🥂 HangOut na Fun and Fact Ep.27: ''Benshi batwiyumvira uko tutari’'

Ойын-сауық

🎙️ Bano bigeme bati: "Baratuvuzeko vyinshi bitandukanye bicafuza amazina yacu"
👉🏾 Uyu munsi bashimye kwishura vyose muri kino kiyago ciza twagiranye
🎞️🎬📹: ‪@akadirishaprod305‬
#Burundi #HangOut #Jimbere

Пікірлер: 40

  • @Daniela-ij4fr
    @Daniela-ij4fr2 жыл бұрын

    Darlèeeenee😍😍😍😍 👏🏽👏🏽👏🏽👏🏽🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾

  • @omarkwestonirambona6122
    @omarkwestonirambona61222 жыл бұрын

    Iyo team ndayikunda, baravuga ibintu vy ukuri atakury umunwa

  • @akimanacosette2910
    @akimanacosette29102 жыл бұрын

    I really like those girls they inspire me💪💪💪💪

  • @dotrykaneza2813
    @dotrykaneza28132 жыл бұрын

    Kaboss4Real🔥✊🏾

  • @konakunzeornella3164
    @konakunzeornella31642 жыл бұрын

    Ndabemera nukur émission zanyu sinozirengagiza👌👌

  • @chadryarcel
    @chadryarcel2 жыл бұрын

    Interview ya hangout izoncika ntakiri muzima😅

  • @edissanahimana8685
    @edissanahimana86852 жыл бұрын

    Ico Nikita avuze nico. Birashika ko titre y'ikiganiro iba itaryoshe mugabo nka kiraba kubera nzi ko muryosha ikiganiro ukuntu. Bravo les filles❤️

  • @Bahoamagaramazima
    @Bahoamagaramazima2 жыл бұрын

    🔥🔥🔥🔥🔥#kaboss wubahweee hew abo ba dames inkofero ndakuye. Ndabemra saaana 🥰

  • @bsc4177
    @bsc41772 жыл бұрын

    abo bakobwa ndakunda vibes yabo.ntibazosaza kbs bararyosha ubuzima

  • @bigirimanabelyse4635
    @bigirimanabelyse46352 жыл бұрын

    Nawapenda sana

  • @Ida35715
    @Ida357152 жыл бұрын

    These women full of positivity 😍

  • @lydiawamaana8527
    @lydiawamaana85272 жыл бұрын

    Iyi hang out yaritesa👌

  • @doucenoellaishimwe1951
    @doucenoellaishimwe1951 Жыл бұрын

    Barateze imbere n'abandi. Bumviriz Ama avis yabo

  • @appolinemalaika4157
    @appolinemalaika41572 жыл бұрын

    Nikita vrmt ari so real...lov u girl

  • @bajoubeto1421
    @bajoubeto14212 жыл бұрын

    apana ko ndavye iy hangout incuro 2 zikurikirana. kandi ikaguma imbera nshasha 😂 munanitesa sana

  • @didiergatabazi4382
    @didiergatabazi43822 жыл бұрын

    Darlene afise amaguru meza kabisa wahora wibanira

  • @hittoptv
    @hittoptv2 жыл бұрын

    Courage Bro

  • @m.mabeba1972
    @m.mabeba19722 жыл бұрын

    dude! u keep it real. the way u handled them. Chapeau! keep it up dude!

  • @ntsinzielvine9995
    @ntsinzielvine99952 жыл бұрын

    Ndaba love tu

  • @anniealixaineza991
    @anniealixaineza9912 жыл бұрын

    Plus loin plus haut Kaboss 🥰 ikiganir cari top 👌

  • @faithsmith_257
    @faithsmith_2572 жыл бұрын

    🔥🔥🔥

  • @biganda
    @biganda2 жыл бұрын

    Lov u more les mabuja😘

  • @cubahirodadyqueen4560
    @cubahirodadyqueen45602 жыл бұрын

    ❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️

  • @niyonkuruconcolatteconsola4792
    @niyonkuruconcolatteconsola47922 жыл бұрын

    Ndabakunda cane

  • @el9baby870
    @el9baby8702 жыл бұрын

    fureeeshhiiii saaanaaa 🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @dondeliciagateka7962
    @dondeliciagateka79622 жыл бұрын

    ❤️

  • @benomyking4500
    @benomyking45002 жыл бұрын

    Love from benomy king

  • @cubahirodadyqueen4560
    @cubahirodadyqueen45602 жыл бұрын

    Darlene uraberewe caneeeee

  • @kercybty
    @kercybty2 жыл бұрын

    Nice show 👌 I really love this show. With beautiful girls. Very nice Bro Kaboss. Let visit Burundi now🇧🇮👊🏿

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero13772 жыл бұрын

    Mugira neza bakenyezi beza. Imico ihindurwa n'abagore kuko ni bo batanga intumbero y'ico twita indero, inyifato, imico n'imigenzo bivyara akaranga mu nzaruka zikurikirana (reproduction de la société).

  • @familytv2217
    @familytv22172 жыл бұрын

    Nomber one mumpe izo like

  • @dsamdsam518
    @dsamdsam5182 жыл бұрын

    Kaboss, wicaye hagati y'abana nk'abo nta n'ubwoba wumva kweri !😛😛

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda32236 ай бұрын

    😮😢🎉😂❤

  • @irambonaalainnova8956
    @irambonaalainnova89562 жыл бұрын

    Détendre kabisa. Le show iri waoouhh

  • @Fitbdi
    @Fitbdi2 жыл бұрын

    Hosy est trop pensive, ndakwatuyeko kuronka ivyo vyose ubona imbere yawe, ivyo mukora bifise impembo nini

  • @arlenemugisha9495
    @arlenemugisha94952 жыл бұрын

    Terimbere ladies

  • @digitalhead1345
    @digitalhead13452 жыл бұрын

    Nabakobwa cnk nabamama

  • @akimanacosette2910
    @akimanacosette29102 жыл бұрын

    I really like those girls they inspire me💪💪💪💪

  • @CapitaineVevo
    @CapitaineVevo2 жыл бұрын

    Courage Bro

Келесі