IKI GIHE UTAGIRA MPWEMU YERA NTAZOGISHOBORA!!! By Pasteur Samson VYIZIGIRO

Музыка

Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Пікірлер: 20

  • @zabulonnsabimbona1166
    @zabulonnsabimbona1166Ай бұрын

    Yesu Kristo abakikize impande zose kandi abahe kuzorangiza igikogwa yabahaye amahoro.

  • @meirratv

    @meirratv

    Ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @user-gh9er3ri7f
    @user-gh9er3ri7f3 ай бұрын

    Abantu nk'abo barakenewe! Mwarandeze muri encadrement ndabakunda ku ngabire nziza Yesu yabagabiye turafashwa gooose ku nyigisho mudusangiza!

  • @meirratv

    @meirratv

    3 ай бұрын

    Yesu abahezagire cane 🙏💖

  • @user-gh9er3ri7f

    @user-gh9er3ri7f

    2 ай бұрын

    Amen

  • @ubutumwabwiza2161
    @ubutumwabwiza21618 ай бұрын

    Amen , muhezagirwe cane

  • @meirratv

    @meirratv

    8 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @ininahazwedivine5342
    @ininahazwedivine53428 ай бұрын

    God bless this man of God

  • @meirratv

    @meirratv

    8 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @user-xu8tu3ul1r
    @user-xu8tu3ul1r8 ай бұрын

    Amen Yesu n'ashimwe

  • @meirratv

    @meirratv

    8 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @user-dq2nc7kp6n
    @user-dq2nc7kp6n8 ай бұрын

    IMANA ibahezagire ❤

  • @meirratv

    @meirratv

    8 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @user-nt1xu9vi2m

    @user-nt1xu9vi2m

    8 ай бұрын

    Imana ibah umugisha

  • @ElyseNiyonkuru
    @ElyseNiyonkuru8 ай бұрын

    Dukeneye abakozi b'Imana nkaba bo kuvyu ra ishengero

  • @meirratv

    @meirratv

    8 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @bizabigombaemmanuel
    @bizabigombaemmanuel8 ай бұрын

    Ububutumwa nibwo bukenewe murinomisi nacanecane ugwaruka tukabwumva

  • @meirratv

    @meirratv

    8 ай бұрын

    Ni vyo Yesu aduhezagire twese🙏💖

  • @zabulonnsabimbona1166
    @zabulonnsabimbona1166Ай бұрын

    Yesu Kristo abakikize impande zose kandi abahe kuzorangiza igikogwa yabahaye amahoro.

  • @meirratv

    @meirratv

    Ай бұрын

    Amen 🙏💖

Келесі