💬 Fanny Lavine n'umukunzi wewe Norasque, ngo amajambo menshi bagiye barabwirwa kuri #SocialMedia ngo ari mu ntambamyi bagiye barahura mu rukundo rwabo
Nazinduts sha my favorite couple ❤❤
Narishuhiye ikikiganiro🤣🤣🤣🤣🤣🤣 reka nicare nda❤️❤️❤️❤️❤️🙏🙏
Courage mes amis.Imana izahagarare murugo rwanyu ndabak❤ cane ntigirishije pe .Norasque kuba utitaye kubyabantu bavuga kumu chrie wawe vyonyene narabigukundiye .ukomere ushire amanga Imana izabigufashemo.nawe Fanny uzamukunde kandi uzamwubahe .Imana izabakumwe namwe bizagenda neza
Urazi ukuntu naguma nza kurab ko mwahashits😅my fav couple❤
Kaboss thank u kudu hangout dutesa
Fanny Lavine naw yaguy ahasash yikundira imitoma hejuru cynee Norsque ❤️💪🏾
Ndabakunda cane fanny na nono💕💕💕💕💋
Imana ikomeze gukora ibitangaza ndabakunda❤❤❤
Solution couple❤ Ereg ndi mu Rukundo namwe🎉🌹kubr jew ndi numukunz w'urukundoo❤
Courage ndabakunda ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
Ndabikundira cane ❤❤❤
Ndabakunda
Nukuri urukundo rwanyu ruranyubaka yoooo ndabakunda❤❤❤❤❤
Ni Fureshiiiiiiii sanaaa⚘⚘⚘⚘💓
Ariko muratesa ga basha ndabakunda numutima wanj wose❤❤❤
gabanya iyo politique
Kazima ndabakunda🥰🥰
Ndabakundaaaaaa
Uwumugabo Norsque araz kuresh 😂
Niho nkiraba iyi émission yuuuuii j t'aime 😘
Nice to see you guys in love
❤
Waoooooo beza banje❤❤❤
My favorite couple ❤❤❤
Ababasore bo muma site nabatekamutwe urunva ingen yamwifatiye
Kaboss hejuru cane,ndagufana
Twaritubakumbuye kweli
Mwari mutonyoteje sikumingiszna
Solution couple🎉 ndabakunda
Courage ❤❤❤❤❤
Ahonyen ndatahij Fanny kukiganiro mwakoranu n'a chri waw uvugako atamuntu mukora umwuga umw mwokundandna😂❤kand Nora uribuka icokiganiro???😂😂😂😂
Mwirambire beza banj ❤❤❤
Ndashak muzonyerek umwana wagatatu kk fanny lavine ndamukurikiran cane mug nagumy mbon babir gus 🥰🥰🥰
🎉🎉🎉❤❤ Solution couple
Iyi couple ndayifana, ❤
Fn ndakunz impanuro zaw 👍👍
Eeeeh to day nazindutse
😂😂😂😂😂😂 ako kantu ngo reka abana begere ahondi🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ndabona sha ndabona!!!
My favorite couple
😂😂😂😂😂
iciza nta kirira kur caméra 😍😍kaboss ntiwadusezey😂😂😂
Imana ibubakire❤🇸🇦🇧🇮🥂🥂
Eira❤
❤️❤️❤️
Nibazako uwagatatu ariwasheri wiwe
Fany warufisubwoba nkubwo nkubwo mfise kuwo turikumwe ndamwankira nuko amvuga iwabo😂😂😂😂
Couple ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Murambabarira nacerewe bantu banje nku❤ my solution couple💗
😂😂😂😂Ngo sinifuza kwazonkubitaa
Iyi couple inyigisha vyinshi❤❤❤
Nagum nza kuraba ko mwahashits nkabura😂😂😂
I love you ma pipo❤❤❤
❤❤❤❤❤❤
Aranyubaka uyo mudam
Mbayuwambere sasa😂
Director ntazosubira kureka error ya sound nkiyi yo kuri 21munites synchronization yrayihojeje kuyigira neza
Ndaba❤❤❤
Yooo mubintu vyose mwavuze ndijijwe nukwo kuntu wamwituye atarakubera mugenzi wahafi
😂😂😂😂 umu Chr wa Fanny ara yerera
Ico kiganiro Nico muri chambre gusa norasque ntazi Ku dragua ntari romantique....🫢🤔vyige Man Fanny ari tellement romantique nukuri😂😂😂😂
Stop being jealous
😢winjiye winjiye
❤❤❤❤
❤❤❤❤❤
🎉🎉❤
Hhhhh yooooooo 😂😂😂😂😂 yari Fanny lavine ntiyari francine 🤣🤣🤣🤣akokantu vrm 🎉🎉🎉🎉 ubweng bwose arabugay
J ndamaz kubona wemey ibintu utari sur🤔ah kensh uzuhagabire wisang ahonyen ah ariho ho kbx
Uwiteka aze abubakire eka muri solution couple kbx,
Kiragukwiye
Couple irenze pe !mwe mwigumira muburyohe
❤❤🎉🎉
🎉🎉🎉❤
❤❤❤🎉🎉
kumunota wa 13 nama second 52-53 😂😂😂😂😂😂😂
❤❤❤❤🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉sawa
Kumbe aramaze kukufumana abakobwa intangi munyuma😂😂
Ngo mbe harya Uri inkumi?????mbega akabazo ewe norasque sha.
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Fany kumbe ufise abana batatu nagira nibabiri Imani ibajimbere 🙏🙏🙏murugo mugiye gutangur
Umwe nuwa norasque
N'urya mujobwa wumugabo wiwe
Oya nuwiwe bwite apan ury wa norasque aba kwa se wiwe yitwa Diella vrt nta so
Ndaguseste Nora jewe sindakwanga Kandi ndanabafana gusa iconokuburira mururo rukundo rwanyu
😂😂 nora arantwengeje ngo mumbarize muhungu tuhatebe
Ukuntu nar nakaniye kino kiganiro nn birangiye mbaye uwanyuma😂😂😂😂😂😂reka niyumviririze gusa ndavuga munyuma iconzi murabantu banje kbx ham nukuri mubandanye mwitegur samedi tuzohurira mubukeye sha😂💃💃💃💃💃💃💃
Fam 🤍🤍
Ngo mbe harya uri inkumi ? Ubwo ntasoni ga Nora?
Muze mwirambanire
🎉 ndatanguy ikiganiro 😅😅😅 nizereko ahohantu mwarimurikomuhatubwira 😅😅😅😅😅 Kuko 😅😅😅😅 nanj chr wanj zrankunda yohanjana 😅😅
Emely😂😂😂😂😂😂😛😛😛
IMANA yabitanguye ibikomeze mubane amahoro
Mbebasha muriko mukina aga filme ????😂😂😂😂 Murarugumye sana kubera muvanye nukuhonya muruhoza kuri za Média ba sha 🫢🫢🫢🫢🫢🫢 noneho youtube yaba ntonya cane kuko agasaku kahavugirwa !!!!!!😂😂😂😂😂 Dusabe nyiribihe vyose arugumye gushika umwe apfuye ego ❤❤❤❤
Uyo muntu arabaciriyemwe nagende mwariko murabiryosha vraiment
Yopo kumunota wa 63 rro😂😂😂
Narinabatinze basha nagumanza gusura nkasang ikiganiro ntikirasohok nda❤ muvyunve
Akari imbere Niko kazotuma wifuza gufuta ama video mwakoze
Niko IMANA yakweretse??
Fanny uzokunde umwanya wa Noraske kk agukunda cane
Ariko none wewe ko umubwira utujambo tumiryohera we ntatuvuge ubwo ntuzosanga umukunda wenyene we atavyatura mumajambo
Fanny lavine afise abana 3?abakobwa 2 numuhungu 1?je narinziko afise 2
Ntumukurikiran kuko iyab umukurikiran uba ubizi
Afise aba 2 numwe wa norasque
@@niyonkuruconcolatteconsola4792Fanny afise 3 enfants nibn
Zawivugira make gusa usabaimana ukuje imbere
Fanny na Noraske ndabakunda cane muraberanye kandi mvuze musazane bitaganze gutyo bobatwenga
Yavuz aban yashizemwo uwa nora bemutahura basha Jew ndabkunda❤❤❤
Fanny afise 3 enfants 2 filles et garçons
@@mellykayebekaofficial3377 eeeeh Jew narinz afis babiri
Gusa ntimwaseze mugufungura.beza😂
Nazindutse cane
Arabeshe fanny uzukunt yakunda abahungu batobato mukiganiro yakoz ubushize yavuz k yank umuhungu mutomuto 😅😅😅😅😅
Пікірлер: 142

@julesinteriteka4567
4 ай бұрын

@user-js8tw8vh2b

@miracleange1588
4 ай бұрын
Yooo mubintu vyose mwavuze ndijijwe nukwo kuntu wamwituye atarakubera mugenzi wahafi
😂😂😂😂 umu Chr wa Fanny ara yerera
Ico kiganiro Nico muri chambre gusa norasque ntazi Ku dragua ntari romantique....🫢🤔vyige Man Fanny ari tellement romantique nukuri😂😂😂😂
@mamadusabe9761
4 ай бұрын
Stop being jealous
😢winjiye winjiye
❤❤❤❤
❤❤❤❤❤
🎉🎉❤
Hhhhh yooooooo 😂😂😂😂😂 yari Fanny lavine ntiyari francine 🤣🤣🤣🤣akokantu vrm 🎉🎉🎉🎉 ubweng bwose arabugay
J ndamaz kubona wemey ibintu utari sur🤔ah kensh uzuhagabire wisang ahonyen ah ariho ho kbx
Uwiteka aze abubakire eka muri solution couple kbx,
Kiragukwiye
Couple irenze pe !mwe mwigumira muburyohe
❤❤🎉🎉
🎉🎉🎉❤
❤❤❤🎉🎉
kumunota wa 13 nama second 52-53 😂😂😂😂😂😂😂
❤❤❤❤🎉🎉🎉
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉sawa
Kumbe aramaze kukufumana abakobwa intangi munyuma😂😂
Ngo mbe harya Uri inkumi?????mbega akabazo ewe norasque sha.
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Fany kumbe ufise abana batatu nagira nibabiri Imani ibajimbere 🙏🙏🙏murugo mugiye gutangur
@niyonkuruconcolatteconsola4792
4 ай бұрын
Umwe nuwa norasque
@Hazfir.Official
4 ай бұрын
N'urya mujobwa wumugabo wiwe
@maniragabaeric1558
4 ай бұрын
Oya nuwiwe bwite apan ury wa norasque aba kwa se wiwe yitwa Diella vrt nta so
Ndaguseste Nora jewe sindakwanga Kandi ndanabafana gusa iconokuburira mururo rukundo rwanyu
😂😂 nora arantwengeje ngo mumbarize muhungu tuhatebe
Ukuntu nar nakaniye kino kiganiro nn birangiye mbaye uwanyuma😂😂😂😂😂😂reka niyumviririze gusa ndavuga munyuma iconzi murabantu banje kbx ham nukuri mubandanye mwitegur samedi tuzohurira mubukeye sha😂💃💃💃💃💃💃💃
Fam 🤍🤍
Ngo mbe harya uri inkumi ? Ubwo ntasoni ga Nora?
Muze mwirambanire
🎉 ndatanguy ikiganiro 😅😅😅 nizereko ahohantu mwarimurikomuhatubwira 😅😅😅😅😅 Kuko 😅😅😅😅 nanj chr wanj zrankunda yohanjana 😅😅
Emely😂😂😂😂😂😂😛😛😛
IMANA yabitanguye ibikomeze mubane amahoro
Mbebasha muriko mukina aga filme ????😂😂😂😂 Murarugumye sana kubera muvanye nukuhonya muruhoza kuri za Média ba sha 🫢🫢🫢🫢🫢🫢 noneho youtube yaba ntonya cane kuko agasaku kahavugirwa !!!!!!😂😂😂😂😂 Dusabe nyiribihe vyose arugumye gushika umwe apfuye ego ❤❤❤❤
Uyo muntu arabaciriyemwe nagende mwariko murabiryosha vraiment
Yopo kumunota wa 63 rro😂😂😂
Narinabatinze basha nagumanza gusura nkasang ikiganiro ntikirasohok nda❤ muvyunve
Akari imbere Niko kazotuma wifuza gufuta ama video mwakoze
@vanessa-vavandikumwenayo2757
4 ай бұрын
Niko IMANA yakweretse??
Fanny uzokunde umwanya wa Noraske kk agukunda cane
Ariko none wewe ko umubwira utujambo tumiryohera we ntatuvuge ubwo ntuzosanga umukunda wenyene we atavyatura mumajambo
Fanny lavine afise abana 3?abakobwa 2 numuhungu 1?je narinziko afise 2
@mariamsakora2818
4 ай бұрын
Ntumukurikiran kuko iyab umukurikiran uba ubizi
@niyonkuruconcolatteconsola4792
4 ай бұрын
Afise aba 2 numwe wa norasque
@mellykayebekaofficial3377
4 ай бұрын
@@niyonkuruconcolatteconsola4792Fanny afise 3 enfants nibn
Zawivugira make gusa usabaimana ukuje imbere
Fanny na Noraske ndabakunda cane muraberanye kandi mvuze musazane bitaganze gutyo bobatwenga
Yavuz aban yashizemwo uwa nora bemutahura basha Jew ndabkunda❤❤❤
@mellykayebekaofficial3377
4 ай бұрын
Fanny afise 3 enfants 2 filles et garçons
@leilainyitayeho4710