👨🏾‍🦱 Gukora ibikorwa vyo muhira ntibikwaka ubugabo bwawe

🧽 Umugabo aguma ari we n'igihe agira ico afashije mu bikorwa vyo muhira. Ahubwo biranezera umufasha wiwe, bikazana umwumvikano mu rugo
#Uburundi #positivemasculinity #Jimbere

Пікірлер: 3

  • @fleuryndaboroheye2225
    @fleuryndaboroheye22254 ай бұрын

    Uwo mugabo numwana mubi atekera umugore wiwe atarumuzigo😂😂😂😂😂

  • @doriankarisabiye5037
    @doriankarisabiye50374 ай бұрын

    Kiracagoye 😂

  • @ericiranezereza9987
    @ericiranezereza99874 ай бұрын

    Ur'umugabo ukaguma uteka ufise umugore ivyo sivyo ahubw wee niwe uba wacitse umugore 😢

Келесі