Ibikorwa vy'ingomero za Jiji na mulembwe bigeze he ?

Iyi video ibamenyesha aho ibikorwa vyo kwubaka ingomero ku nzuzi Jiji na Mulembwe mu Burundi bigeze. Ni umugambi wa Leta ifashijwe n'Ibanki y'isi yose, Ishirahamwe rya Bulaya, Ibanki y'iterambere ya Afrika hamwe n'Ibanki y'imitahe y'abanyabulaya. Izo ngomero zikazotanga MW hafi 50 mumpera y'umwaka wa 2023 aho umugambi witezwe kuba warangiye.

Пікірлер

    Келесі