🍻

👩🏾‍🦱 Nelly nat azwi cane ku mbuga hwaniro, yatuyagiye ibibazo ahura navyo mu kazi kiwe ka minsi yose, n’umugambi wiwe wo kwiteza imbere ariko ararangurira mu ntara ya Gitega
🔥 Kaze mukurikirane ikayago na Nelly Nat adushikirije

Пікірлер: 43

  • @user-wc4rq7tw3g
    @user-wc4rq7tw3g4 ай бұрын

    Nelly Nat jew nsanzw ndakwkundir kuk nta nzigo vrt ufise wubahwe the Queen of buzz 👑🔥🔥

  • @yvesuwizeyimana4543
    @yvesuwizeyimana45434 ай бұрын

    Mwubahwee🎉

  • @oscarfashionbuja1267
    @oscarfashionbuja12674 ай бұрын

    🔥🔥🔥🔥🔥🤝

  • @mikasi_kinking
    @mikasi_kinking4 ай бұрын

    🔥🔥🔥

  • @user-fk3pl1jj4p
    @user-fk3pl1jj4p4 ай бұрын

    Eira❤

  • @user-is3dz8hz3d
    @user-is3dz8hz3d4 ай бұрын

    Umukambwe

  • @urlichdylan5763
    @urlichdylan57634 ай бұрын

    🔥🔥

  • @user-ll4wx7el9u
    @user-ll4wx7el9u4 ай бұрын

    Nelly ndakwemera cane uri bon ???

  • @doomedinscrolling3587
    @doomedinscrolling35873 ай бұрын

    Nellyyyyy uraberewe umu chou wacu shan 😂❤ Abantu babiri dukunda caaane kandi bakora neza ! Nelly uraberewe cherie Kaboss ndagukunda fureshi saana ukuntu witonda uvuga neza ❤

  • @sese667

    @sese667

    3 ай бұрын

    Ayo marori yiwe umengo ni blindé 😂😂😂 ariko araberewe n'ukuri

  • @MC-ch1bi
    @MC-ch1bi4 ай бұрын

    reka mfate agatebe nicare😂😂mb ndiryohererwa 😂nelly nat ndagufana foo😂🔥

  • @ARTHEMON1997
    @ARTHEMON19974 ай бұрын

    Salute mr Kaboss❤ 2:47

  • @fearless-hz5yi
    @fearless-hz5yi4 ай бұрын

    Izo fume zihanagure ziracafuye😂😂😂

  • @tiumuganwakazi7166

    @tiumuganwakazi7166

    2 ай бұрын

    😂😂😂😂😂😂 yazishizeko amakoto 😂

  • @urlichdylan5763
    @urlichdylan57634 ай бұрын

    B 13 weyayuu🚨

  • @user-ev4li4wn7x
    @user-ev4li4wn7x4 ай бұрын

    naj mukunda kubi

  • @user-fy9pw2zr8l
    @user-fy9pw2zr8l4 ай бұрын

    Wew ntukunda ivyawe ko bimenyekana mugabo ivyabandi ukagomba kumenya

  • @maronkocome4786
    @maronkocome47864 ай бұрын

    Ngo Abarundi bahindure « menterité »😂😂😂😂😂😂. Aba influenceuses bacu ni hatari saaaana. @KabossTheReal wubahwe.

  • @alinehabonimana6344
    @alinehabonimana63444 ай бұрын

    Uvuga ukuri kabisa

  • @njejimanajean3728
    @njejimanajean37284 ай бұрын

    Nibakuveko uri bb

  • @alanthiakwizera3060
    @alanthiakwizera30604 ай бұрын

    Kaboss c n pa bo umenga yakurambiy muri interview wamuciriy mwijambo bcp fo corriger

  • @christellankunzimana2245
    @christellankunzimana22454 ай бұрын

    Uragakecuru kabi uretse nugusaza gusa urinakamoshe😂

  • @leonidasnsabimana2749
    @leonidasnsabimana27494 ай бұрын

    Hariho abarundi benshi bari romantique. Hariho n'abazungu batari romantique. 33:08

  • @PrincEloge
    @PrincEloge4 ай бұрын

    🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂

  • @UYEIC
    @UYEIC4 ай бұрын

    Tumubwireko ayo ma fumée amubihiye cank tubanze turindire gato😂😂😂😂

  • @user-vr9uh6uq5t

    @user-vr9uh6uq5t

    3 ай бұрын

    😂😂😂

  • @boboyann
    @boboyann4 ай бұрын

    This girl and her windscreen again 🤦‍♀️🤦‍♀️🤦‍♀️

  • @user-fy9pw2zr8l
    @user-fy9pw2zr8l4 ай бұрын

    Nari ndayirindiriye igishika kuko uyu mukobwa sinzi kwari mwijako wa tanzanie😅😅😅😅 mumureke mow kenzi urya muhungu mbona ari sawa mwashaka agendane nubwo buhungu busicobako mureke

  • @user-bq7vx2hb7g

    @user-bq7vx2hb7g

    4 ай бұрын

    Si mwijaku ni mama wataifa mange kimambi niwe banganya urusaku 😂

  • @user-fy9pw2zr8l

    @user-fy9pw2zr8l

    4 ай бұрын

    @@user-bq7vx2hb7g Nihatr ndakurahiye😀😀😀😀

  • @blessed_to_be_muslim
    @blessed_to_be_muslim4 ай бұрын

    Ayo marori ingene acafuy😢 none arabona?

  • @aimeesandrineuwimana2146

    @aimeesandrineuwimana2146

    4 ай бұрын

    😂😂😂😂😂😂😂

  • @mariamsakora2818

    @mariamsakora2818

    4 ай бұрын

    Nakanyamwanda😂😂😂😂😂😂

  • @teginezamilca2472

    @teginezamilca2472

    4 ай бұрын

    ​@@mariamsakora2818😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @blessed_to_be_muslim
    @blessed_to_be_muslim4 ай бұрын

    None ko yavuze ngo afise umu ex umwe none uwo winzobe MUREMURE ni masterland?

  • @nellynattv3311

    @nellynattv3311

    4 ай бұрын

    Amahoro ?umviriza kandi navuze babiri uwo muremure nuwambere murakoze

  • @user-be1hk8px7q
    @user-be1hk8px7q4 ай бұрын

    Tuzanir mow'kanzie atubwre ivyiw murke kubimuvugir

  • @irankundaornella6202
    @irankundaornella62024 ай бұрын

    Amaso y,imbwa 😂😂😂muma rori

  • @ndtmagic8987
    @ndtmagic89874 ай бұрын

    Ayo maror k asa uko ubwo s'ayamaso y'imbwa?

  • @igirimbabazisania9768
    @igirimbabazisania97684 ай бұрын

    Nelly wallah je ndakwemera abagucokoora sinzi icobaguhora kuko ngo wifitiye umushaha mwiza❤

Келесі