Duhuje Mkombozi na BFace barahaturiye🔥😂|BFace yaronse uwo banganya inyushu|ntavya condom|1M de vues🥰

#debat #rappers
Twahuje aba Rappers babiri bakoze mu bihe bitandukanye kugira badusigurire ubuzima bwa Rap mugihe ca Mkombozi no mugihe ca BFace batanze umuco wose muriki kiganiro ariko vyaheze twumiwe😂🤣

Пікірлер: 365

  • @sirenvibestv
    @sirenvibestv3 жыл бұрын

    Twahuje aba Rappers babiri bakoze mu bihe bitandukanye kugira badusigurire ubuzima bwa Rap mugihe ca Mkombozi no mugihe ca BFace batanze umuco wose muriki kiganiro ariko vyaheze twumiwe😂🤣

  • @FabriceNim

    @FabriceNim

    3 жыл бұрын

    uwo mukobwa@Drln avug umwany munini kurush abatumire!

  • @waslaywagtg8107

    @waslaywagtg8107

    2 жыл бұрын

    Vyizaaa canee

  • @gastonakimana2156

    @gastonakimana2156

    2 жыл бұрын

    Kabisa uwo mukobwa avuga cane gusumba abatumire biwe araraba akosore kuko nibaza ko aribo baba bafise vyinshi vyogusigura

  • @obeytiger2635

    @obeytiger2635

    2 жыл бұрын

    We love you guys

  • @Famil884

    @Famil884

    2 жыл бұрын

    Zz 😘😳😳🤔🤔🌞

  • @Dmdemmanuel15
    @Dmdemmanuel152 жыл бұрын

    Iki ico kiganiro kibaye ciza muburundi ❤️❤️🇺🇸🇺🇸 muze mukorivyo apana birya muzana muvuga ibidafitiye abandi umumaro

  • @malicksag466
    @malicksag4663 жыл бұрын

    Iyi interview narindayishuhiye 🤣🤣🤣🤣🤣🤝🤝🤝Hosy thaaaaaankssss sanaaaaaaaa barab bace baduha collaboration 🙏🙏🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦🖐️🖐️🖐️🖐️🖐️

  • @uwimanachristella490

    @uwimanachristella490

    3 жыл бұрын

    Hoca Hasha 😂😂😂😂🥱🥱

  • @cishahayosadiki7229
    @cishahayosadiki72293 жыл бұрын

    Hahiye koko Abantu babiri nemera kandi mbaye uwambere unomusi like.zanyu.🙌

  • @jojoirakoze3500
    @jojoirakoze35002 жыл бұрын

    Nukur B-face arantwengej ngo nuwuney mwisok ab umu star😂😂😂😂😂 abavyumvis mump iz like tumenyan

  • @kercybty
    @kercybty3 жыл бұрын

    Noma sana! B face na Mukombozi🇧🇮👊🏿 🔥 fire 🔥 wote ni number one. Burundi all we need is one LOVE tu🇧🇮👊🏿

  • @shalomlove3757
    @shalomlove37573 жыл бұрын

    Mazeee Mkombozi est un philosophe!! B face azogire featuring na Nyashinski!! emission ni top merci les filles

  • @arnaudbigoro

    @arnaudbigoro

    2 жыл бұрын

    cnk na Khaligraph vyoryoha

  • @malicksag466
    @malicksag4663 жыл бұрын

    Hosy dushaka part2 please🙏Wew warahezagiwe na Siren vibes ndayiravy plus de 2fois rab isah nryamiyeko🏃🏃🏃🙈🇧🇮❤️

  • @inarukundoesperide8541

    @inarukundoesperide8541

    3 жыл бұрын

    mwubahwe mukombozi na be Face ndabemera

  • @anacletmanirakiza6987

    @anacletmanirakiza6987

    2 жыл бұрын

    Mukombozi uciyubwenge kbsa ufise ivyiyumviro vyubaka nibaze ko bose babona kuhanura batacibaza kw, ari politique

  • @budebadesmarest9219
    @budebadesmarest92192 жыл бұрын

    Respect to our legends 🔥🤙🔥🇧🇮🔥🤙🤙

  • @ndayizeyekevin8714
    @ndayizeyekevin87143 жыл бұрын

    Nn ngurukundoo rwaba rapper ngubu barabaye beshi nibangahe kwarabobonyene🥰💪💪💪💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @niyogushimaoscar9248
    @niyogushimaoscar92482 жыл бұрын

    Darlene ubikora neza ataribamwe baguma bitwengera courage sha uri seriously kabisa

  • @nimbabazichadrack5504
    @nimbabazichadrack55042 жыл бұрын

    Nyene ubwami bwa rap ubu yarahigereye abigira aba mbere ndababujije mukombozi for life ndagufana sana you are my favorite singer

  • @patiencethenatureofficial3950
    @patiencethenatureofficial39502 жыл бұрын

    Interview yumwaka kabisa. We need collabo of those best rappers of Bdi hasta and on the flow

  • @ndangakujohnmary3883
    @ndangakujohnmary38833 жыл бұрын

    Hasta lavictoria ft rapper yuda love you so much 🇧🇮🇧🇮🇿🇲🇿🇲🇿🇲✌️ big up San my elder Brothers

  • @m_nick4750
    @m_nick47502 жыл бұрын

    Aka émission Ka Bien saana 🔥🔥... Mercii les Filles 🙌

  • @mohammedahmed85
    @mohammedahmed852 жыл бұрын

    Yuyuyuyu,mbega interview narindindiriy weee.hosy murakoze cane.b face and mukombozi big up sana.ariko hosy je ndashaka interview yawe na francine noyonsaba.

  • @alinenshimirimana5438
    @alinenshimirimana54383 жыл бұрын

    Abatumire bose ndabakunda caneeee❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️

  • @mutesiadelphine9740
    @mutesiadelphine97402 жыл бұрын

    Mukombozi et B-fice mwubahwe 🔥🔥🔥🔥🔥💞💞💞💞

  • @burundikugatumbatv16
    @burundikugatumbatv162 жыл бұрын

    B face #1 araziy'Isi nabayiriko ukwobimeze, Aravuze neza ati' umuntu arashobora kuba icamamare kubera gukora ibibi hakabaho nababa ivyamamare kubera gukora ivyiza. Ndamwemera nicogituma ahondamubonye bamukoresheje ikiganiro nduhuka ndacumvirije. Hanyuma ndabashimiye mwese B Fece na Mukombozi.

  • @kabosskdn2202
    @kabosskdn22022 жыл бұрын

    king of rap still big fizzo,muramubaza nawe niwe yatanguje rap mu burundi until now ntawomuja imber habay competition

  • @claudioira1840

    @claudioira1840

    2 жыл бұрын

    Ahaaaaaa urumva mvug

  • @sandysshanny224
    @sandysshanny2243 жыл бұрын

    Hahiye koko hasta la Victoria siempre 🔥🔥🔥

  • @ramiarose7251

    @ramiarose7251

    2 жыл бұрын

    Ndabakunda cyane bantubanje ndabemera cyane ndakunda ibikorya vyanyu

  • @angeininahazwe4034

    @angeininahazwe4034

    2 жыл бұрын

    Intare zirahuye ndabikundira

  • @princemarleche_003
    @princemarleche_0032 жыл бұрын

    Hasta La Victoria Siemple BFace On TheFlow Much love to you 🖤

  • @bonithhassannduwayezu7444
    @bonithhassannduwayezu74442 жыл бұрын

    Ikiganiro cyiza !!!!! Aba Rappers Twemera saaana 👏👏!!!! Twitege Collabo vuba yabo ba Rappers bacu Twemera!!!!!!

  • @phanuelofficial
    @phanuelofficial3 жыл бұрын

    Aba rap biburundi turabakunda barashooye vrt

  • @Kelly-ny3jg
    @Kelly-ny3jg3 жыл бұрын

    Mkombozi na B face mudukorere umuti vuba... hanyuma Mkombozi uve muvya politique uturirimbire yamiziki myiza yawe dukumbuye nka katoto na franc g80🥰we love u

  • @deejaysimon98
    @deejaysimon982 жыл бұрын

    💯Iyi niyo Rap Description kbsa 💯💯🙌🏽🙌🏽🙌🏽Big up San @Siren vybes @bface @mkombozi @Darlene

  • @chimyornyvette3883
    @chimyornyvette38832 жыл бұрын

    Mukombozi & B face vuba mukore umuti kabisa ndabona hokwaka umuriro🔥🔥🔥🔥🔥

  • @User12358__
    @User12358__2 жыл бұрын

    Mkombozi - is on another level. K'Ubuntu bw'Imana... azokwandike indirimbo kuri PATRIOTISME? Mkombozi ni Canco Amisi de notre époque. BFace - is an honest man. Pragmatic. Les pieds sur terre. Big up brothers. Much respect. Keep it up ! Siren vibes - thank tou guys ! This is good content.

  • @Evra800
    @Evra8003 жыл бұрын

    Ibihangange vya Rap nemera from USA 🇺🇸

  • @mairymairy1851
    @mairymairy18513 жыл бұрын

    Hosyyy na Darlene nimwirambire Uno munsiii🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @tuyishimedebolla1423
    @tuyishimedebolla14232 жыл бұрын

    Mwakoze guhuza ivyamamare 🙏🏼🙏🏼🙏🏼

  • @nyakanacynthia5968
    @nyakanacynthia59683 жыл бұрын

    Waouuuuuu iwomba mwese abariruvyi bacu mukundana uko vyarivyiza caneeeee❤❤❤❤

  • @fabricendayikeza7084
    @fabricendayikeza70843 жыл бұрын

    Super mwakoze ibintu bizima cool kbs

  • @smartmoviesplanettv8197
    @smartmoviesplanettv81972 жыл бұрын

    Umuriro watse kabisa🔥🔥🔥🔥🇧🇮 featuring ya bface ft mkombozi turayikeney

  • @meshomm7040
    @meshomm70403 жыл бұрын

    Abantu banje nemera 💪💪🔥🔥🔥💯💯

  • @erickinihira7793
    @erickinihira77933 жыл бұрын

    Wow the best rappers in building

  • @albansbans8744
    @albansbans87443 жыл бұрын

    😂😂😂Kino kiganiro maze kukirab 3 vrt kirasaraaaaa🔥🔥🔥🔥🔥

  • @ornellaniyomwungere7588
    @ornellaniyomwungere75882 жыл бұрын

    merci les filles pr l'émission vraiment mu bihe vyaba fizzo wamenga nivyababandi ariko Mukombozi yinjiye isura yaciye ihinduka na cane cane kubera yaje atanga ubutumwa muri rap kandi yavugiye abanyagihungu muri rap maze ubutumwa bugashika kure kubera vyaciye muri rap kandi B-Face nawe arashoboye kuko kuko nawe atanga message nzoza kandi muri absence yaba Rappeur bakera yaragumij rap.Kandi Rap irihejuru ya yandi ma style kuko bavugira abanyagihungu.Les garçons murashoboye kandi courage ndabashigikiye kandi n'abarundi bose nizera ko nabo babishimiye🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @johnnyjwilili8264
    @johnnyjwilili82643 жыл бұрын

    Big up san like u ,arik inyambar zaboba dada bahindur nkuwicay hagat nuwugum ayifata

  • @andrehakizimana7616

    @andrehakizimana7616

    2 жыл бұрын

    Ndagushigikiye. Hanyuma bamenye ko bari muri "debat" nkuko bavyivugiye.

  • @billnemess9369
    @billnemess93693 жыл бұрын

    Nari natanzwe wangu kabisa! Interview( debate)yambere kabisa! Ahubwo nibaduhe collaboration kabisa! Hama 🚨 murabambere turabakunda kabisa! Hama Hosy nukuri ndasavye sinzosubire inyuma USA 🇺🇸 ntakunonye kabisa utampaye ifoto nukuri!❤️❤️❤️❤️🌹🌹🌹🇧🇮🚨📺🙌

  • @spherienshimuhoraho2492
    @spherienshimuhoraho24922 жыл бұрын

    B Face on the flow kama kawa kama dawa na Hasta la victoria siempre.big up sana.mur abagabo kbs.we need your collabo very soon

  • @johajohar7777
    @johajohar77772 жыл бұрын

    Basha icumuntu akunda isogo zisumba inyama nagomba ryame muga mbonye ikiganiro ca B na Mukomboz birans pee paka ndagihez pee mwahuj abantu nkunda sana 👌👌

  • @galis1252
    @galis12522 жыл бұрын

    Aba rappers bazi gusubiiza kandi bigaragara ko badakoreha ibiyobya bwenge. Keep shine guys

  • @leornadtivenge4281
    @leornadtivenge42812 жыл бұрын

    Mkombozi hejuru kbs turakwemeraaa

  • @hsb9539
    @hsb95392 жыл бұрын

    Respect to both of you Mkombozi and BFace. Mkombozi naomba uendele kufanya music wako kwa kutumia Kiswahili kwasababu swahili is becoming international language na una message nzuri sana na naamini jina lako na inchi yako utaifikisha mbali. Thanks to siren vibes TV

  • @oseendayi5046
    @oseendayi50463 жыл бұрын

    Baba wee Kijana mwenye vina mkombozi arko vyarivyiza wee hosy that was awesome 👏

  • @paciburundi6127
    @paciburundi61272 жыл бұрын

    Mrcii sn kutuzanir abo twari dukumbuye kbsa twizera rap igiye kwaka les sista courage Imana ibafashe kuterimbere

  • @hafsasango8752
    @hafsasango87523 жыл бұрын

    whas good guys slm from USA🌟🌟🌟🌟👌👌🔥💥🔥

  • @ndayikengurukiyedaniel8431
    @ndayikengurukiyedaniel84312 жыл бұрын

    Muranshitse kunyota kabisa big up Mkombozi & B. Face you're my favorite 💞💞🙏🙏

  • @ezezetuyifootcr7andsport904
    @ezezetuyifootcr7andsport9043 жыл бұрын

    Yoooo😂😂ewe hosy udukoreye umuti guhuza ibihangange dukunda burya abo nibo bagabo bukuri ntabubeshi buri muribo n ingenie gusa 100/100 🙏🙏🙏

  • @jeanmariehhavyarimana8130
    @jeanmariehhavyarimana81303 жыл бұрын

    Imyamba ibiri irahuye turasaba bakore ngoma wakiwa pamoja itakuwa kali

  • @bakarykarekezi5909
    @bakarykarekezi59092 жыл бұрын

    Tnx Osy kubahza Mkombozi ni dnger hhha and evn B fc arakalaaa hhha so bgze feat iyo sng y mara ndkurahiy Ok is Beka Frm Namibia

  • @francinenifasha1266
    @francinenifasha12663 жыл бұрын

    Dukeneye igisasu ca Mkombozi na B-Face

  • @vincent9132
    @vincent91322 жыл бұрын

    One of the best interviews 🔥 🔥

  • @lydinoirakoze3184
    @lydinoirakoze31843 жыл бұрын

    Udukoreye umuti hosy big up Sana

  • @bonitebaziruwitunze2588
    @bonitebaziruwitunze25882 жыл бұрын

    Maz kukirab 3 kbx Big up san hosy😍💞💞

  • @jacquesntabagara3682
    @jacquesntabagara36823 жыл бұрын

    Hip hop is the way of life

  • @reverierndikuriyo5230

    @reverierndikuriyo5230

    2 жыл бұрын

    Nuwokwankurukwavu yavukakoruzikwiruka nukuri murashoboye basorebacu

  • @brieyoung9546
    @brieyoung95462 жыл бұрын

    Siren mrci sana kutuzanira Darlene arashoboy.. Ikiganiro ciza cane courage mes chrs.. From south Africa ndabafana sanaaaaa bzuuuuu..

  • @lewisjuniorniyomwungere8736
    @lewisjuniorniyomwungere87362 жыл бұрын

    Hosy thx kuba waratumiye abo Bahama. Abantu nkabo nibo Bari bakenewe mur society. Abenshi barabura aho babivugira Arko muze muratuzanira abambasadeur.

  • @jeanpierretwagirayesu4937
    @jeanpierretwagirayesu49372 жыл бұрын

    slt BIFace ukonahora ndakwiyumvira nsanze atariko umeze pardon vraiment vous été en homme très intelligent (siko nabisanze)

  • @loulumony8519
    @loulumony8519 Жыл бұрын

    Mukombozi wew ndagukunda cyan indirimbozaw ziramar Amin umemuon B fece

  • @azizahabdol2687
    @azizahabdol26873 жыл бұрын

    Ndamukunda Mkombozi trop

  • @Innocentciza
    @Innocentciza2 жыл бұрын

    Nice work guys but love from Radio voix d'espoir

  • @ferdinandmpawenimana1579
    @ferdinandmpawenimana15793 жыл бұрын

    Abantu nemera cane gose❤️❤️❤️

  • @Longdale-wc8dx
    @Longdale-wc8dx15 күн бұрын

    I ❤ big boy muster mukombozi too much uracarumw kbs

  • @Rodby69
    @Rodby692 жыл бұрын

    Incabwenge iyo zihuye bitera umunezero abafise ubwenge

  • @bernicethebell9398
    @bernicethebell93983 жыл бұрын

    Ikiganiro kiranyubatse cane. Murakoze cane

  • @RidacienneNiyongere-dd5ob
    @RidacienneNiyongere-dd5ob Жыл бұрын

    Rap Yuda and Mkombozi big Up sana.

  • @Justin_Chaneza98
    @Justin_Chaneza983 жыл бұрын

    This was really funny 😂😂😂😂

  • @cadeauwatanga5686
    @cadeauwatanga56863 жыл бұрын

    Komera Hosy 👐🙌#you so genius to make a good interview to the greatest stars #cadeau from Sweden 🇸🇪

  • @sirenvibestv

    @sirenvibestv

    3 жыл бұрын

    ❤❤❤❤🙏🏽🙏🏽

  • @nimbabazipenuel7524
    @nimbabazipenuel75242 жыл бұрын

    Mkombozi subira ukore umuti kuko jewe n'ubu mvugije indirimbo yawe nguma nyumva nka nshasha ivyiyumviro vyawe birasosa nk'ubuki bivanye n'uwuri kuvyumviriza.💥💥💥💥💥💥

  • @melyniceniragira2769
    @melyniceniragira27693 жыл бұрын

    Hahiye koko 😍😍😍

  • @boscobigirindavyi3186
    @boscobigirindavyi31862 жыл бұрын

    Ikiganiroo ca danger ,,, resipegiti kbsa ,, hahiyeee koko

  • @shabanistephano2856
    @shabanistephano28562 жыл бұрын

    Mr #toma na Nadine👏👏👏👏🔥🔥🔥

  • @nduwamungufribert4461
    @nduwamungufribert44612 жыл бұрын

    I ‘m happy to see them🇧🇮❤️

  • @lazaremajambere4929
    @lazaremajambere49292 жыл бұрын

    1million views kabisa 🔥🔥🔥🔥

  • @2vayzdav646
    @2vayzdav6462 жыл бұрын

    Mkombozi nahabwe icubahiro big up sana

  • @user-ij9kv3wi2u
    @user-ij9kv3wi2u5 ай бұрын

    Eeeh nawabal sana Kaka zetu Mungu awabalikie

  • @thereinetv7831
    @thereinetv78312 жыл бұрын

    ✌️from 🇺🇸

  • @irleneakimana3718
    @irleneakimana37182 жыл бұрын

    ikiganiro kiraryoshe pe 👌👌❤️🥰❤️❤️ntuye uk 🇬🇧

  • @delphinndayiziga1601
    @delphinndayiziga16013 жыл бұрын

    Ngo École primaire 😭😂😂 ikiganiro ca décennie kbx Siren Vibes mwubahwee 🙏🏾🇧🇮❤️

  • @faithmuonga6143
    @faithmuonga61432 жыл бұрын

    Oya uyumusi naje ndavuganti🔥🔥🔥🤣🤙

  • @fulgencecoyitungiye5410
    @fulgencecoyitungiye54102 жыл бұрын

    Interview 🔥🔥🔥🔥🔥🔥 king yuda aza yaronka uwo Bari kuri Revo imwe apana bumwe burapa bubweja

  • @kenzanina9164
    @kenzanina91642 жыл бұрын

    Natinkumbuye ikiganiro ça bface troop thx hosy

  • @chanykeys6832
    @chanykeys68323 жыл бұрын

    So 🔥🔥 wallah 😂

  • @eddysantosishimwe8654
    @eddysantosishimwe86543 жыл бұрын

    Th legend mukombozi🤗

  • @sumyafrance6893
    @sumyafrance68932 жыл бұрын

    Bfc numwana mwiza kynz ntanzigo tugira komera bahungu bacu mukomere

  • @niyiganzamoses7586
    @niyiganzamoses75862 жыл бұрын

    ✌️✌️Ndabakunda cane rap

  • @claudianiyogushimwa9125
    @claudianiyogushimwa91252 жыл бұрын

    Waouh, débat nziza cane

  • @gbgabbymugisha6027
    @gbgabbymugisha60272 жыл бұрын

    Big up👊 Rappeurs nemera✌️nimukore collabo reo😉

  • @nickhope2333

    @nickhope2333

    2 жыл бұрын

    Big up boys

  • @Fabius_Septimo
    @Fabius_Septimo2 жыл бұрын

    Hasta la victoria siempre 🎶👏👏. Ariko ntimwubahirije imetero 🤪🤪🤪🤪

  • @manirakizadiane6981
    @manirakizadiane69812 жыл бұрын

    Ikindyoheye cane nuko mubiyago muriko muhuza atawusuzugura uwundi muvyumva kumwe pe! Si Big up aba rapeurs bacu twemera

  • @m.jbluesea2711
    @m.jbluesea27112 жыл бұрын

    Mukombozi😂Tashobok ndak🔥🔥🔥

  • @aimeking7056
    @aimeking70562 жыл бұрын

    Interview yambere murundi mbonye yamabi bi Burundiii respect GUY'S muzokwama muri itwariii muburundiii no mubarundii ❤💚🤍🇧🇮🇸🇪🇸🇪

  • @bigirimanayvan
    @bigirimanayvan2 жыл бұрын

    Nuwanka agakwavu aremera ko kiruka! Much respect our 🌟 🌟. Hahiye Koko🔥🔥

  • @hunterblack2574
    @hunterblack25742 жыл бұрын

    Zawadi ya mwaka hiyo hit song

  • @mathiasmanirakiza5933
    @mathiasmanirakiza59333 жыл бұрын

    Aaa safi sana kabisa abo barapere bararenze mkokombozi na b face

  • @benjaminngarambe4071
    @benjaminngarambe40712 жыл бұрын

    Irakoze hozi ndamukunda cyaneeeeee

  • @upperboyofficial1818
    @upperboyofficial18182 жыл бұрын

    Mkombozi ni yule msee adi vasi zake ni motoo🔥🔥🔥namu like saana naeza penda collabo wakiwa na b face alafu pia Raper in Bdi bado haija upgrade nataka next time waje wakiwa watatu na kingorongoro awepo

  • @arnoulingabire7974
    @arnoulingabire79742 жыл бұрын

    mwubahw ikiganiro ni 🔥🔥

Келесі