Igisirikare c'Uburundi Kiridoga ko Tereviziyo y'u Rwanda Itangaza Ibinyoma ku Bikorwa Vyaco muri RDC

Пікірлер: 24

  • @user-sq9si8wy8d
    @user-sq9si8wy8d9 ай бұрын

    Ingabo z uburundii zirakora bigashimwaa murikongoo imana ibabe Inyuma viva Burundi respect

  • @GakwisiEmmanuel-ou9qy

    @GakwisiEmmanuel-ou9qy

    Ай бұрын

    😂

  • @user-vf2de6qn2m
    @user-vf2de6qn2m4 ай бұрын

    Ntamigenderanire tugifitaniye

  • @GugyMuvara
    @GugyMuvaraАй бұрын

    Mugumane television yiwanyu itanga amakuru nyayo

  • @PapiasNiyobuhungiro-sq5ku
    @PapiasNiyobuhungiro-sq5ku5 ай бұрын

    Ivyo binyoma mwama mutangaza ntaho bizobashitsa kandi bizobatekurukana mumaramare ingabo zacu ziri magabo 💪💪 kabdi ziri Maso.

  • @user-uu1wh1jy7t
    @user-uu1wh1jy7t5 ай бұрын

    Muracuditse ni nterahamwe ntabanga riraho.

  • @NangigayeAnastase-tb7il
    @NangigayeAnastase-tb7il5 ай бұрын

    Abarundi muribeshya Kongo irabashuka😮

  • @niyonkurusalim2186
    @niyonkurusalim21864 ай бұрын

    Ingabo zuburundi bandanya musatira ugwanda nagwo mugwihoze kko nagwone ntigwonuma murumariye abasieikare.

  • @user-vf2de6qn2m
    @user-vf2de6qn2m4 ай бұрын

    Erega ugwanda ntigwovuga neza uburundi

  • @FabienNtiruvahanini-fz2lf
    @FabienNtiruvahanini-fz2lf8 ай бұрын

    Nibasatire mpaka abishira hejuru muguhungabanya Congo bacishijwe bugufi

  • @Mutasidoris9829
    @Mutasidoris98295 ай бұрын

    Hhhhhh barundi mwe muratwenza

  • @yvesjean8437
    @yvesjean84374 ай бұрын

    Mwebwe nimukore mubarecyere ibigambo kandi barindi banyarwanda mumenye ko intambara itazonjyera guhagarara kujyeza ubuyobozi bwa FPL bufashwe bugakuricyiranwa kubantu barigupfa muri kongo nahandi hose kwisi mukomere🖐️ kumuheto tubarinyuma..🖐️🖐️🖐️🖐️

  • @BaNa-ir6fd
    @BaNa-ir6fd5 ай бұрын

    Eajioneye bongo

  • @nsavyimanajoel873
    @nsavyimanajoel873 Жыл бұрын

    Muri centrafrique. ingabo zuburndi. Nurwanda. Zikora neza. Muri Somalia. ingabo zuburndi zikora. Neza. Muri South Sudan ingabo zurwanda. Zikora neza. Muri Mozambique. ingabo zurwanda zikora neza. Muri RDC ingabo zuburndi zikora neza. Evode. Wivu ni ya Nini. Cankwe urwaye mumutwe bakujane indara. Wa muswawe😂😂😂

  • @muhinduranshurojeanbosco7348
    @muhinduranshurojeanbosco73485 ай бұрын

    Birababaza kumva ko urwanda arirwo kibazo kandi bigaragara ko arigisubizo mubindi bihugu

  • @eugenekarangwa9832
    @eugenekarangwa9832 Жыл бұрын

    Abarundi gukorana na FDLR-Nyatura ntagitangaje kuko bonse ibere rimwe ryingenga ya Genocide 🤷🏽‍♂️

  • @azizasudi

    @azizasudi

    Жыл бұрын

    mbega m'uburundi higeze haba genocide? the only African peoples who committed genocide are Rwandans 😂😂😂😂😂.. up to now you have been trying to commit the atrocities on your neighbouring country.. shame on you

  • @justindushime2899

    @justindushime2899

    Жыл бұрын

    Iyo turufu ya genocide yabaye ikigarasha mwana,tuza

  • @kanyabitarobenoit6116
    @kanyabitarobenoit6116 Жыл бұрын

    Muzabona inyishu yo gukorana na nyatura

  • @baudouinndayisaba5162
    @baudouinndayisaba5162 Жыл бұрын

    Reka dusabe leta y'Uburundi gukurikiranira hagufi ico ayo majambo y'abanyarwanda ku ngabo z'Uburundi agamije. Turamenyereye iyo Urwanda rutegekanya kudurumbanya akarere rubanza kwita abandi ko aribo kibazo !!!

  • @user-vj9pz7ze1i

    @user-vj9pz7ze1i

    6 ай бұрын

    Ingabo zanyu uziko zije Irwanda nanuwo twaha gucunga na boutique wee twe ibintu byacu ni poloficionle wangu

  • @user-ln4lm1gu6k
    @user-ln4lm1gu6k Жыл бұрын

    Abarundi ntidukorera kunsaku twebwe imana twayihaye ikibanza cambere

  • @user-sd1cr7hf1j

    @user-sd1cr7hf1j

    5 ай бұрын

    Yoooooooo mureke kugira isoni basha nimutahe kabananiye niko vyamye i

  • @user-qb7jz2og3q
    @user-qb7jz2og3q5 ай бұрын

    Hhhhhhh 😂

Келесі