DOGO A avuze ibintu bikomeye k'umuhisi PRESIDENT NKURUNZIZA//uko nabaye kukirimba//Umuziki wanje
Ойын-сауық
DOGO A avuze ibintu bikomeye k'umuhisi PRESIDENT NKURUNZIZA//uko nabaye kukirimba//Umuziki wanje
@NtareRushatsiHouseTV #dogoa #pierrenkurunziza
Пікірлер: 171
Yooo dogo yarakuzeeee uburundi burafis ivyiza vraiment 🥰🥰🥰
Dogo A asa na Alikiba cane ndakubda interview ziwe ari tres intelligent
Ndishimye cyaneeeeeee kubona nkubonye umusa nukuntubajyaga bavugako wapfuyekweri nukuntutwagukundaga ndishimyecyane
Wow yarabaye umugabo mwiza cane. Amajambo yiwe arumvikanako kazoza kiwe kazoba keza cane❤️❤️❤️❤️🇦🇺🇧🇮
L'émission de l'année🔥🔥🔥
This Boy is Inspirational 🎩 "Mba ndabisoma nkaronk Itiro"😊👍🏽
Ariko maturité, intelligence na sagesse biri mu nyishu ziwee mwa bantu mwe...!!👌👌
J'ai beaucoup aimé. Uwu mu star afise imvugo nziza vrt. Très sage, vraiment intelligent
So wise 👌 T'es pas vieux mais t'es très intelligent, Vrma bien éduque
UMUKUBITO on the Trend... Juste Gaël Big Up kuma Emissions uduha. Dogo A nawe n'Akomere
Dogo A numu legend, nakomere ahubwo natubwire iyo yaranyikiye mukama
Peter Nguruziza is my Dad to. GOD BLESS BURUNDI AND ALL AFRICA 🇧🇮🇨🇩🇹🇿 👊🏿
@hakizimanaegide2125
Жыл бұрын
Peter nkuru'ziz
wisigura neza kbsa, Mutama yarakurez aragukuza no muvyiyumviro naw ntuzomuhemukir knd ntuz wibagir kumuzi ndakunz interview yaw my young bro 🇧🇮much respecta kbsa
Woou amashure yubahwe.. Well said young Man. Very smart&intelligent.
Tres intelligent, je pense que Nkurunzira ahari hose ari fier de toi.
🇧🇮🇨🇩ndakwemera man
Warakoze❤️❤️❤️
Bwana Black Gael Coup de chapeau kabisa kuruyu mutipe utuzaniye kweri Song: wengi wanacukinaaa,wengine wanaronaaaa.....
Usher Raymond murasa kabsa! Ndakwemera msaza! Coup de chapeau !
@maslaseif8186
Жыл бұрын
Wapi ahubwo ashaka gusa na alikiba. Canke muhamadi ally
Warakuze Imana,twahora twibaza iyo wagiye
Wow yarahindutse 🤗🤗🤗🥰🥰🥰
✨Yarakuz kweri 🇧🇮✌️
RIP Mzee Nkurunziza . Ibuye Ingozi turabafolowinga.sha gusa Dogo A yarakuze ijwi ryawe ukiri mutoya waririmba neza.n'ukwo umuntu wese ategerezwa gukura nay'ahandi warikugumana irya sauti👍👍👍🇧🇮👏
@mediatricenizigiyimana9019
Жыл бұрын
Urankuyeho🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
vraiment tres intelligent il a le bon boulot NKURUNZIZA
Yubahwe cane nyakwigendera Peter 💯✅🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥✌
Juste Gael 👌🏾💯💯
Warakuze kbx dogo 😍😍
Sha uravuga neza kweli Imana izikuje imbere! Gael nukuri ndagusaaaaavyeeee uzondonderere umuririmvyikazi yitwa RIZIKI yaririmvye ururirimbo "NIKOZUBAKW" Yarafise ijwi ryiza yanaririmba neza muga yaciy agenda!
Awesome
Intelligence ✌🏽✌🏽 avantage y'umuririmvyi yize murayibona Harijambo yaaagaaa murumvamwo 😂😂
@gloireniyubahwe578
Жыл бұрын
😂😂
@teginezamilca2472
Жыл бұрын
🤣🤣🤣 ndaturitse😂😂😂😂😂
@dididina8362
Жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣Vrt !!! Pure réalité
@niggabluegangelcapucino4377
Жыл бұрын
Nzoheza gutwenga ejo😁😂🤣
The guy is so smart
Wow Dogo A nfise agafoto kiwe nanje ari muto cane kweli. Ndaryohewe gusubira kumubona.
Iyi émission iradryosh just Gaël
Top interview
Ngewe muzi cyera cyane hashije imyaka 20
Dogo avuga neza canee🥰👌
Ndaryohew cane nuyu musore vrt knd mr Gael merci kutumara urukumbuzi rwa DODO A Knd ndyohew no kuba azi ikirundi ciza pe mr UMUKUBITO nije nsigay i'm HOMME DU CHANGEMENT
Turagukunda ❤️
Waooo,disi warakuze,,,
Très intelligent vraiment,Nkurunziza yiruhukire amahoro pe🙏🙏
@josianenagito7275
Жыл бұрын
Yiyicalire. Aliho mumusengere ahubwo muzomubone vuba .
Warakuze kabisaaaa 🥰🥰🥰🥰🥰🇧🇮💪🔥
Dogo A yarabaye umugabo,ko yahevye kuririmba 🇧🇮🇧🇮
Dogo A warakuzeeeee kibondo
Ikiganiro ciza cane Amahoro menshi✌🏼
Irambira Dogo
Warabaye umugambo 🔥🔥
Waaah bwabumwe 🇧🇮
Warukunzw Dogo
kbs dog A ndakwemera was za dukorere manjonjo remix ukongera ukadukorera munganzo
walabaye umugabo🎉🎉
Sha Gael uranyeretse umuntu naheruka kera nar nkumbuye sana vrt
Ndakwemey urazi kunyegurura
Very clever! wishurana ubwenge bwishi kandi harivyo wohindura nibakwegere .
Garuka muri Gm twagukumbuye cane 🙏🙏🙏🙏
❤❤❤❤❤❤❤
wow that nice story
is good
Ndamuzi akiri umu petit muto cane,ndabon yaranakuze hatari kbs
Yoooo,nukuri,yarakuzi,nsinaherukakumwumva
Warabayumugabo dogo
Nibuka akajwi kiwe akiri muto. Un petit beau goss
Très intelligent
Wawuuuh
✌
Atwenga neza sanaaaaa
🎉🎉🎉🎉warakuz❤
Abarundi turakunda umuziki ingorane dufita mb zirazivye mu Burundi plz bagabanye ibiciro vya ma mb plz
Allah amlaze pema na umekubali alikusayidiya .na kukumbuka wema nivizuri
asa na Usher sana🤩
wise man kbx hama indirimbo yiwe yarimwo this lyrics " ivyiyumviro bibi tuvyime indaro ...." yoboneka gute?
Nciy nibuka umusi papa waw baj guteramisha murugomb muri primusic Yew twagwanira Kuraba se wa DogoA Wubahwe can 🙏🙏🙏🙏
@mediatricenizigiyimana9019
Жыл бұрын
Nkaba ndatwenze🤣🤣🤣🤣🤣
@annonciatteuwimana371
Жыл бұрын
@@mediatricenizigiyimana9019 itwengere Nukuri kuk ni vyabaye yoooooo yararirimvye Rero yandirimbo Ivuga ati :"bene wacu ndababwire Bashiki Bacu ndababari ..." yarayitamba Knd akubita nigitari 🤣🤣🤣🤣💐💐
@mediatricenizigiyimana9019
Жыл бұрын
@@annonciatteuwimana371 iyihe ndirimbo?
@annonciatteuwimana371
Жыл бұрын
@@mediatricenizigiyimana9019 umuntu n, Ubuntu
Emery Sun ni ingenieur
Dogo A ako n vision kabisa
Abivuga neza
Mohamed Ali yagarutse 😲 mu muziki
Message Bujumbura Senga uracakina football?
❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮✌️✌️
Komera cane
Ucuye ubwenge kabx ese olegueee!!!! Iciza cishure
Dogo A SUBIRA kukiviiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiii
Yoo,yarakuze ndamuheruka ar'Umwana 🤔
Garçon bien éduqué.
😅😅😅😅😅SInakwizera kwari dogo a nabonye kera nkiri umwana 😅😅😅
Dogo aransekej sana 😂
Yooo
Woow 🥰🥰yarabay mwiza diiii
Nryohew cane nukuntu avuga ikirundi neza
Yoooo nahora nibaza iyoyagiye
🤣🤣🤣🤣 ikiganiro cumutumire carikiryoshe kbx
J sinarinzi kwazikirundi🤣🤣🤣🤣
Uruhungu rwagiye hehe ko ndagwikundira cane ririmba man turagukumbuye
Il a beaucoup changé Dogo
Dogo A et Juste Gaël hezagirwa nka Alvin.
Jewe burya nubu mvuye kukuraba kukaririmbo natanguye kukumvana ngondabe kwariwewe😅😅😅Dogo A
Asa na Usher😀😀
Uyu mupetit ndamwibuka Kuri notre dame anyita amazina adashobotse.hhhhhhhhhhh
Dogo A namuheruka ari Akana kweli! !!
9:32 imbwa zanje🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣😂😂
Warabay umugabo sha
Ugisohorindirimbo yambere nzoba ndabona nzogushigikira.