұрын

    Tu es vraiment courageux kubona washoboy gu temoigna ibintu nkivyo, benshi barahora, j espère ko bizofasha benshi cane kd bigatera un changement kuko ibi bintu vyogufatwa kunguvu umuntu akiri umwana nivyinshi cane kuruta uko twokwibaza, Imana iguhezagire

  • @ornellairakoze3512
    @ornellairakoze3512Ай бұрын

    🥺🥺🥺🥺🥺Mporeeee cane.....ukomere🙏

  • @belyseiriho5762
    @belyseiriho5762Ай бұрын

    Courage Andy ,Christo akomez kugukiza igikomere nukuri

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073Ай бұрын

    mpore gose,Yesu akomez kugukiza.

  • @yveshavyarimana3159
    @yveshavyarimana3159Ай бұрын

    Yves ajemwo gute vraiment niwe mwagwana??? 😂😂😂😂 This is so courageous BRAVO!

  • @bdreams2793
    @bdreams2793Ай бұрын

    Umaze kumva ngo my dear

  • @Bbbbbbbhfj

    @Bbbbbbbhfj

    Ай бұрын

    Aho usanga utazi n'ico bisigura

  • @evelynensanga3330
    @evelynensanga3330Ай бұрын

    Merci kuriyo ntahe Kandi pole sana bishikira benshi cane gusa biragoye kuvuga 😢😢

  • @sese667

    @sese667

    Ай бұрын

    Umuhungu yurira uwundi muhungu iryo n'ivumwe 😢 😢 😢 muminsi iza ho tuzokumva umukobwa yafashe kunguvu uwundi mukobwa, isi igeze habi vraiment !

Келесі