#Diasporacity

#BMBCHOMES :Wari bwumve ahitwa #Diasporacity?
. Iyandikishe Kuzogura inzu muri #Diasporacity Ku metero nkeya uvuye kuri Aéroport international #Melchior #NDADAYE.
Twandikire canke Mutuvugishe kuri whatsapp +257 79 500 227
Twubakira abavyipfuza bari mu Burundi canke baba mu mahanga.
BMBC ikora ibijanye no kwubakira amazu abarundi baba mu Burundi canke bakorera mu mahanga #Burundidiaspora kuva mu mwaka wa 2012.
Murashobora kuvugana nabo mu bijanye na Architecture na Construction kuri contacts zikurikira:
-Email: Info@bmbc.bi
-Whatsapp: +25779500227
-KZread:BMBCburundi
-Siteweb:bmbc.bi
Mukoranye na BMBC muba mushigikiye imiryango myinshi y’Abarundi basanzwe bakora muri iryo shirahamwe.
Mwokwibuka kandi ko mushobora kandi kugura amazu kw’ideni muri BMBC muri projet #BMBCHOMES.
Iyo mwubatse mwubake neza!!!!

Пікірлер: 12

  • @Nandaise
    @Nandaise4 ай бұрын

    Turakurikirana caane ibikorwa vya BMBC gose Imana ibaje Imbere

  • @claudendayikeza7226
    @claudendayikeza72264 ай бұрын

    Kabisa hamwe na BMBC, iyo twubatse twubake neza

  • @elastikportfolio3736
    @elastikportfolio37364 ай бұрын

    I am looking working with these especially in kitchen cabinets, wardrobes, wooden doors and furniture

  • @sincinatech6883

    @sincinatech6883

    Ай бұрын

    Nanje ndabakurikirana cane ninaronka ibiceri nzobikorako.

  • @-vj7os
    @-vj7osАй бұрын

    Mwubahwe

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196Ай бұрын

    Ibibyiza birikugakibgunsa cyangwa murwanda😢gonse yamara burundi wao

  • @mickeyboss0503
    @mickeyboss0503Ай бұрын

    Nta biciro mwatubwiye ariko

  • @Berchiche14
    @Berchiche142 сағат бұрын

    Muze mushiraho ibiciro kugira ngo n'uwudafise akazi bimuhe morale yo kukarondera arwanira kugura inzu muri izo nzu zanyu.

  • @bmbcburundiconstructionarc596

    @bmbcburundiconstructionarc596

    Сағат бұрын

    @@Berchiche14 andika ubutumwa bakwishure kuri whatsapp

  • @Berchiche14

    @Berchiche14

    Сағат бұрын

    @@bmbcburundiconstructionarc596 sawa sawa.

  • @LarissaAkimana
    @LarissaAkimana17 күн бұрын

    Noe bizubakwa ryari ??

  • @bmbcburundiconstructionarc596

    @bmbcburundiconstructionarc596

    Сағат бұрын

    @@LarissaAkimana biriko birubakwa

Келесі