Imwe munzu ya kijambere, Fablice y'Ubakira umu diaspora yari yifitiye ikibanza i nyabugete.
Imwe munzu ya kijambere, Fablice MANIRAKIZA y'Ubakira umu diaspora yari yifitiye ikibanza i nyabugete, Bujumbura
. Iyi ni inyubakwa ya kijambere, Fablice MANIRAKIZA, Yubakiye umu Diaspora w'Umurundi, yamwituye.
Subscribe now at: @FABSVISION TV to keep up with all Fablice’s work
Fablice MANIRAKIZA Webside: www.fabsvision.com/
Fablice MANIRAKIZA Twitter: fabsvision?s=21&t...
Fablice MANIRAKIZA instagram: fabsvision1?igs...
Fablice MANIRAKIZA Facebook: fabsvision?m...
Fablice MANIRAKIZA Email: fablicebookings@gmail.com
#burundi #Fablice #Fablicemanirakiza #burundiandreamer #ubakanationgroup #fabhomes #bujumbura #CSBU #CSBUVILLAGE #Comeandseeburundi #burundirealestate #burundihomes #realestate #eastafrica #rwanda #tanzania #rwandarealestate #burundiepc #burundiconstruction #construction #wearebuildingburundi
Пікірлер: 50
Basa ntumva akamwemwe kanzwa kubona uBurundi bwanyibarutse burimo buterimbere ndi muri Kenya ❤❤❤❤❤ numva notaha
Wao! Mukora ibikora inka n'ukuri. Mukomez muhindure ishsho y'uburundi
Imana se WUMUKAMA wacu Yezu krisi agukomereze amaboko 👏👏💒💒💒💒
Much more respect bro igihugu gikeney abantu nkamwe
Well.done brother Fabhomes Basha nanje ngiye kukwitura kabisa Love from.Perth ❤️
Great job Fabricea and your team👌👌
Wooouuu congratulations zokurondera pee ndafite ibi Baza vyaje 🇧🇮✌️❤️
Omggg they already done😍😍😍 God bless Burundi🥺🙏🏾🙏🏾🙏🏾
Imana ikundukomerenze fab imana imbere kandi imana ikuturindire Natwe turoshikigwa 🙏🙏🙏
Nukuri Urumugisha kugihugu cacu
Imana ibaje imbere mubikorwa murimwo kuko mwaruhuye imitima yabenshi nukuri bari barabuze ico bari bukore kubera ubuhemu .
Fabrice is one of Gods❤❤❤❤
Gusa Imana iguhezagire kiko benshi baribwe😊
Wooouuu 👌👌✌
Im impressed with your work Brother ❤️🤝
Courage mutama🙌🏾🙌🏾
Songa mbere
Great job brother. Nanje ndipfuza kwubaka iwacu Nyanza Lac inzu isazwe ariko sinzi naho komushikayo. My uncles have taken a lot of money from my parent, and they were unable to do a good job. Nda gusavye Mutumenyesha nimwaba mushikana services zanyu Nyanza Lac.
Keep going forward 🇧🇮💝
Courage bro turagukunda kandi tukwizeyeko vyinshi
Wow
Nice job naomba mungu anisaidie npate pesa nije kununua mjumba ndani ya buja
Nakubali bro
good job Fabrice
Bandanya utera imbere natwe mumisi tuzogutuma udufashe. Hama vyari kuba vyiza niyo utubwira amahera iyo nzu ihagazemwo kuko si ibanga rikenewe kunyegezwa
Ibikorwa vyiza kama kawa ❤
Respect bro
Acheni pumba jengeni viwanda kwanza. Mwawezaje kuanza kujenga nyuma za kuishi.
@LameckNgabo
2 ай бұрын
Uko mjinga kweli huu ni mjasililiamali binafsi sio selekali?
Vyiza cane! Abari n'inkwi badya ibihiye kabisa!!!
Komera bwana
You're intelligent ❤😢
Great I congratulate my brother But you need to build tollest and long buildings in order to dincrease land uses and also to keep many people in one tower because we want to build tollest house in small place for many people living
Komera mwiza
Great Job man!Iyo mwayubatse kurangahe nanje ndabahe akazi?
Iyo nzu yatwaye amahera yose hamwe?
🥰😀
Mubuyubakira angahe ?
Ahubwo umuntu afise number yiwe ayimpe
Terimbere nk umuzinga!
Songa mbele
Nzaza iBujumbura njye nogusuhuza umukozi Wimana Fabrice komera komera
@SallmaXg
4 ай бұрын
Karibu❤❤
ndamushimira cane fabrice ariko gerageza uhindure term zamajambo amwamwe nkokuvuga ngumuboyi canke ngumuyaya nabakozi bomunzu kandindazikubizi
Ndabona 2025 uzonyubakira
Vyiza cane muta
Ibikorwa vyiza Fabrice Ariko mutubwirire ko ico gitambara kiri ku meza ari i drapeau ya batinganyi
@robinsontubili899
10 ай бұрын
Great I congratulate you,but you need to build tollest buildings to going up or long tower by height For many people in same one tower like America and China in older to maintain land of famer on Burundi there
Turipfuza kumenya ibiciro vy'inzu zo mu Kabezi, ni angahe?
Wow, muranyarutsa caane kbsa. Imana ibandanye ihezagira ibikorwa vyamaboko yanyu