CONGO YINJIJE ABAKOMANDO BARWANISHA IMIPANGA - M23 NI RYARI IZAGARAGAZA IBYO BARWANIRA - Marshall 🔥
#congo #m23 #kagame #burundi
*Ubufaransa bwaba bufite ubushobozi bwo kunga Congo n'u Rwanda amahoro agahinda?
*Ububiligi bwagiriye inama Congo ngo irege u Rwanda
*Abakomando 3000 ba Congo binjiye mu ngabo
Kurikira ISESENGURA
Kora Like, Share na Comment
Пікірлер: 29
Musoje neza ndabashimye.
Nibareke kubesha na goma yabananiye niho bagera i Kinshasa ni bareke kurusha abantu mu mitwe ahubwo nimba byanse nibabwire abantu mubucece barebe aho bagenda basange abandi mubuhungiro
@flaviakezimana4596
Ай бұрын
😂😂
Kisekedi cg Ndayishimiye Uwomupanga nabo ugomba kubagezaho Uwayizanye niwe izatwara
Wow ,welcome Marchard
Marchal ahari M23 irimo gutegura neza u uraho yayobora Goma ihereye kw' isibo.
Ese ubundi ko hariya Hari ahacu hakaba hatuyeyo bene wacu ubundi mwaretse tukisubiza ibyacu ubundi hagahira rimwe
Uwo mugore wu Umubiligikazi , umenya utazi , ibyo Belgique ariyo gateranya ya mbere , mu gihe cya Rwanda - Urundi - Belge 🥱🥱🥱🥱🥱🥱🥱👎
Nyamuneka David hindura iyi ex utanze ntituri Rwanda B please. Ahubwo uti New Rwanda, kuko A iruta B. Ngaho courage
San Egidio turabizi ivyayo bisa nivyo vya operation "Truquée" bise Turquoise
Murakoze bwana Marshall; Tshisekedi yasinye ayo mateka agashiramwo amateka bose babishirako imikono. Abari kubikemura ni Belgique na France cane cane. Nibo barigutuma DRC ihagarika kwica abaturage babo. Mbese ubu noneho uBubiligi bwaba Wallons hamwe niyaza Flamand barumvikanye bashinga government? Mubona Koko hari ikintu ciza twari kuronka bivuye mububiligi bucitsemwo kubiri?
Nivyo,ntagihugu gitunga ikindi.Ntagihugu cagakwiye gusuzugura ikindi.Congo rero ikwiye kwubahwa n'abaturanyi,ahubwo tukanoza imigenderanire,tugahahiranira.Niho muri kano karere twotera imbere,abaturage bagahora mu mahoro.Intambara ni mbi turayamaganye
Mareshare ndakwikundira uzi ibintu
👏🏿👏🏿👏🏿👏🏿👏🏿👍❤
😂😂😂imbonerakure,ahubwo zije gutsemba abavuga ururimi rwikinyarwanda Imbunda zarananiwe ngobararwanisha imipanga
Pousse, pousse!
Ariko harimo no gukabya iyo mipanga ndabona ari agatwiko kbsa !
Bafite "zones d'influance", naho umufaransa ushinzwe "maintien de la paix" muri ONU yitwa Jean de la Croix wabaye conseiller wa Miterand mu gihe cya jénocide.
Marchall urumunyabwenge Usesengura neza Mukirundi bavugango Inko yagukanze irahurura ugahunga M23 abayiyegereza ntibijajare babanze babahubure
Ikindi naco ukuri kwambaye ubusa nuko la Belgique Aho iva ikagera, ivyo yubatse vyose, amahera ya budgets zatima igihugu kubaho, vyose vyavuye muri CONGO. Bisiguye ko, nubu nyamugigima canke amazing yobibomora, icogihugu ntikizokwubaka itagarutse muri CONGO pour se ravitailler. Nico gituma bashigikiye DRC kuko nabona ko parts du gateau zaheze batabiriyeko. Bazokora ibishoboka vyose bashigikire DRC.
Mutubarire ingene izina ryuwo musesanguzi wumuhinga. Ndabona twandika izina ryiwe muburyo bitandukanye.
AFC na M23 ese ko mbona bisimwa atakigaragara ugaragara ari Nanga sibyumva aliko Maréchal azabisesengureho
Ababiligi bareba inyungu zabo gusa ntibareba, ibicucu ni kongo itabona amabi yose ko yatewe naba bakoloni bababiligi . Le Congo avant l'indépence égal le Congo après l'indépence byavuzwe numukoloni..Kongo itekanye yakwihitiramo uwo bakorana naho ubu ijagaraye ihitirwamo .
Ivyo muvuze nivyo, M23 na AFC bakwiye kwubaka urwego rwa Politique bavuga ubwo bari Nico baharanira. Bavugeko ata umwe canke igihugu nakimwe batumye kukivigira. Ko bamaze kwerekana inguvu zabo za gisirikare, harimwo hararenga ko barungika intumwa mubihugu biri investors muri iyimigwano. Kandi babikoze vyihuse.
Erega ibibihugu Ubundi Congo barashukwa nu Bubirigi kurwanya u Rwanda nogukora Jenocide mubihugu byabo bakikiza ubwoko bwabatutsi nokwanga imishyikirano bashaka gusebya nogusenya u Rwanda
Bambarize? Bafashe za Kivu zonbi bakabohora? Abaturange
@The-world-Tech
Ай бұрын
Impunzi zirihirya nohino mubihungu zingomba nguhaguruka zigasaba gutahaa?
Izarurega nyine kd birinde bitebuke intambara zizahagarara inkiko zikorakazi kazo