Inanga ya Maconco

Пікірлер: 126

  • @hydrosgatore9147
    @hydrosgatore914711 ай бұрын

    Inanga y'ibihe vyose❤

  • @christannysindayihebura479
    @christannysindayihebura479 Жыл бұрын

    💗💗💗💗💗💗💗 kanyibutsa mubuto twicaye kurubumbiro turiko turota..

  • @christiansindayigaya9927
    @christiansindayigaya99273 жыл бұрын

    Akaranga,umuco,nakahise kuburundi!ndashimiy cane uwashize iyi nanga kuri you tube

  • @alexnono7127
    @alexnono7127 Жыл бұрын

    Genuinely storytelling. Love from Rwanda

  • @NDAYIRAGIJEHusseinjoseph-hi9nf
    @NDAYIRAGIJEHusseinjoseph-hi9nf Жыл бұрын

    Iyi nanga ndayikunda pe,yemwe twirinde kumenja,dushime ivyo turose

  • @emmanuelniyongabo6543
    @emmanuelniyongabo65433 жыл бұрын

    D,origine Rwandais mais pris naissance au Burundi ( Matana) j, apprécié beaucoup les chansons Burundaise spciallement Maconco From Kampala UGANDA thank u

  • @fidelegahungu3482

    @fidelegahungu3482

    2 жыл бұрын

    Matana,isoko yaho yarahiye !ndagutahije

  • @mwamirogers7202

    @mwamirogers7202

    Жыл бұрын

    Pourquoui dire que c,est dorigine rwandaise?

  • @mwamirogers7202

    @mwamirogers7202

    Жыл бұрын

    Eclairicissement!

  • @elizabethnyirato9856

    @elizabethnyirato9856

    Жыл бұрын

    B

  • @peterkanamugire7216

    @peterkanamugire7216

    Жыл бұрын

    Macoco is romatic

  • @MrPhronesiswisdomful
    @MrPhronesiswisdomful7 жыл бұрын

    Ukubabara kurababaza ye nyabura Ugutonekara kutaraza Uwo rero muramwumva Yari nyina ngo oya wiwe Ati mbega mwananje mwananje we Ati nyamara mwananje Numbarire ikikubabaje Ko wama wicurikira Ati ukurya ntikubuza ukuganya ge mawe we Imbiribiri ntibuza intimba Ntawuhora aho yabaye Nyina wiwe akamubarira mwananje we Ati sigaho mwananje Tega amatwi ndakubarire Yaco uba wigira igifyine Ati so wawe mu guhwera mwananje we Yaravyutse mu gitondo Gutabara ngo urugamba Urugamba rwatewe Arajabuka ca cuzi mwananje we Arakubita ngo aratemba Aca aratemba nk'amazi Ati none mwananje Tega amatwi ndakubarire Nkubarire abamenje Ati nkubarire abamenje mwananje we Ndakubarire abamenje Umwami Mwezi Gisabo (1850 - 1908) Ati Maconco mu kumenja mwananje Yari umukwe ngo w'umwami Yaravutse ari umwana Aragenda ku kirimba Oya umwami amubonye Aramugomwa aramugabira Amuha umugeni wiwe aramutwara mwananje we Amuha n'inka aratwara Ati mbega Maconco Amuha ngo n'ikirimba N'intara yatwara Hamwe Maconco yatunze mwa bantu mwe Mutege amatwi ngo muvyumve Hamwe Maconco yatunze mwa bantu we Aragenda kwa sebukwe Aravyuka mu gitondo Umugore atamubarire Aratura ku kirimba Kwa sebukwe wiwe Sebukwe ngo akimubonye mwa bantu mwe Atangura ngo kumuranutsa Oya kandi arapfuma Mwananje ga Maconco Je ndagize ngo bwakeye Ngo Maconco aramusubiza mwa bantu mwe Bwakeye databukwe Ati nyamara databukwe databukwe we Je naraye ngo ntaryamye Oya intezi zanteye Raba ngo ufise imbwa zibiri databukwe we Oya Mucebo na Rurebeya Jewe ndayikuzamvye Ngusavye iyo mbwa yawe Iyo mbwa nkuru ya zosi Oya uyimpe ndayitware Sebukwe ngo avyumvise mwa bantu mwe Araheza ngo agira ubwoba Ati mbega Maconco Narakugabiye mwananje ga Maconco we Ati ehe raba Maconco Nguhaye umugeni wanje ga Maconco Naguha intara uratwara Ati n'ubu mwananje ndakugabira Ngo ntugenda ntakugabiye Ndaguhaye zirya zonsa Izo nyene ndaziguhaye Ndaguhaye n'igihugu natwara cosi Ico cosi kibe rwawe Eka singuha rurebeya mwananje we Ngo Maconco aca ararahira Ati databukwe ndakubariye je Maconco Ukabona utayimpaye Jewe ndagiye iwanje Kandi nshika niyahura Ngo Maconco aragenda Afata akayira aragenda Ashika i muhira iwiwe Umugore akimubonye Atangura kumuramutsa Arapfukama aramuramutsa Ati nagize bwakeye Ngo Maconco arihorera Umugore arashishikara Ati ndagize bwakeye Ngo Maconco arihorera Aragenda ku kirambi mwa bantu mwe Arasasa ngo araryama Umugore bitavuganye Ikiyago bitayaze Hama igicugu caciye mwa bantu mwe Igicugu ngo kiraciye Umugore riramuniga Abaza umugabo wiwe Ati mbega Maconco Ati mama w'umukondo Numbarire ikigushavuje Numbarire ikigushavuje Ati sigaho mugoranje mugoranje we Jewe ubona aha natumvye Aho nava kwa so wawe Kandi ari we databukwe Aho nava kwa nyoko wawe Kandi ari we ngo mabukwe Nabasavye irya mbwa yabo Irya mbwa nkuru ya zosi None barayinyimye None ngira niyahure Umugore ngo aryumvise mwa bantu mwe Ati sigaho ga Maconco Sigaho ntiwiyahure Je ndagiye sindayisiga Amena igicugu aragenda mwa bantu mwe Aratura ku kirimba Kwa sebukwe wiwe Ari we se wa Maconco Asanga nyina wiwe yicaye kw'irembo mwa bantu mwe Ngo se wiwe ntari muhira Nyina wiwe agira ubwoba Ati mbega mwananje Ati mbega uzenywe n'iki Numbarire ngo ikikuzanye Ati sigaho ge mawe ge mawe Ayo mwakoze ntarindwa Aho Maconco yava ng'aha ge mawe Ngo n'ukurya ntiyariye N'ukuvuga tutavuganye Ikiyago ntituyage Ati mbega mwananje None tubigire nte Ati ehe raba mwananje mwananje we Ngo Maconco ndakubarire Twamuhaye umugeni wacu mwananje we Tumuha intara aratwara Ashime ivyo twabahaye Umukobwa avyumvise Ati mbega ge mawe Ati umukwe wanyu Muramuhevye yiyahure Ngo Maconco ukabona ngo ariyahuye Ngo na jewe ngo sinsigara Nyina wiwe avyumvise Ati sigaho mwananje Sigaho ngo ntiwiyahure Genda uziture uyitware mwananje we Uyitware mu kirimba Ngo so wawe agataha Na we nyene ngo ariyahura Wa mukobwa aragenda Arayizitura mu kirimba Arayifata arayitwara Yarateye mu gahinga mwa bantu mwe Akamwemwe karamwica Apfukura araba Ati Rurebeya ndagutwaye Yarashitse i muhira iwiwe Ashitse ngo i muhira iwiwe Amusanga araryamye Ntarava ku kirambi Ati Maconco nuvyuke mugabo wanje we Ico waririye ndakironse Ngo Maconco abibonye Ava hasi aramuramutsa Imbwa ayishira ku kirimba Akubitira umuryango Naho umwami ngo arataha Mwa bantu ngo muvyumvye Mbabwire kandi uko vyagenze Nayo umwami arataha Arashika kw'irembo Ahamagara imbwa yiwe Kandi ize imusanganire Ahamagara ngo avuga ati Ngo ehe Rurebeya Ahi nte Rurebeya Nte Rurebeya Nte Rurebeya Nte Rurebeya Nte Rurebeya Aragira ngo ntiyumvise Akomeza yegereza Ngize nte Rurebeya Nte Rurebeya Nte Rurebeya Nte nte Rurebeya we Nte nte Rurebeya nawe Nte Rurebeya Arabura iyo yagiye Yegereza mu kirimba Aho Rurebeya yaryama Ngize nte Rurebeya Nte Rurebeya Nte Rurebeya Nte Rurebeya Arabura iyo yagiye Aca arabaza umwamikazi Mwamikazi we Rurebeya ngo iri hehe Arasimbira mu muryango umwamikazi Ararahira umusi mubi Ngo ko atazi iyo yagiye Abarira umupitsi wiwe Shira indava aho mu rugo Oya unsasire ngo ndyame Ngo n'ugupfa napfuye Rurebeya yagiye Arasasa ngo araryama mwa bantu mwe Ngo n'ukurya ngo ntiyariye Yamara umwana wa Maconco Haciye imisi ibiri Arabarira ngo Maconco Ati Maconco dawe wanje Ati Maconco dawe wanje Urabona imisi ni myinshi Ntagenda kwa sogokuru wanje Ntagenda ngo kumuramutsa Ngo se wiwe aramubarira mwananje we Uko ugenda ndakubarire Ntuvuge ko Maconco Oya kandi ko iri ino Ntuvuge Rurebeya mwananje Ukarimena ngo rirakumena Wa mwana ararahira Ati ekaye dawe ntayomvuga Nyina wiwe aramubarira Mwananje ko ugiye Uhirarahire ngo urimene mwananje Ukavuga ko Rurebeya Nzoshika ngo nce ndakuniga Ati ekaye mawe Wa mwana afata akayira Aragenda mwa bantu mwe Aratura ku kirimba Kwa sekuru wiwe Amusanga araryamye Ngo yaryamye ngo mu rugo Wa mwana aramuramutsa Aramutsa sekuru Ati sogokuru w'iwanje Je ndagize ngo bwakeye Sekuru arihorera Ati ndagize bwakeye Sekuru arihorera Ati ndagize bwakeye Bwakeye sogokuru wanje Sekuru arihorera Wa mwana ishavu riramwica mwa bantu mwe Ati ibi bintu sindabizi Asubiza inyuma ngo arataha i muhira iwabo Wa mwana sekuru ngo bitavuganye Ashitse mw'irembo Wa mwana arakebuka Arabarira sekuru Ati uranciye mu bibondo vyawe Ndagiye ga sogokuru Je ndagiye sinkigaruka Sinkigaruka ng'aho iwawe Sekuru agira akagongwe Ati sigaho mwananje Nugaruke ndakubarire Ati ukubabara nababaye mwananje we Aha ubona nasavye Rurebeya yaragiye Sindabizi iyo yagiye Wa mwana aca ararimena mwa bantu mwe Ati sigaho ga sogokuru we Ati aho mawe yava ng'aha ga sogokuru Yayitwaye ngo mu gikwembe Ayishira ngo dawe Aca ava hasi aramuterura mwa bantu mwe Ati uragakura mwananje Urakarererwa i Burundi Aca ahamagara ingabo ziwe mwa bantu mwe Urya mwana mumugabire Muce mugenda kw'irembo kwa Maconco Ngo mukore ngo ico mushaka N'ukukmenja yamenje Za ngabo ziragenda Ziratura kw'irembo Kw'irembo kwa Maconco Umugore wiwe abibonye mwa bantu mwe Yiruka i muhira iwiwe Ati ngaho Maconco Ngaho ngo turatewe Sobukwe araguteye Oya genda utabaze Utabaze ugutwara Amena ikirimba aragenda mwa bantu mwe Aragenda kwa Digidigi Ati nyabuna ga Digidigi Databukwe aranteye Anteye n'ingabo ziwe Oya ngwino ngo untabare Digidigi ngo agira ubwoba Ati genda ubarire Kanugunu W'i Busumbura ga Maconco Azoze agutabare Afata ibarabara ry'Abadagi mwa bantu mwe Aratura ngo i Busumbura Nyabuna ga Kanugunu Databukwe aranteye Hamwe n'ingabo ziwe Oya ngwino untabare Ibasitori (Pistolet) Kanugunu agira ubwoba mwa bantu mwe Ariko aremera aragenda Ati yamara ga Maconco Oya hogi iyo tugende Yakira ibikoti yari afise mwa bantu mwe Abishira ngo mu kwaha Ashira ibasitori Ayitwara mu kwahwa Bafata inzira baraduga mwa bantu mwe Baratura mu Maramvya Kanugunu agira ubwoba Ati sigaho ga Digidigi Niwumve nguhanure Genda wubahe sobukwe Akugabe akuganze ga Maconco we Yaguhaye intara uratwara ga Maconco we Aguha n'umugeni wiwe Ngo Maconco avyumvise Ngo ndapfuye Ahita icumu yari afise ry'ingobe ngo mwa bantu mwe Aritera ngo Kanugunu Rica mu kwaha riramuhusha Kanugunu yakira ibasitori ngo mu kwaha mwa bantu mwe Ayikubita mu gahanga Mu gahanga kwa Maconco Ati umumenja turamwishe

  • @sandrinekidasharira9713

    @sandrinekidasharira9713

    6 жыл бұрын

    Olivier Dismas Ndayambaje urakoze mwiza!

  • @deardar5876

    @deardar5876

    6 жыл бұрын

    Vraiment olivier urakoze chane la seule chose autentique qui nous reste

  • @kufarimahdi9636

    @kufarimahdi9636

    6 жыл бұрын

    Who is he

  • @claudenyandwi4422

    @claudenyandwi4422

    5 жыл бұрын

    Rwandamusic

  • @DNK96

    @DNK96

    4 жыл бұрын

    @@claudenyandwi4422 INANGA FROM BURUNDI 😀!! SORRY.

  • @sadantashavu293
    @sadantashavu2934 жыл бұрын

    Inanga maconco ndayikunda💖 cane...ooh RUREBEYA NDE💕, miss & love my 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @nzabigarurajames4031
    @nzabigarurajames4031 Жыл бұрын

    Mbega!!!!binyibutsa abasaza iyotwabaga turimubiraro tumaze kumwamata yinka zachu abagome batarazimara dutaramye turikumviriza 📻 national yuburundi,cg radio Rwanda.

  • @yvonnemutole3982
    @yvonnemutole39823 жыл бұрын

    I love my country from zambia

  • @gillesnzambimana5649
    @gillesnzambimana56497 жыл бұрын

    Mu karere ki biyaga binini, Abarundi turi Abambere mu karanga: dufise Ingoma za mbere kw' isi, Inanga, ibicuba, Indirimbo zi Kirundi nziza.

  • @ananiasshiramanyama7628

    @ananiasshiramanyama7628

    5 жыл бұрын

    @Gilles ku ngoma muri akarero Natwe i rwanda ku mbyino turi abahanga

  • @youregirlbecky7193

    @youregirlbecky7193

    5 жыл бұрын

    Nabarundi baratamba neza cane.

  • @themotionness6688

    @themotionness6688

    4 жыл бұрын

    @@ananiasshiramanyama7628 nibyo abarundi ingoma barazizi cyane abarwanda nabo imbyino barazibasha cyane

  • @themotionness6688

    @themotionness6688

    4 жыл бұрын

    inanga on peut competer mais ingoma zozo kabisa muradufite

  • @semuganzabicusulaiman2353

    @semuganzabicusulaiman2353

    4 жыл бұрын

    @@themotionness6688 ninanga turabafite

  • @sigsbertmunyempundu8143
    @sigsbertmunyempundu81433 жыл бұрын

    Akaranga kacu kararyoshe yemwe! Iyi nanga irabica bigacika kuva mubwana kugera nubu turacayumviriza! Izama ar iyambere

  • @aristidetv2912
    @aristidetv2912 Жыл бұрын

    iraryoshe kweri

  • @Bestof257Official
    @Bestof257Official Жыл бұрын

    So beautiful, iyo twiga histoire uku

  • @mwananyamalaz4427
    @mwananyamalaz4427 Жыл бұрын

    I love this called inanga 2022 from+61

  • @nzabigarurajames4031
    @nzabigarurajames4031 Жыл бұрын

    Ibibinyerekako:Abanyarwanda,abarundi,abanyamulenge inkomoko yacu ari1 nkuko harimicho myinshi duhuriyeho harimo ninanga.

  • @zitamurango284
    @zitamurango2843 жыл бұрын

    Triste histoire mais vraie.

  • @aliverahabimana1842
    @aliverahabimana1842 Жыл бұрын

    Beautiful 😍

  • @NdagijimanaOlivier-bh8ix
    @NdagijimanaOlivier-bh8ixАй бұрын

    Ntibanyurwa

  • @asheilla
    @asheilla6 жыл бұрын

    uragakura mwananje, irakarererw'iBurundi

  • @monabucagerard3511

    @monabucagerard3511

    3 жыл бұрын

    Le Burundi est un très bon pays...... Mw'isi n'icambere

  • @pierreclaverntirampeba3023

    @pierreclaverntirampeba3023

    2 жыл бұрын

    @@monabucagerard3511 Urakarererwa i burundi bitwibutsa indero yo ku ziko abavyeyi batanga nibaza ko i burundi ariho honyene batanga inero yo ku ziko

  • @Ndabazimvye
    @NdabazimvyeАй бұрын

    ❤izammaho

  • @user-tu7ll1lk1i
    @user-tu7ll1lk1i3 ай бұрын

    AKaranga ningata igihugu n'igisabo dutegérezwa gushigikiza igihugu cacu le Burundi akarangaa kacu

  • @wns5649
    @wns56493 жыл бұрын

    Abarundi nabambere kunanga gusa araho bihurira ninanga yo muri Somalia mwabantu mwe

  • @semuganzabicusulaiman2353

    @semuganzabicusulaiman2353

    2 жыл бұрын

    Inanga ya Somalia irimo akajagari kenshi.

  • @emmanuelbutare8382
    @emmanuelbutare83827 жыл бұрын

    Ukubabara kurababaza ye nyabura Ugutonekara kutaraza Uwo rero muramwumva Yari nyina ngo oya wiwe, Maconco yanze kumva ariko nazekubona

  • @digitalhead1345
    @digitalhead13452 жыл бұрын

    Ibibintu ndabikunda numutima wose

  • @niyongabofranckraoul4559
    @niyongabofranckraoul4559 Жыл бұрын

    Beautiful

  • @DesireHabarugira-uy7iw
    @DesireHabarugira-uy7iw2 ай бұрын

    Mwakoze gushira iyinanga kur you toub

  • @user-xp3tn5cd7x
    @user-xp3tn5cd7x10 ай бұрын

    ❤❤❤❤❤❤🎉 I love you Burundi

  • @venustendayishimiye9652
    @venustendayishimiye9652 Жыл бұрын

    I am proud of being burundian.

  • @glorioseininahazwe1056
    @glorioseininahazwe10565 жыл бұрын

    Uburundi turicarabambere kabisa

  • @marie-chantalpahud7100
    @marie-chantalpahud71003 жыл бұрын

    J adore

  • @user-uc8uk7py7k
    @user-uc8uk7py7k3 ай бұрын

    Inanga nziza cane musyire nyinshi kuri u tube

  • @bnkundwa
    @bnkundwa4 ай бұрын

    Maconco was a leader from Muramvya.

  • @JaphetMuhoza
    @JaphetMuhoza2 ай бұрын

    Man Ubu Koko mwazaretse ibintu bya politics ko numva abarundi n'abanyarwanda turi bamwe. Ndi umunyarwanda nkunda u Rwanda rwange, ariko nakuriye i Burundi mu Buterere. Mworeka tugashira hamwe tugashimangira akaranga.

  • @manishimwejoyeuse901
    @manishimwejoyeuse9015 жыл бұрын

    Ndakunda iyinanga yambazabugabo

  • @peterkanamugire7216
    @peterkanamugire7216 Жыл бұрын

    ❤👏🇧🇮

  • @etiennetuyisenge1729
    @etiennetuyisenge17294 ай бұрын

    Iyombwa none yari imbwa nyabaki?

  • @sylvestrensanzimana7936
    @sylvestrensanzimana79363 жыл бұрын

    Wonderful!

  • @miburojacques2312

    @miburojacques2312

    2 жыл бұрын

    Burundi terimbere100/100

  • @chadracknijimbere2982

    @chadracknijimbere2982

    2 жыл бұрын

    Nisaw

  • @marie-chantalpahud7100
    @marie-chantalpahud71003 жыл бұрын

    C est beau

  • @vyuguruzumwangumwereka
    @vyuguruzumwangumwereka Жыл бұрын

    Why do they whisper? I'm under the impression people sing to be heard, right? So, why whisper?

  • @rukundojeandedieu5511
    @rukundojeandedieu55113 жыл бұрын

    Iyinanga ndayikunda kuva minuto bwanj muga iyimbwa yateranij umukwe na sebukwe sintahura iyariyo

  • @christiansindayigaya9927

    @christiansindayigaya9927

    3 жыл бұрын

    Urabaza uzoyimenya

  • @gertrudehicuburundi7093

    @gertrudehicuburundi7093

    2 жыл бұрын

    Ni Rurebeya

  • @vanettendayizeye1311
    @vanettendayizeye1311 Жыл бұрын

    Maconco niyakera numugan ukomey kandi nikint gikomeye kugihug cacu ciza cuburundi

  • @martinvyankamvuga7028
    @martinvyankamvuga7028 Жыл бұрын

    Ariko ndakeneye kumenya nimbaa iyombwa ivurwa munanga ariyo umwami mwezi na maconco bapfuye koko,canke ni ikindi kintuu basubirje na rurebeye kitazwi?

  • @busynoverse
    @busynoverse6 жыл бұрын

    Ndakunda iyi nanga sana!! Ariko sinari bwumve ko harimwo agakosa!! Umugore wa Maconco yagiye gutora imbwa RUREBEYA kwa Se, si kwa Sebukwe; ni kwa Sebukwe wa Maconco, si kwa Se wa Maconco!!!

  • @dieudonnensabindemyi5931

    @dieudonnensabindemyi5931

    6 жыл бұрын

    ikosa .ni se wa muka maconco. apana kwa se wa maconco

  • @dieudonnensabindemyi5931

    @dieudonnensabindemyi5931

    6 жыл бұрын

    umwami murumva KO yamuraze neza.ngo arakareregwa iburundi.abandi nabo nukwirukira amahanga.birababaje

  • @harerimanavianney54

    @harerimanavianney54

    6 жыл бұрын

    iracari iyambere kabisa

  • @kamaranyotadieudonne2039

    @kamaranyotadieudonne2039

    6 жыл бұрын

    IRARYOSHE GOSE KANDI IRIGISHA

  • @christiansindayigaya3699

    @christiansindayigaya3699

    6 жыл бұрын

    Nibwira ko havugwa sebukwe w'umugabo

  • @nkundaberabenoit1528
    @nkundaberabenoit15283 жыл бұрын

    Irankomeza

  • @stephenhumphrey4492
    @stephenhumphrey44923 жыл бұрын

    I love this music.

  • @REMMY962
    @REMMY9627 жыл бұрын

    urakoze cane gushirako iy'inanga 'maconco'

  • @delphinmuhimpundu1488

    @delphinmuhimpundu1488

    6 жыл бұрын

    Cane gose :-*

  • @ethiennebizimana5611

    @ethiennebizimana5611

    6 жыл бұрын

    Remmy Barutwanayo

  • @cestlaviecestlavie4606

    @cestlaviecestlavie4606

    5 жыл бұрын

    😂😂😂, ahubwo Kanugunu yaramwitanze...

  • @ndikumanaelias9890
    @ndikumanaelias98902 жыл бұрын

    Good.song

  • @FreddyNduwimana-gl5hb
    @FreddyNduwimana-gl5hb9 ай бұрын

    Amateka

  • @hasabumutimaking5868
    @hasabumutimaking58683 жыл бұрын

    Birababaje kweri

  • @Akiwacu
    @Akiwacu7 ай бұрын

    ❤💚

  • @habimanahodal2864
    @habimanahodal28642 жыл бұрын

    Kanugunu yubahwe

  • @CyprienHavyarimana-uz6qd
    @CyprienHavyarimana-uz6qd11 ай бұрын

    Akaranga kacu

  • @hamzapharrelle
    @hamzapharrelle2 жыл бұрын

    I love my country ❤️❤️❤️

  • @nzizadesire3684
    @nzizadesire36844 жыл бұрын

    Rurebeya

  • @bariyunturaliberate8677
    @bariyunturaliberate86776 жыл бұрын

    Mbega Poèsie !

  • @youngstone60
    @youngstone602 жыл бұрын

    😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭

  • @ndimbirashengeclaudine7606
    @ndimbirashengeclaudine76065 жыл бұрын

    Salut, mwampa contact z abantu bafite rights kuri iyi nanga? Yaririmbwe na nde?

  • @janvierbamamaso1949

    @janvierbamamaso1949

    5 жыл бұрын

    Le Professeur Melchior Ntahonkiriye, je crois.

  • @guillaumerusengo9371

    @guillaumerusengo9371

    4 жыл бұрын

    N'agahogo ka kera cane!

  • @semuganzabicusulaiman2353

    @semuganzabicusulaiman2353

    4 жыл бұрын

    @@guillaumerusengo9371 ninko mumwaka wakangahe?

  • @khalidsindayihebura2512

    @khalidsindayihebura2512

    2 жыл бұрын

    Nanje ndayikunda cane rwose kuruta n'a ya miziki yaba SATURA

  • @InesiBella
    @InesiBellaАй бұрын

    Hooo🥲🤔🤔🤔🤔🤔

  • @epicure6494
    @epicure64947 ай бұрын

    .

  • @Rwaka250
    @Rwaka2503 жыл бұрын

    Dore aho kuvuga ngo AKIMUHANA KAZA IMVURA IHISE byaturutsee kzread.info/dash/bejne/nX14m6ivhqTcebw.html

  • @nshimiyimanajeanbaptiste8286
    @nshimiyimanajeanbaptiste82863 жыл бұрын

    Digidigi yari muntu ki mudusobanurire?

  • @guillaumerusengo9371

    @guillaumerusengo9371

    Жыл бұрын

    Warner Von Grawert

  • @ingabirecedrick9721
    @ingabirecedrick97214 жыл бұрын

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮 💪💪💪

  • @user-xx8sw3km7n
    @user-xx8sw3km7n6 жыл бұрын

    Iyo mbwa nimba haribindi bayishakamwo

  • @allexissanze6345

    @allexissanze6345

    6 жыл бұрын

    المنتصر الرحبي 😂😂😂😂😂nukuri

  • @diomedembazumutima9635

    @diomedembazumutima9635

    5 жыл бұрын

    Inanga ihimbaye cane

  • @DNK96

    @DNK96

    4 жыл бұрын

    Ushase kuvuga iki?

  • @ntirenganyaeliasb2378
    @ntirenganyaeliasb237810 ай бұрын

    irambire.warandikishije.amatekameza