Domitien Ndayizeye: "Kubwira umuntu uti ndakenye ngaha, ntaco vyica na gitoyi"

Domitien Ndayizeye: "Mu vy'amashuri, turashobora kwitura amakungu. Ubu mu Burundi, ni uko hari ingendo yo kuvuga ngo narikukiye! Birya ni amanyama adafashe. Kubwira umuntu uti ndakenye ngaha, ntaco vyica na gitoyi"

Пікірлер: 14

  • @bfree7331
    @bfree73314 жыл бұрын

    Nukuri uvuze ibinyu vyingira kamaro cane, nkumurundi navyumvirije kandi vyankoze kumutima cane, ico nipfuza muri ayamatora azoba itariki 20/5/2020 nuko hatoba umu candidat ayatsinze ariko abe ari abarundi bose bayatsinze kuko uwuzotorwa azoba agiye kuduserukira twese haba uwamutoye canke uwutamutoye. Ngerageje kubumviriza mwese mufise imigambi myiza cane ariko ico twipfuza nuko après aya matoro igihugu cotera imbere, kigahigahiganwa nibindi mwiterambere, mubutunzi, muvyindero, muburimyi, mubworozi, nibindi bisata bitandukanye, Rero uzokorera mugata nyenicubahiro Petero NKURUNZIZA nuko yogerageza kumviriza nimigambi yabandi bacandidat hanyuma akumva imwimwe yokorerako kugira ngo nivyipfuzo vyabandi batashoboye gutorwa koyogerageza kubishitsa kugira twese tuvyungukiremwo kandi twishime, Murakoze nico ciyumviro canje

  • @yvettenyamugisha5474
    @yvettenyamugisha5474 Жыл бұрын

    Much love to him and I will vote for him anytime ❤️❤️❤️

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day1094 жыл бұрын

    👍🏾👏🏾👏🏾👏🏾 ✊🏾🇧🇮

  • @LPMagical
    @LPMagical4 жыл бұрын

    🤩🤩🙌 Uwu mugabo avuze ukuri 🤗

  • @eliano9197

    @eliano9197

    2 жыл бұрын

    wabitoye vrt

  • @AmbitiousTheo
    @AmbitiousTheo4 жыл бұрын

    🇧🇮❤️

  • @mariejeannemukankuranga5559
    @mariejeannemukankuranga55594 жыл бұрын

    Kubaka igihugu nukwita k uburezi bwabene gihugu nyuma ugateganya nuko bazabona akazi nyuma yo kwiga. Uwo niwe muyobozi ufite intumbero nyayo.

  • @uandiforneedy4100
    @uandiforneedy41004 жыл бұрын

    💖🥰

  • @claudineuwizeye8565
    @claudineuwizeye85653 жыл бұрын

    Uyo mu Nyakayanza wiwacu aranyishe ngo ntazi fizzo na sat-b😂😂😂😂

  • @eliano9197

    @eliano9197

    2 жыл бұрын

    yomumenya gute erega fizzo nuwejo bundi

  • @amenahalshahrani112
    @amenahalshahrani1124 жыл бұрын

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮😂😂🇸🇦

  • @patpatson9201
    @patpatson92013 жыл бұрын

    Igihugu carasenyutse kabisa, ni guharura iyindi myaka 30 kugire gisubire kunaguka! Uburundi buratunze ntibukeneye gusega, habuze imboneza z'ukuri cane cane n'inzego zikomeye zikurikiza amategeko y'igihugu.

  • @nadiabeyonce95
    @nadiabeyonce954 жыл бұрын

    B-NEW SHOW WITH GAFUKO TV INTERVIEW,NAPATA CHANGA MOTO MBALI MBALI, KAZI YANGU#B-NEW SHOW#M2J SALON. kzread.info/dash/bejne/nWiC1NGeqZbOeto.html

  • @thieryniyonkuru5023
    @thieryniyonkuru50234 жыл бұрын

    Muta barakubitinkoni n’urushato rukavako🧐

Келесі