Igice ca kabiri c'intahe ya Evariste Ndayishimiye aho avuga Isezerano Petero Nkurunziza yamusigiye

#Burundi Umviriza Intahe ya Prezida Evariste Ndayishimiye aho avuga Isezerano Petero Nkurunziza yamusigiye. Iyo ntahe yayishikirije kuri uwu wa gatandatu, ku munsi ugira gatatu w'amasengesho y'iminsi ine ariko abera mu ntara ya #Ngozi, i #Buye, muri komine #Mwumba

Пікірлер: 13

  • @abelbaraka263
    @abelbaraka2634 жыл бұрын

    Nyanza-lac Pentecost Church oyeeee! God bless y'all

  • @burundikugatumbatv16
    @burundikugatumbatv164 жыл бұрын

    Amen. Amen. Amen.

  • @boscondayiragije4798

    @boscondayiragije4798

    3 жыл бұрын

    Amen

  • @fahimafah349
    @fahimafah3493 жыл бұрын

    Nyakwubahwa none kuvuga usekaseka nkabona umunga igihecose ufise akamwemwe nikuberiki kweri ndakwikundira ariko harabantu bandenganije uze undenganure ikindi urintwari

  • @hatugimanaalex7995
    @hatugimanaalex79954 жыл бұрын

    Imana musenga iratangaje siyo tuzi kuko iyo tuzi siyo kwiba nukwica nugutoteza abo mudasangiye ivyiyumviro mwatomboye abarundi nuko benshi Ari ibigugu

  • @erasmemanirambona5007

    @erasmemanirambona5007

    4 жыл бұрын

    wewe uciyubwenge igumire mahama

  • @flaviakezimana4596

    @flaviakezimana4596

    4 жыл бұрын

    Kwitonda vyogufasha ncuti

  • @lamanene8848

    @lamanene8848

    3 жыл бұрын

    🤣🤣🤐

  • @clementinemahoro1437

    @clementinemahoro1437

    3 жыл бұрын

    @@erasmemanirambona5007 umusubije neza pe! Abantu tujye tugira umutima wa kimuntu.

  • @jeannettehabonimana2825

    @jeannettehabonimana2825

    3 жыл бұрын

    Président nguteye intege naho kko ni saudia niteze gutaha mugihugu uzunyihere akazi naho koba gukoropa w.c

  • @alouisengendandumwe49
    @alouisengendandumwe493 жыл бұрын

    Nimureke kubesha intahe nyabaki kandi yarivye amatora harumuntu atazi ko cnl yatsize amatora

  • @lamanene8848

    @lamanene8848

    3 жыл бұрын

    😆😆😆 icyaha cyububeshi bisigaye arubusa bararinda ahubona

  • @kingsaidovolcano9651

    @kingsaidovolcano9651

    3 жыл бұрын

    Noe nigiki utumva bisigura niw yamwiche mutam uzobazua vyinchi vmrt ww sw

Келесі