#Burundi

#Burundi : Umugambwe #CNL umenyesha ko mu bijanye n'intwaro, uzoshira imbere kunagura uko Uburundi butunganije, urwaruka rwigishwe gutunganya imigambi y'iterambere, amabanki nayo anagurwe kandi asubirwemwo kugira ababishaka bose bashobore gushikira ingurane y'ukurangura imigambi yabo. Umviriza #Rwasa Agathon, mu myiyamamazo yagiriye kuri uwu wa kabiri muri komine #Vumbi, intara ya #Kirundo.

Пікірлер: 10

  • @brighton_pbeat5851
    @brighton_pbeat58514 жыл бұрын

    Ndagufana canee nibatayiba intsinzi ni ya CNL p

  • @nsengiyumvajeanpierre3838
    @nsengiyumvajeanpierre38384 жыл бұрын

    Ariko nge mbona ibyo reads

  • @jamaicahusseinkabange3795
    @jamaicahusseinkabange37954 жыл бұрын

    Ubusuma bwaba DD nibwo butuma tudwara diarrhée.ariko turinyuma yawe knd turizeyintsinzi ya le20.05.2020

  • @tiumuganwakazi7166

    @tiumuganwakazi7166

    4 жыл бұрын

    IMANA izoduhoza... IMANA imuzigame gusa

  • @bernardirambona9365
    @bernardirambona93654 жыл бұрын

    Vyanka bikunda intsinzi ni cnl izoyitahukana

  • @mukamunanamarlene416
    @mukamunanamarlene4164 жыл бұрын

    Murye mutwereka live nkukwo cndd iriko ibikora

  • @nsengiyumvajeanpierre3838
    @nsengiyumvajeanpierre38384 жыл бұрын

    Ariko nge mbona ibyo rwasa akora byo kwiyamamaza asebya abandi Atari byiza Kandi abitoza nabayoboke biwe yakagombye gutanga imigabo yiwe nabandi bagatanga iyabo ntawubangamiye undi hanyuma abarundi bakihitiramo uzabayobora nge Niko mbyumva

  • @brandinakizito3541

    @brandinakizito3541

    4 жыл бұрын

    Raba ivyiwanyu ivyachu uvyihoze

  • @user-ch2cq8pl6w

    @user-ch2cq8pl6w

    4 жыл бұрын

    Bayibe yesu abakubite inkoni nukur

  • @tiumuganwakazi7166

    @tiumuganwakazi7166

    4 жыл бұрын

    @Nsengiyumva Jeanpierre Oya ntabwo arimwo gusebya abandi arimo avuga ukuri