Dogo-@ ĸхYzн - Ruhuka Muvyeyi

Inyuma yo kubura umuvyeyi yankunze urwo ntosigura, uburyo bwonyene nokoresha mu kumuherekeza nkumva ko umutima wanje woruhuka ni ukuririmba kuko n'igihe yari akiturimwo mu buryo bw'umubiri naramuririmbira akaryoherwa.
Hari abokwiyumvira ko harengeranye ariko ico yamariye jewe ubwanje n'abarundi muri rusangi bituma numva n'inyuma y'imyaka cumi noririmba ivyiwe kuko naho yagiye, ibikorwa vyiwe biracari bizima.
#Burundi #ThankYouNkurunziza

Пікірлер: 42

  • @hidayairakoze532
    @hidayairakoze532 Жыл бұрын

    😭😭wiruhukire amahoro muvyeyi uwutoshima ibikogwa vyaw nuk yob arintashima 😭😭

  • @vvestinedushimirimana
    @vvestinedushimirimana28 күн бұрын

    😢😢😢😢😢😢💜intore ntiziramb😢😢😢😢😢 vyukur twarabuze😢😢😢😢😢😢❤❤❤❤

  • @mvmezerosamira3960
    @mvmezerosamira3960 Жыл бұрын

    Ruhuka amahoro muvyeyi wacu se barundi

  • @lydiawamaana8527
    @lydiawamaana8527 Жыл бұрын

    Bandanya uruhuka mumahoro🙏

  • @loverylovery4514
    @loverylovery45145 ай бұрын

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😢😢😢😢😢😢😢😢

  • @igabanezasablinciel4218
    @igabanezasablinciel4218 Жыл бұрын

    Komez kuruhuk

  • @assishouassiaty6942
    @assishouassiaty6942 Жыл бұрын

    🙏🙏🙏🙏

  • @fidesinimahye5376
    @fidesinimahye5376 Жыл бұрын

    Akomeze kuruhukira mubwami bwimana Mutama wacu 🙏🙏😭😭😭

  • @albelikane7005
    @albelikane7005 Жыл бұрын

    Uwiteka ndizeyeneza kowamushize mubwami bwawe 🙏😭😭

  • @aristideikurakure3912
    @aristideikurakure39124 жыл бұрын

    azoba ntibagiranwa mu buzima bwacu... urasubiye kundiza😭😭😭

  • @anithanini6423
    @anithanini6423 Жыл бұрын

    😭😭😭😭😭😭

  • @ihorimberefabrice
    @ihorimberefabrice4 жыл бұрын

    Tuzokwama tuzirikana iragi ryawe Muvyeyi. #ThankYouNkurunziza

  • @jamessele3645
    @jamessele36454 жыл бұрын

    Mo frr respect iyindirimbo niyo ntawuzomwibagir yarintwar mur vyos

  • @OncleZack
    @OncleZack4 жыл бұрын

    Tuzokwama tukwibuka

  • @comediansydzm
    @comediansydzm Жыл бұрын

    ndamwibuka ibihe vyishi 😭😭😭 thanks for big A

  • @lazaremajambere4929
    @lazaremajambere49294 жыл бұрын

    Niyiruhukire amahoro!! 🙏🙏🙏

  • @ayishaayisha3625
    @ayishaayisha36254 жыл бұрын

    Thanks you papa kuvyo wakoze 😭😭😭😭😭😭🙏

  • @anicetmpawenayo3046
    @anicetmpawenayo30463 жыл бұрын

    RIP my president kubazi ico wamaze we Will miss you courage big A

  • @nostressfreedom7431
    @nostressfreedom74314 жыл бұрын

    Rip my President 😢😢😢😢😢😢😢

  • @EpiSinBu
    @EpiSinBu4 жыл бұрын

    Ariko ntiwategerezwa kwambara iyo nkofero

  • @OncleZack
    @OncleZack4 жыл бұрын

    song nziza💪💪💪🇧🇮🇧🇮

  • @fleuryigiraneza651
    @fleuryigiraneza6514 жыл бұрын

    🇧🇮💔🕯🕯🕯

  • @irakizabella942

    @irakizabella942

    4 жыл бұрын

    🇧🇮 💔

  • @alain-fleuryiradukunda4343
    @alain-fleuryiradukunda43434 жыл бұрын

    Thank u kuri iyo song😭😭😭

  • @espoirpaul376
    @espoirpaul376 Жыл бұрын

    R I p muvyeyi,wachu

  • @jeanmariemuco1132
    @jeanmariemuco11324 жыл бұрын

    R.I.P Nkurunziza

  • @kahuranyimamertjames9998
    @kahuranyimamertjames99983 жыл бұрын

    Soud good...naruhuke amahoro

  • @NIKIZA96
    @NIKIZA962 жыл бұрын

    See you again if after this life there is other life .

  • @uwizeyimanafifi6814
    @uwizeyimanafifi68144 жыл бұрын

    🙏🙏🙏

  • @wizboyofficial368
    @wizboyofficial3682 жыл бұрын

    waricungu yuburundi

  • @umusenziog9783
    @umusenziog9783 Жыл бұрын

    Ninde aje ngaha kubera @landry promoter ampe like ndabibone

  • @jimmycarteur
    @jimmycarteur4 жыл бұрын

    Ni aruhuke mu mahoro

  • @yhussouphjl3288
    @yhussouphjl32883 жыл бұрын

    This song is nice though

  • @husseincamara8114
    @husseincamara81142 жыл бұрын

    Thanks you papa

  • @castroguycadeau2031
    @castroguycadeau20314 жыл бұрын

    😢😢😢😢✊✊✊

  • @nathanilungamujinga8230
    @nathanilungamujinga82303 жыл бұрын

    Mes condoléances le plus sincère

  • @billclinton93
    @billclinton934 жыл бұрын

    Thank you Nkurunziza🙏

  • @udhcjchc9971
    @udhcjchc9971 Жыл бұрын

    Urongey kundiza tuzomukumbura😭😭😭

  • @amenahalshahrani112
    @amenahalshahrani1123 жыл бұрын

    🇧🇮🇧🇮😭😭😭😭🙏🇸🇦

  • @amissihamigo7539
    @amissihamigo7539 Жыл бұрын

    🙏🏻🙏🏻🙏🏻🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @clementmoissonnier7798
    @clementmoissonnier7798 Жыл бұрын

    Salut mec ! J’ai lu certain de tes commentaires sous une vidéo de roman frayssinnet et j’ai adoré ce que tu disais. Si tu veux discuter, je peux te donner mon insta ou ce que tu veux pour passer en mp ☺️

  • @albywamandalinho
    @albywamandalinho4 жыл бұрын

    🙏🙏🙏