Fait du jour: La démolition des constructions dites anarchiques se poursuit à Bujumbura

Ce vendredi 18 juin, les opérations de démolition des constructions jugées anarchiques par l'administration se sont poursuivies: c’était le tour des zones Bwiza et Nyakabiga.

Пікірлер: 9

  • @sumisumi8181
    @sumisumi81813 жыл бұрын

    100% support

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day1093 жыл бұрын

    L'ordre 💖

  • @alesnema9596
    @alesnema95963 жыл бұрын

    Oya nibikunexere mwubatse mwibarabara none nkawe haguhanura ababikoze NGO birakubabaje ayo namakisa manini kubaka mwibarabara nibaje mumasoko

  • @Sirila18
    @Sirila183 жыл бұрын

    Aho igiturire kizoca muri ibi vyo kubomorerwa hazoca haboneka.. Ntakuntu hoboneka commissions zigizwe n abaho izogenzura ko buri quartier canke agacimbiri vyakozwe neza ata nkunzi . Bamwe wumva bavuga ngo bapima metero izi nizi bahereye mu barabara hagati abandi ngo ku mifurege abandi ngo ku biti vy amatara..... Ni babandanye babisigura mu biganiro vyo ku ma radiyo bikorwe kumwe . Izo metero basiga ubwo n uwutarubaka ntiyoreka kuharima nyimba ari iza leta? Yo nyene ikamenya ivyo ihatera bikingira ibarabara n imifurege ???? Abashikiranganji b intwaro yo hagati mu ntwaro ziheze barihoreye kandi bazi uko amategeko yubatse none abanyagihugu ni bo bariko barawunywa nabo biraramiye mu bindi biti. Abakoze nabi baze barasezererwa burundu bareke kuguma babungururiza ahandi. Nk ubu bituma umushikiranganji w intwaro yo hagati w ubu ariko akurikiza amategeko abonwa nabi kandi nabo bari babizi bakabirenzako uruho rw amazi . Imbere yo gusubiza abantu mu yandi mabanga ni babanze barabe ico bamaze aho bahora. .

  • @MegaAlexison
    @MegaAlexison3 жыл бұрын

    Bari kubaha umwanya kandi bakwiriye kubwira ababa baserukiye ibisagara imbere yuko qbanyagihugu bubaka ko bubatse kumategeko kugirango ejo ntibazagaruke ngo bomora

  • @burundishallsmile1day109

    @burundishallsmile1day109

    3 жыл бұрын

    Barababwiye baravyirengagiza.

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero13773 жыл бұрын

    Ntushobora kubomorera umuntu utatunganije ahandi aca aja gukika umusaya. Reka ubwo bubisha buvanze ubujuju no kuzira urwiganwe.😏

  • @theogenenshimirimana7267

    @theogenenshimirimana7267

    3 жыл бұрын

    Urinde wewe uvuka uko

  • @ndayishimiyerichard5680

    @ndayishimiyerichard5680

    3 жыл бұрын

    @@theogenenshimirimana7267 ukeneye umuntu canke uraba ico avuga? Burya ntibubaka hariho ubutegetsi ? Yaco mwigira abari New York nahone harabaho quartiers populaires ntushobora kugira exigences zimwe muri Kinama na Rohero canke Centre ville !!! Abaryi bibiturire barejj aca akubwira ngo igiza inyuma Metero imwe uvuy kwibarabara hama après 5 ans ngo wasize hato subir ubomore.kuberiki hatajaho commission ibikurikirana? Kugire bikorwe neza