Igihugu c'Uburundi gifitaniye ubuhe bucuti na Chad ?
Ойын-сауық
#indundinews : Umukuru w'Igihugu #Evariste_Ndayishimiye uku niko yashimiye mugenziwe wa Chad Ku migenderanire myiza bafitaniye hakaba hari mu birori vyo kwigina Imyaka #62_Uburundi bumaze bwikukiye
Пікірлер: 3
Karibuni Burundi Idrissi debi
Amaronko yazabamara
Dukenye umu president wumujene kugirango dutahrane knd twumvikana KK abazehe mwatunaniye ibana mufise inzara nyishi