Fanny ndumunyarwanda ark nkukunda kuburyo utabyumva nkunda ibikorwa byawe nkunda film wakoze ninziza cyane wowe kora urekane nabo banyamashyari uzatera imbere kk. ufite abakunzi benshi
@lesportetlanutritionpourla99562 жыл бұрын
Gusa rero mwabantu mwe uko muri muri babiri you're most talented films player tuzi twemera nimwe mwariko mutwibafiza bongo movie Bollywood,Nollywood n'ahandi murabe mugarukane ubumwe basha naho mutoguma mukinana ariko rimwerimwe mukinane kuko ntimwokwamana cank ngo mugumane kuko you not married or twins
@kwizeraemmanuel7662 жыл бұрын
Big congz Buja hit for 100k subscribers ,big up Beni chou
@inkurutv86682 жыл бұрын
Fani ndabizi uri umugore wintwari cane. Gereageza ureke kurira kuko umwansi iyo uririye imbere yiwe arishima kuko aba atsinze kuko ntakundi aba ashaka. Komera ukore Imana irikumwe nawe. Natwe abakunzi bibikorwa vyawe tukuri inyuma
@rosine49672 жыл бұрын
Nukuri fani niwihorere nusubire kurira WE mwihoze
@albelikane70052 жыл бұрын
Fanny Imana ikujimbere cane Mukuri Kandi been ndagusavye uhuze abobantu
Fanny pole gusa iyo ni défaut kweli mwe mwarimugeze aho mutanga ikintu kimeze neza murikumwe none musubiranyemwo🤔🤔une développement durable chez nous est encore très loin!😜
@hatungimanaclaudette77972 жыл бұрын
Fanny abantu niko bameze ndagukunda canee
@user-yu7jq3qe8j2 жыл бұрын
Fanny nukt ndagukunda ark numva Abel ariwe agufitiye bifu
Пікірлер: 433
Ufise icubaza canke uterera : +257 68 051 919 N.B . Zikora kuri Whatsap gusa Ntiwibahire kugira Subscribe kugira uzuraba uwambere ukurikirana ibiganiro vyacu. Turabakunda kzread.infovideos
@brigiteniyimpaye9993
2 жыл бұрын
A ppppppppppPPPPPPpPPPPpPpPPpPPPPPPPPppPppppppppppp ,
@user-kd4qr2iq7t
2 жыл бұрын
@@brigiteniyimpaye9993 😀
@jeenali3991
2 жыл бұрын
Courage we love yoy
@soniairakoze1839
2 жыл бұрын
Fanny urakunda kurira wewe
Fanny ntaco uzokora ngunezereze ab'isi wewe ter'imbere ivyawe IMANA ibirimwo😘😘😘
@viletviyorettee553
2 жыл бұрын
Por fani nturagukunda ihangane❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️📖📖👏
@nesimugabo9558
2 жыл бұрын
Ihangane yacurira ntawuhagarika umugambiwimana nahoyotumira ibihugu bigwana kurushibindi wugare cankureke umugishawimana ucanomusi yumuryango wugaye wihumura urekekugwana nivyutabona
Fanny yoooh 😢😢😢 ihorer nukur wihangane 😢 Yooooh 😢 Nciye mbabara☹️☹️☹️kubon urize Gus Fanny love ❤️😘😘 wihangane chr wanj ❤️
Beny Kora Ibishoboka uhuze abo bantu kuko mu bamenyeshamakuru tuzi ngaho I Burundi niwe ukora neza kubarusha. Ico kintu uragishoboye. Hama Funny nawe k'umuntu azi kumvira amajambo birumvikana ko afise vyishi yamize , kandi nico cerekana umurundikazi w'ibanga. Abel nawe nimba udashaka ko ejo canke hirya y'ejo ko n'abandi bazovuga ibindi, ca bugufi wemere amakosa nk'umuntu yigeze kumenya Imana. Ntiwite kw'izina ufise ariko umenye ko Imana itabishatse wozima. Mwese mukundane niwo munezero wacu. Murakoze cane.
@jeenali3991
2 жыл бұрын
Turibagira pe tuzoza dutangura gufyonda mbere yokurabs
Abel afite ishyari kuko wateye I mbere nahoshiiiii am your fam
Por sana abisi nikobamez wew komezurugendo kuk abagukunda basumba abakugwanya gumyumutima kuk nibakuvuga ugaca urira buragwiza amosozi ariko ivyo bavuga ntuvyiteko wite kuntumbero yawe wihangane maze ndakwikundira di fanny💞🥰
Pole sana my cher nanje ndakoroye amosozi😭😭😭😭😭gusa nimurabi musubize hamwe ndabakunda chane
Fanny I love you so much ukina neza cyane pe!!!nkunda films zawe
Birababaje urwo rwa Lo😔😔 Abel niyisubireko na mwebwe bamenyeshamakuru mureke gukwiragiza inkuru z’urwanko. Uyu mudamu turamukunda cane. Ater’imbere🙏🙏
Pole sana kbs gusa fanny wewe ndagukunda ariko ikikiganiro ukoze gitumye mbonako ukirinjiji none wariguca uvugavyose ingene vyagenze.ndetse nivyotutarituzi vyose sha mammy wanje uraraba ukoreshe ubwenge imana yaguhaye mubisanzwe Abel ntiyigeze akuvuga nabi
Ndagukunda cne Lavine wnje💕💕
Fanny impore mama ndagukunda cyn ❣️ uwiteka aragukunda ntukagubwoba uwiteka azahakubera rekana nuriyamutindi Abe Imana izamuhana bikomeye🇬🇦🇬🇦
Fanny be strong kabisa ntuz usubire kurira😭😭😭
@tecquistenina2378
2 жыл бұрын
Ukagir yariz com tell?😂 eka daaa fanny afisamarir arihaf kd naj mvuz ndirubunyen yocashunguruk
Fany wnje courage iyumuntu ariko aterimbere abamurwanya baba benshi vyerekana ko urigukora nez so courage💪
Lavine Pol sn nanj ndariz sinkund mbon und mwan arira😭😭😭😭😭😭
Fanny rekana nawe nukuri gusa ndabakunda mwese ❤️
Nimusubirane muvugane musunire mukorane fanny ihagane ndakwinginze ntusubire kurira😭😭😭sorry ndakwinginze🙏🙏 ihagane ndabikusavye🧎♀️🧎♀️
Basha nimureke shetani arengane ntabacanishemwo nukuri ukuntu muriko murakina muberanye 😭😭😭nukuri ndababazwa nibibintu nukuri murabe bihere nukuri
Nibakuveko sha Muvyeyi mwiza 😍 turagu♥️🤷🏾♀️kndi courage lavy Ndiho akutuzigamire akwonger imbaraga&aguhoz sh niwihorre turagushigikiy terimberr🙌🏿
We love you Fanny, keep it up, you’re doing great 👏
Hezagirwa saaaaaaaaaaaa fany gutera imbere bisaba gupambana amajambo ntazobura ✌️✌️💪💪💪
Amena,amena, Amen amen amen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏, Fanny Lavine,ariko,haricyo,nakubajije,utaranyishura, vraiment,natwe,turangukunda, canne love you, Fanny Lavine, ariko,jewe,nunkunda, kuko, nakubajije utaranyishura, sivyiza oyanamba,ariko,ndakwifuriza,imana, ingishikane,Aho,ushaka,
Ndababazwa ningene abarundi bagomba batangure ama bifu ningene nkunda abanyempano bacu twahezagijwe n,IMANA
Komera Fanny, songambere ibindi uvyihoze. Ihorere ureke ibikorwa vyivugire
Fanny 😭😭 namarira Meshi cyanee yifitiye Nguy arahatwitse abell
Yooo Fanny pol san m chr wihangan wew komez ibikogw vyaw ilove you
Fanny umuntu akubwiye kowateyimbere ucuvugango amen, ntabwoyakwatuyeko Nabi! Gusa naw waramuritse nkuwurikumwana umukate ahubwo mwiyunge nka ana b'Imana ntimupfubusa! Ndabakunda mwese
Ihorer shaah Fanny kk abantu bama Bari jaloux iyumuntu atey intambwe nimwe,mpore ahubwo courage
Urakoze di fanny je ndakwikundira nawe ugirumugisha ufwipfurije ibintu vyiza💃💃🥰
'Abel reka kutuririza Fanny wacu.natwe turababara aho twoheba ivyawe Imana izomukubaze
Non lavon nkubaz koko abel.yarigez akuvug ko ufis umutima mub??? Jew mwes ndabakunda arik murek.kwankan
Fanny MWe n'a Abel mbakurikirana caaane nanje vyarambabaje kweeri harya kuri réseaux sociaux ntivyar bikenew wihangane yesu aguh umugisha kandi muhariranire kuko mubikora neza
Be strong my dear
Fanny ndagukunda uricana ciza, vraiment urumu happy
Kumekucha uku abo kwa nyamwema mupo nazindutse p🤣🤣reka ntore agatebe nicare 🤔🤔numvirize commentaire hanyuma
@fdff3980
2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@vivipro3172
2 жыл бұрын
Oyarekaaaaaaaa muburundibuzuyijaruziiiii🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳✋✋✋✋✋✋✋uwutotwenga yobagwaye gangara🤣🤣🤣🤣🤣
Iyumvira mahoro sha sister Imana izoguhembera ivyo wamukoreye
Cherie wanje Fanny be strong, reka kurira abakunzi bawe turinyuma yawe
Pôle sana mama,Imana ikuje imbere mubikorw vyawe ,niwabandanya kuyigororokera nayo izosiribanga abansi bawe,courage Imana imbere
Fanny Keep your good heart I like you am from Rwanda Ufite umutima Mwiza Abel nahoshiiii
Ariko rero nakamara mazakweri kumbenuko biri manawe poresan ❤️❤️❤️🇧🇮🙏 imana iguhe kwihangana
Congrats Bujahit tv for 100k subscribers🥳🥳🥳
Fanny : 😭😭😭😭😭 Benichu : Reka kurira Fanny wihangane 🤭
Fanny love u so much
Beni iciza, uzobahuze kuko bizoba, vyiza cane kandi uzobukoze nkumugabo
Fanny urandijije ariko komeza umutima ndazi bizohera ndagukunda fanny🇧🇮🇸🇦
@daliusnsengiyunva228
2 жыл бұрын
Fanny turakwikundir mureke umwana yankwa niwakira imaan uminyeshari ntahagera uzogumiterimber abona kamurye
Fanny ndumunyarwanda ark nkukunda kuburyo utabyumva nkunda ibikorwa byawe nkunda film wakoze ninziza cyane wowe kora urekane nabo banyamashyari uzatera imbere kk. ufite abakunzi benshi
Gusa rero mwabantu mwe uko muri muri babiri you're most talented films player tuzi twemera nimwe mwariko mutwibafiza bongo movie Bollywood,Nollywood n'ahandi murabe mugarukane ubumwe basha naho mutoguma mukinana ariko rimwerimwe mukinane kuko ntimwokwamana cank ngo mugumane kuko you not married or twins
Big congz Buja hit for 100k subscribers ,big up Beni chou
Fani ndabizi uri umugore wintwari cane. Gereageza ureke kurira kuko umwansi iyo uririye imbere yiwe arishima kuko aba atsinze kuko ntakundi aba ashaka. Komera ukore Imana irikumwe nawe. Natwe abakunzi bibikorwa vyawe tukuri inyuma
Nukuri fani niwihorere nusubire kurira WE mwihoze
Fanny Imana ikujimbere cane Mukuri Kandi been ndagusavye uhuze abobantu
Fanny ndababaye kukubon urikurira narindabiziko mur flm ark wihangane
Ivyo mufa ntavyonz arik nkurikij ikiganiro yavuz NTA vyish yakuvuzeko Rek kwiriza nawe ntiwera na Abel ntiyera vyiz musabane ikigongwe musubirane😏
Fanny don't cry. Ico sicogisubizo cabakwifuriza nabi 'igisubizo nugukora cane ntiwite kumajambo pls
Pore sana Fanny wihangane
Fanny Pol San Kbx niwihangan mubuzim habaho kubabara nokunezerw bibah ihangan mukobw.mwiza🇸🇦🇧🇮🙏🙏🤭🤭❤️❤️
Fanny ihorere maze imbere niheza knd wibuke ko yuguruye ntawugaraa knd umugisha wumuntu arawuvukna courage 😘😘😘
Yooo.Ninde.yakubabaje my.Chr..ndakwi.kundira🇧🇮🇸🇦
Pôle Sana ma Fanny umugisha wuwundi ntawuwurwanira nakuveko
Ivyoturabimenyereye kugira mwironkere amavyuzi atarukonaho muteyisoni mwikebuke kouteyeintabwe nagato nivyizakwibuka ahowavuye nokugarasivyiza bwiye umurundi uwariwewese
Kazima sha Fanny wiyemerera ko watakaje incuti ntakabaya. Nawe nakomantaze umutima
Ababazwa nuko mwamenyanye n'a Assiah ariko ico yomenya nuko umugisha w'umuntu atamuntu awutwara Fanny turagukunda cane rekana nabanyamwaga
Mutanguye kugwanira mumpano vrma.abarundi ga yemwe muzopfa ataterambere mugezeko kuberishari ninzigo .ariko vrma nka Abel arumuntu wumugabo kuzaninsaku bivuziki nukuri.kotwebwe dukurikirana ibintu vyanyu mwese vrma musharikana kuberiki.Fanny reka kurira Chr komeza wikorere ivyawe abashaka kukwicira nibakore ivyabo nabo tubasapoting mukubiraba Hama muganire neza mukundane niho muzoterimbere.
@tinadata6960
2 жыл бұрын
Urinate cane umega warahejeje urasazwe cane
@johajohar7777
2 жыл бұрын
😏😏😏wew nturi Imana 😏urabona nkooooo
@divineirakoze7023
2 жыл бұрын
Uvuz neza shaaaaa
waaaouuu mwakwijije 100k flicitations buja hit tv
Yooo Fanny ihorere, turagukunda 💕
@eveneven8726
2 жыл бұрын
Pole my
Ihangan sha Fanny uzogera kur hashoboka Imana sumuntu
Nakureke mwiza wanje urakunzwe gusa Abel yoroshe umutima inzigo ....... Ntitoborisi
Fanny pole sana satani ntiyigendera agira ico ahagazek ntakunda abantu bakundana Akora ukwashoboy kugira bankane,Imana ibikore musubize hamwe nukuri.
Pole sana
Raba mwegerane musabane Imbabazi kuko Vyose muzabisigaho
Fanny nukuri urandijij kwer ndi maman jiji wihangane chr arik kandi bizohera mwongere muhuze
Pole sana mwiyunde ntabirenze
Ihangane Chr knd uhumure ejo ni heza knd turagukund knd cyane💗💗💗💗💗💗💓💓💓💓💓🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Fanny pole ibisi Niko bamez
Yooo fanny nukuri nimurabe mubisubiremwo mama wanje ndakwikundira❤❤❤
Fani na Abel murabe muhindure kuko iyo nyifato ntibereye abakristo nimurabe muve murivyo mubihebe muhariranire ivyo murimwo nta nyungu mwongere mushigikirane twebwe bwabemera nkabantu basenga kwer ndabasavye nimureke kwiha amenyo yabatwenzi kwer
Ihangane fanny wanje mwijuru hari lmana🙇♀️🙇♀️🙇♀️
Fanny lavine abisi niko bameze wewe kora urekane nabagucafuza urafise talent ya FLM
🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 🙏 fani urakoze
Ihorere Fanny yooooo urariz nukur.
Urukono rugiye kubarusha abanyamakuru ntaco bazobungura atarukumeneranira amababga kandi igih mwayagiranta ntimwaj imbere yabanyamakuru murabantu musenga birateye isoni naho abel yari kukubabaza nkumufana wawe wari kumubabarira uyumuco mubarundi kandi bakijijwe simwuza nimuyage musenge mukore flim nubutumwa nkabizera
Abaririmvyi bashwane abakinyi bashwane nn nigute muzotera imbere ni mukundane bantu b,Imana
Ndarenganye love from mr sammy officiel nimuz dutez imbere igihug
Murambabaje mundirije umukobwa yitahuye ndamukunda Fanny iyo umuntu ateye imbere abamusubiza inyuma baba beshi kimw muje hamwe nkabavukanyi musubize hamwe ntimube nkabantu badafise Mpwemu yera kuki abapagani bakundana kuki namw mutokundana
Gusa fanny warikunuma harivyo utarikuvugiraha aha kbs kuko muriko muracafuzanya mugapondana sivyiza.
Ihorere di ma chr wnj uhoraho aguhe kwihangana nkuko wahora ugire umutima kigabo Abel ntamugabo agira amatiku nimwihanure musubize urukundo nkuko gwahora
Humura ihorere 😭😭😭😭😭😭
Pore sana
@aminaamia2821
2 жыл бұрын
Urakoze cyane fanny ndakwikundira sana🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@jeannendayizeye189
2 жыл бұрын
Fani ihorere mwana wamaman none aberi ntazi nogukina fime ubundi akwiye kuraba Ibindi yokora
Aba star niko mumeze gusa wihangane fanny
Ndarize basha .Fanny ihangane
Pole sana Fanny abantu nabantu.
Ningorane iburundi tuzotera imberedutevye ubwo Abelle arabonako fanny amugeranyekur fanny wew raba imbere hawe
Niwihe amahoro fani.turagukunda
Ntaconobivugako 🚶♀️🚶♀️🚶♀️
Fanny pole gusa iyo ni défaut kweli mwe mwarimugeze aho mutanga ikintu kimeze neza murikumwe none musubiranyemwo🤔🤔une développement durable chez nous est encore très loin!😜
Fanny abantu niko bameze ndagukunda canee
Fanny nukt ndagukunda ark numva Abel ariwe agufitiye bifu
Mpore sha fany imana irimwijuru knd birabonekako abelli afise umunwa ninzigo
Faf mpor rek kurir ndasavy😭😭😭❤
Polesana kweli